Ingurane ya PAEEJ aho yadukuye ni nk'aho umurimyi yakuye inyoni!

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024
  • #Burundi: Twatanguye uru ruganda dukoresha amaboko gusa kandi twari abakozi bake. Mu kwezi ntitwarenza amafaranga ibihumbi amajana atatu twakuye mwo ivyo dukenera vyose. Ariko PAEEJ imaze kudushigikira, twaraguze ibikoresho bigezweho twongera turongeza abakozi. Bivugwa na Rachid asanzwe arongoye Atelier de Vision Technique et Service AVTS ikorera mu ntara ya Karusi.

Komentáře •