Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Nashaka nsabe mumenyeshe umusi nisaha ibiganiro nkibi bisamiranira niradiyo bicako. Murakoze
Mwongerw imigishaPaster niw nemera muburundi bwose
Ukuri kwuzuye kbs yubahwe
Ndahezagiewa cane ni nyigisho zingo kubera ushiramo impanuro nyishi nnje nzoja kwubaka harivyishi maze kuhungukira
Pasteur wacu wubahwe,uri mumavuta ya Mpwemu Yera pe!
Gutimagwa 😂😂
Uyu mukozi wimana imana imuhe umugisha mwishi cyane
Ikikiganir0 ndakibashimiy kandi kimpinduriy vyinshi mubuzima
Umugani wa Lenine hari naho umugore aba akagaramaruganda. Akunaniye uramureka ulabandanya gahunda y,urugo. Hari naho uwo mugore aba ikimaramare akihanura.
Ndashimiye cane paster Mbayahaga Isidore biganiro vyubaka yama ariko aratanga
Nkubaze usobanurire umugabo yarashaste umugore ujya mumuhanga agezeyo ashaka undi mugore bose arabatunze nakibazo ubwose uwomugabo wamwita iki
Pasta imana iguhezagire can kbs
niryambere ngukurikiranye ariko ndagukunze pe uvuga ukuri 🇧🇮& 🇺🇲
Mbega Ivy ingo Nah Uzorar Uravuga Mbon Vyarabay nabiIkindi Naco Pasteur Abantu barik barongorw kugir Abaronk Adress Nta Rukundo ruhari
Muraho Lenine na Pastor! Ntuye Sweden ariko nubwo ngirakazi kenshi sinomarindwi ntabanurikiye! Imana ibongerere imigisha myinshi nokurama kugira ngo .ukomeze gufashimitima yababaye! Ndabakunda cyaneee
Hezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi
yayayayaaaaaaa,nubuyobe
Amen
Ukwo nukuri mushumba
Nahor ntitah ibibiganir arik ub 💝
Ukurikuzuye umuntu niweyiha icubahiro
Hari aho ata mpano yo kudandaza afise, hari uwuba ashoboye ibindi? Hari naho amukubita bakitwengera ngo baragakubise.
Pastor ntubeshe ubwiza buri ku mutima, hari umugore yasa n,irirenga , mugabo yararana umupanga ku musego, akaja mu bandi bagabo Umugabo yagiye guhangayika, yataha yamusangana abandi bagabo yagirango aravuze bari mu cumba agaca akurayo wa mupanga.. Ubwiza bwo hanze jewe sindabishigikiye.
Yoooo paster uratwenza nukuri ngo wotuma ugira ibihatane mugabo ukagira ubwenge
None ugira ngo arabesha ga yemwe? Ubwo bwiza aburaye yobugaburira abana ?
Intango y ibiganir vya Pasteur biratwenz nah atab aravug ngo Sha Rek Duseng 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈🙈🙈🙈🙈🤣🤣🤣🤣Ndahwerey lenine uti ngo ngwiki?!"🤣🤣🤣🤣
.
Akazuru ushatse kuvuga iki?
😂😂😂😂
Pasteur amvunagura imbavu cane ndatwenga bimwe bibi. Gusa turabakunda cane🤝🤝🤝
Renine woba uri umuhungu wa mazarahisha yahoze ari furera mugiheta?
Ndakumvise uruwiwacu 🤣
Pastor Mur Été Witegure Abashits beshi kuk Hazob har abant bazob baj kuramuts imiryango Yabo
Kalibu cane benewacu. Muragahezagirwa n'iyaremye ijuru n'isi
Ramb sok
Niba ujya wihanaguza essuis main cyangwa se isume yabandi bicikeho. Kanda iyi link wunve indwara wavanamo : m.czcams.com/video/xVYS4--Sms4/video.html
Pasteur wacu wubahwe,uri mumavuta ya Mpwemu Yera pe!abumva impanuro utanga nkaje,bavuge amena!!!
Pasteur uvugukuri pe!Yesu kristo akwongere amavuta
Lénine mwaratwemerey ikaganiro na Muganga D'amour ntac muraduha ça méthode naturelle
Kutabanza kumutubwira amazina
Umugore mwiza aterimikoshi
Nashaka nsabe mumenyeshe umusi nisaha ibiganiro nkibi bisamiranira niradiyo bicako. Murakoze
Mwongerw imigisha
Paster niw nemera muburundi bwose
Ukuri kwuzuye kbs yubahwe
Ndahezagiewa cane ni nyigisho zingo kubera ushiramo impanuro nyishi nnje nzoja kwubaka harivyishi maze kuhungukira
Pasteur wacu wubahwe,uri mumavuta ya Mpwemu Yera pe!
Gutimagwa 😂😂
Uyu mukozi wimana imana imuhe umugisha mwishi cyane
Ikikiganir0 ndakibashimiy kandi kimpinduriy vyinshi mubuzima
Umugani wa Lenine hari naho umugore aba akagaramaruganda. Akunaniye uramureka ulabandanya gahunda y,urugo. Hari naho uwo mugore aba ikimaramare akihanura.
Ndashimiye cane paster Mbayahaga Isidore biganiro vyubaka yama ariko aratanga
Nkubaze usobanurire umugabo yarashaste umugore ujya mumuhanga agezeyo ashaka undi mugore bose arabatunze nakibazo ubwose uwomugabo wamwita iki
Pasta imana iguhezagire can kbs
niryambere ngukurikiranye ariko ndagukunze pe uvuga ukuri 🇧🇮& 🇺🇲
Mbega Ivy ingo Nah Uzorar Uravuga Mbon Vyarabay nabi
Ikindi Naco Pasteur Abantu barik barongorw kugir Abaronk Adress Nta Rukundo ruhari
Muraho Lenine na Pastor! Ntuye Sweden ariko nubwo ngirakazi kenshi sinomarindwi ntabanurikiye! Imana ibongerere imigisha myinshi nokurama kugira ngo .ukomeze gufashimitima yababaye! Ndabakunda cyaneee
Hezagirwa cane n'iyaremye ijuru n'isi
yayayayaaaaaaa,nubuyobe
Amen
Ukwo nukuri mushumba
Nahor ntitah ibibiganir arik ub 💝
Ukurikuzuye umuntu niweyiha icubahiro
Hari aho ata mpano yo kudandaza afise, hari uwuba ashoboye ibindi? Hari naho amukubita bakitwengera ngo baragakubise.
Pastor ntubeshe ubwiza buri ku mutima, hari umugore yasa n,irirenga , mugabo yararana umupanga ku musego, akaja mu bandi bagabo Umugabo yagiye guhangayika, yataha yamusangana abandi bagabo yagirango aravuze bari mu cumba agaca akurayo wa mupanga.. Ubwiza bwo hanze jewe sindabishigikiye.
Yoooo paster uratwenza nukuri ngo wotuma ugira ibihatane mugabo ukagira ubwenge
None ugira ngo arabesha ga yemwe? Ubwo bwiza aburaye yobugaburira abana ?
Intango y ibiganir vya Pasteur biratwenz nah atab aravug ngo Sha Rek Duseng 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈🙈🙈🙈🙈🤣🤣🤣🤣Ndahwerey lenine uti ngo ngwiki?!"🤣🤣🤣🤣
.
Akazuru ushatse kuvuga iki?
😂😂😂😂
Pasteur amvunagura imbavu cane ndatwenga bimwe bibi. Gusa turabakunda cane🤝🤝🤝
Renine woba uri umuhungu wa mazarahisha yahoze ari furera mugiheta?
Ndakumvise uruwiwacu 🤣
Pastor Mur Été Witegure Abashits beshi kuk Hazob har abant bazob baj kuramuts imiryango Yabo
Kalibu cane benewacu. Muragahezagirwa n'iyaremye ijuru n'isi
Ramb sok
Niba ujya wihanaguza essuis main cyangwa se isume yabandi bicikeho. Kanda iyi link wunve indwara wavanamo : m.czcams.com/video/xVYS4--Sms4/video.html
Pasteur wacu wubahwe,uri mumavuta ya Mpwemu Yera pe!abumva impanuro utanga nkaje,bavuge amena!!!
Pasteur uvugukuri pe!
Yesu kristo akwongere amavuta