INTAHE ITEYE AGAHINDA CANE NUKURI..|| Narahukanye kubera abagenzi..|| Mariage yanje ndayicuza..

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 12. 09. 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Komentáře • 169

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Před 3 lety +4

    czcams.com/video/FxaSij-8hnE/video.html
    Ushobora kuba utaravy URUGENDO part1 burayiraba kugira usobanukirwe n part2
    NDABAKUNDA CANE GOSE

  • @mamaneomsalunmamaneomsalun1987

    NdAgufana wangu ariko singende ntavuze uraberewe❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🎂🎂🎂

  • @bellairadukunda8400
    @bellairadukunda8400 Před 2 lety +2

    Journaliste uzohore wicara ureke guhagarara hejuru y'abatumire.
    Ntibiboneka neza 📌📌

  • @irakozechimene9879
    @irakozechimene9879 Před 3 lety +1

    Mug Sha Umwan Acurw n Imana Naw Mama Waw yarashak k ubw Busugi bwaw Ubukugurw n Umugabo waw me Ubusugi siy Qualité y Umugore kk Ingo ntizobakw n Ubusugi Hubak Umutim

  • @bayishemezealberic7182
    @bayishemezealberic7182 Před 3 lety +9

    Très sympathique yishura neza yaturamukij neza twebwe abakunzi ba Issac TV Hama aravuga neza ikirundi yagize introduction nziza muvyo akora . Hama bro ugiy uragirisha ibiganiro abantu nkabo c est bon apana vyabitandero hariho ikidada nigez kubona kirahaaa cari cambay impantaro ya noir irimwo utuntu twera mumutwe hariho ibisuko bimanuka narabay déçu ce jour là. Ariko abantu nkabo très super.

  • @jean-marientezahorigwa5565

    Journaliste menya ikiba gitumye uja kurondera inkuru kumuntu. Nka funny ari humble cane simbona ukuntu ubura ivyo umubaza, urabona

    • @renovathatungimana440
      @renovathatungimana440 Před 3 lety

      Kenshi aba ba journaliste b'ubu usanga bafise ivyiyumviro vy'ubusutwa gusa.Kwama biyumvira ibiterasoni gusa.Niyo bariko bagirisha ibiganiro abantu,imisi yose bama bashaka kubajana mu biganiro vy'ibiterasoni.Ivyo kenshi bibisha ikiganiro.Kuvanga ibiiintu.Nkubu yagiye kuraba uko akora,Ubu bageze mu vy'abakobwa n'abahungu.Sujet yatakaye

    • @bukurufrancine3191
      @bukurufrancine3191 Před 3 lety

      Ahubwo fanny arihangana

  • @blaiseniyomwungere924
    @blaiseniyomwungere924 Před 3 lety +4

    Umu journaliste ategerezwa kuza afise ibibazo abaza umutumire bamuza murategura

    • @user-ns1gf5xc3b
      @user-ns1gf5xc3b Před 3 lety

      Uyu munyamakuru wapi ntazi kubaza nokuryosha ibintu ntavyazi

  • @nzeyimanaannyspesofficiel5771

    Nzoza unyambik Fanny . Kand jew burya nkunda ijwi ryawe kuruta ibindi vyose. Yesu aguhe umugisha

  • @hatungimanagilberte3414

    Fafa,ndakwikundira cane kndi mpole Imana izoguma ikuvura inkovu,so undodeshe muri fulm ndazi gukina💞💞

  • @saimonnibitanga6268
    @saimonnibitanga6268 Před 2 lety +1

    Uvuz ukuri shaa ntibizoshika ntanda azotwar kur 15ans Imana ibaje Imbere kbs

  • @theson456
    @theson456 Před 3 lety +5

    Ubwiza bw'Umukobwa sibwo butuma yubaka! More intelligent lavine i like it!

  • @Samanthamagny8
    @Samanthamagny8 Před rokem +1

    Uyo mujournalist abaza nabi vraiment nutudakenew twose ariko Fanny avyitwaramwo neza

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 Před 3 lety +6

    Wamuhungu wee urakwiye kwiga kuganiriza abatumire neza kandi umuntu akamenya ivyo abayi fuza kumenya vyanyavyo hama kirazira kwanka icicaro bakiguhay

    • @renovathatungimana440
      @renovathatungimana440 Před 3 lety

      Vmt,nukuza bamenya kuganiriza umuntu selon nuko umutumire asanzwe ameze.Usanga benshi bagwiza amablague.Amajambo ataco amaze.Hari umuntu ahonja impuzu ?🙄🙄

    • @belysenishimikijimana465
      @belysenishimikijimana465 Před 2 lety

      Honyene sivyiza guhagarara hejuru yumuntu yanakubwiyeko arumuvyeyi ukaguma umuhagaze hejuru.🙊

  • @manishimweevelyne9820
    @manishimweevelyne9820 Před 2 lety +2

    Uyu muhungu nibaza kwari muri stage🙊si non abaza uburofa

  • @dianekubwimana8470
    @dianekubwimana8470 Před rokem +1

    Uwo my journaliste ibibazo by birarambirany

  • @theson456
    @theson456 Před 3 lety +5

    Turakwiye abajournalist babanyamwuga mu Burundi! Nkuno mwana ukuntu yaronse umutumire w incabwenge ariko akamupfisha ubusa!! Gosh

  • @irankundajoliethamalie3460

    Uwo mu journaliste ata intoki nkuwutwawe namazi yegera umuntu amuhemerako amuhagaz hejuru abaza umuntu asahagura adatuje ariko ayaga numuntu atuje ntibiboneka neza fani witwaye neza mukiganiro felicitation nawe musore hindura bizogenda neza

  • @jean-marientezahorigwa5565

    Isaac uwo mu journaliste wawe umwigishe akore nkumuntu azicakora ubundi ntakintu kabisa.Fanny lavine ndagukunda canee

  • @WilliamPrincesses
    @WilliamPrincesses Před rokem

    Ndagufan wang uraberewe mwiz ❤❤❤❤❤ courage

  • @ornellaniyongabire2096
    @ornellaniyongabire2096 Před 3 lety +10

    Yooooh fanny ndagikunz cane dusangiy amatek knd ntahuy ko flm urugend yerekan ubuzim waciyemw ❤

  • @mussandikumana3561
    @mussandikumana3561 Před 3 lety +5

    Ana sauti nzuri sana uyo mdada
    Interview ilikuwa poa kbs

  • @bedbuntu1171
    @bedbuntu1171 Před 3 lety +2

    Journaliste wapi utwotubaz nutwaban baz ibint bizima iblague nk knd mwige ikirundi ciza vraiment umeng urik wig kuvug😚

  • @habonimanajeanine9403
    @habonimanajeanine9403 Před 2 lety +2

    Courage can ndabakunda mwubahwe 🙏💖👍🇸🇦🇧🇮

  • @sophieslm6495
    @sophieslm6495 Před 3 lety +9

    Nuko bimeze umwiza ararumba😁🥰

  • @munezerolaurence950
    @munezerolaurence950 Před 3 lety +13

    Fanny ndamukunda ka Mana 👌😘💕💋 Yesu ashigikir imirimo yintok zawe 🙏🙏

  • @epithacesimple8498
    @epithacesimple8498 Před 2 lety +2

    Uyo mu type ntazi gukora intervew

  • @uwimanalouise3054
    @uwimanalouise3054 Před 3 lety +6

    Wao Fanny ngukunda gute wibaza ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️💋

  • @vivinendangumukiza1278
    @vivinendangumukiza1278 Před 2 lety +1

    UWO MU JOURNALISTE NIVYIZA KO YOMENYA INTUMBERO YIKIGANIRO AKAYUBAHIRIZA

  • @emelynemanirambona3192
    @emelynemanirambona3192 Před 3 lety +4

    Courag my lavine Mungu bel sis nyuma❤

  • @eida4124
    @eida4124 Před 3 lety

    Fanniy ndagukunda cane kukonasaze dufisemateka amwe ndipfuza kuganira nawe ugirinama kuko najenahukanye numugabo nkirimuto ariko narakomerekejwe numugabo kuburyo kurogorwa navyikuyemwo

  • @mukandenzahochantal9603
    @mukandenzahochantal9603 Před 2 lety +1

    Wamunyamakuruwe uvuga amagambo menshi jyuvuga macyeya andi uyaharira umutumirwa

  • @كاملهوو
    @كاملهوو Před 3 lety +3

    Avuga nka kamikazi kweri uwumvyumvise tumenyane

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 Před 3 lety +2

    Fanny ndakwikundira kweli sinogenda ntavuze urashajije uri Romantique peeee

  • @habonimanajeanine9403
    @habonimanajeanine9403 Před 2 lety

    Fanny pol San Iman izagushumbusha.kand wavyitwayemw neza can 🇸🇦🇧🇮

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Před 2 lety +1

    Yooooooo nihatar kbx courage can 🥰🥰👌👌😭😭😭🇸🇦🇧🇮

  • @pamellanduwayo1220
    @pamellanduwayo1220 Před 3 lety +2

    Fany nkunda waoooo Imana ikuje imbere sha

  • @user-oq7of6di9f
    @user-oq7of6di9f Před rokem +1

    ❤waturamukij neza cn😘

  • @Xhappy-TV
    @Xhappy-TV Před 6 měsíci

    Abakunzi ba fanny munkandira kufoto nanje🎉🎉🎉🎉

  • @inesirakoze8642
    @inesirakoze8642 Před 2 lety

    Fanny ,IMAN'ishigikir'imirimo y'intoke zawe mwiza 💓❤️💓❤️

  • @emelynenduwimana4875
    @emelynenduwimana4875 Před 3 lety +3

    Uyu mu journalists ni fekii ntaramenya ama questions abaza nasubire kwiga araturuhishije

  • @NdayisabaChanelle-qc8vu
    @NdayisabaChanelle-qc8vu Před 7 měsíci +1

    Uwomuhungu ntazii kuganiriza umuntu kndi nube ubaza ibintu biri très important ikindi ureke guciramwo umuntu🤦uramucanga Fanny

  • @ggffhvcc8326
    @ggffhvcc8326 Před 3 lety

    Mana ndagukunda cane fani yoooo imana ikujimber cane 😗😗😗🌷

  • @creermachaineyoutube3188
    @creermachaineyoutube3188 Před 3 lety +3

    Le journalisme suku kabisa...

  • @clairiainangorore8268
    @clairiainangorore8268 Před 2 lety +1

    Uwomu journaliste aratuma nikiganiro kibiha

  • @ghyslaineuwizeye8360
    @ghyslaineuwizeye8360 Před 3 lety +2

    Aba journaliste faut ko mumenya intumbero yikiganiro pcq ushobora guheza interview yose atabintu bigaragara ubajije

  • @delfinaumurerwa9833
    @delfinaumurerwa9833 Před 2 lety +1

    Incwiiii ese mama!? Ihangane fanny ndagukunda!

  • @abdoulkarenzo3138
    @abdoulkarenzo3138 Před 3 lety +3

    Baba zangu barihe patron jeune

  • @kamanapaulin4477
    @kamanapaulin4477 Před 2 lety +1

    Fanny urakuze nomuvyiyumviro birumvikana,gusa uyu mu journaliste arabe ahindure akure mumutwe amenye uko babaza ibibazo,uko wifata,uko ukwirikirana ibibazo uza kubaza,ntaco mwayaze kweri cubaka nakimwe kandi vyariho fany yaguhaye amayira yavyo muga ntubibone,mugire documentation ikwiye Hama wikebuke bro

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 Před 3 lety +9

    Elle est sympathique

  • @lessairera3435
    @lessairera3435 Před rokem +1

    Uwomu journaliste ntari sérieux azarakoresh ikiganiro atuje harinibibazo abaz vyuburofa

  • @consolatebarandagiye2722

    We niba Ar Mr boy ....akabondo ninda cank akabindo niba arumwana wavuga ni Ikibondo

  • @chadracknduwayezu2632
    @chadracknduwayezu2632 Před 2 lety

    Icobikoze uragira udufyeri fani ihangane uzoronka uwundi mugabo

  • @devothaniyukuri5619
    @devothaniyukuri5619 Před 2 lety

    She is a fashion designer😘

  • @fdff3980
    @fdff3980 Před 3 lety +1

    hhhh fanny inkuru yawe niyanje nimwe narinziko arijew jenyene yooo numwanwawe barangana nuwanjee courage vrmt abahuye nibibazo numva tubisangiye pee mais uraberew caane.

  • @user-um2ss4mk3k
    @user-um2ss4mk3k Před 10 měsíci

    Mumbariz ko uwo mwana wiwe azomusezera mukugenda gucibwa ubusugi aho avuga ngo azobucibwa numwana wiw🤭

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 Před 3 lety +4

    👌👌👌👌

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 Před rokem

    Nanj ndagukunda fani💋💋💋👌👌💋

  • @esther8032
    @esther8032 Před 3 lety

    Fanny nivyo ntibizoshika kumwana mwawe so courage mukazi kahe

  • @evelynejonsson8231
    @evelynejonsson8231 Před 3 lety +2

    Le journaliste est annuiyant

  • @leonardbizimana8216
    @leonardbizimana8216 Před 3 lety +1

    Isaac uyo mumenyesha makuru wawe ntazi kubaza kuko ikibacamujanye sico akora kuko nkubu intumbere yikiganiro yarayihinduye kuko twari twiteze kumenya ubuzima bwa Fanny ariko yabivanze

  • @irakozechimene9879
    @irakozechimene9879 Před 3 lety

    Ewe Fanii Pol Kabx Yooo dufatany akababaro

  • @irakozeasia7780
    @irakozeasia7780 Před 3 lety +1

    Fanny ndagukunda ijwi ryawe ga Mana rinkuraho🥰🥰

  • @uwakristu4010
    @uwakristu4010 Před 3 lety +1

    Nkuyu mu journaliste vrma 🤯🤯🤯.

  • @ernestngabirano3526
    @ernestngabirano3526 Před 3 lety +1

    Ar smart

  • @creermachaineyoutube3188
    @creermachaineyoutube3188 Před 3 lety +3

    La maman , big up...gusa uyu musore ahindure uko akoresha interview

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 Před 3 lety

    Ndagukundafani.arikowarigutanganimerozawekukonuviseko.udandaza.twoguchorerakabisa

  • @bonnefetenkeshimana329
    @bonnefetenkeshimana329 Před 2 lety +1

    Fanny nincabwenge uyo nawe amubazubusa kweli nunva bintey ninzigo

  • @muhezagiropattyedna6926
    @muhezagiropattyedna6926 Před 3 lety +2

    Dès que nabonye ko ari uyu mu journaliste je nababaye kuko nari ndabizi ko ahava apfisha ubusa uyu mutumire w'agaciro gutya. Uyu mu journaliste ba mumurungika kuri bamwe biyita aba slay queen barya ba divertissements hama abantu b'agaciro nk'aba mubahe Isaac

  • @chantalkwizera9803
    @chantalkwizera9803 Před 3 lety

    Ndakwikundir Fanny Lavine uduh inyigish nziz mur film

  • @alineaguas6865
    @alineaguas6865 Před rokem

    Nawe turagukunda caaanee

  • @alexmanirambona1919
    @alexmanirambona1919 Před 3 lety +1

    fanny urumukiny mwizi sha uratanga inyigisho kabs ndakwikundira pe!

  • @fikirinikazungu8701
    @fikirinikazungu8701 Před 2 lety

    Nanj ndagukunda Fanny bzu🥰🥰🥰

  • @sidbgggh-il5ud
    @sidbgggh-il5ud Před 7 měsíci

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @emillehabarugira350
    @emillehabarugira350 Před 3 lety +1

    Fanny araryosha ikiganiro gusa uyo mujama ntabibazo vyiwe azoze abanza gutegura ikiganiro vrm arabe ahindure

  • @janetjordine5454
    @janetjordine5454 Před rokem

    Za uricara uvehejuru yantu iyo sindero peee.nje ntitwoganira pagaze hejuru nkuko

  • @nshimirimanaolinca7940
    @nshimirimanaolinca7940 Před 3 lety +1

    Wewe uzoshobora gucunda uwo mwanawawe uvuga harinaho woshanga atabwo agifise

  • @bedbuntu1171
    @bedbuntu1171 Před 3 lety +1

    Nukur journaliste urab ukosor ubury ukoresh interview

  • @RwabundamuhetoEliePatience

    Nta professionalisme irimwo nagato ikiganiro umenga n'ukureshanya. Hama umunyamakuru aze araraba yikebuke ararondera anti transpirant iyo yashu....😂😂

  • @swalhashuaibu8149
    @swalhashuaibu8149 Před 3 lety +4

    Muze muraraba ibibazo mubaza abageni banyu 😏

  • @kanezavanessa9667
    @kanezavanessa9667 Před 3 lety +2

    Nihatar

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 Před 3 lety +6

    Fanny oyeeee

  • @rojinablaso3786
    @rojinablaso3786 Před 3 lety +1

    Fanny 💖💖💖💖💖💖

  • @eliez-bclassic5590
    @eliez-bclassic5590 Před 2 lety +1

    Ok🙏🤲💪💪😀😀👌❤️🇧🇮🇧🇮

  • @user-uq8fh4fr6i
    @user-uq8fh4fr6i Před 3 lety

    Imanizomujimbere

  • @mireilleuwimana4218
    @mireilleuwimana4218 Před 3 lety

    Urambik Aba mariage ???ur kora déco kur vyse ????vyokund ukaduh wastap yae????tuzojuronder.so umependeza mno 👌🏽👌🏽👌🏽ibibaz Wahuy navy bizogutegurir kazoza keza ntucikintege francine

  • @neyrayvanny8629
    @neyrayvanny8629 Před 2 lety

    Afit imyak ingah jew ryumut

  • @sandrineiradukunda6808
    @sandrineiradukunda6808 Před 3 lety +2

    Afise ijwi ryiza caneeeeee

    • @fannylavineofficial1360
      @fannylavineofficial1360 Před 3 lety

      😂😂😂ikintu kintwenza mubuzima numuntu ambwira ko mfis ijwi ryiza kdi ntazi kurikoresha munsengr ndariririmbishirize Imana

  • @nemanemi9213
    @nemanemi9213 Před 3 lety

    Fany nzozunyambike

  • @IrumvaCadeauduCiel
    @IrumvaCadeauduCiel Před 2 lety

    Lavine ndagukunda pé

  • @chacha9874
    @chacha9874 Před 2 lety +1

    ❤️❤️❤️❤️🤲🤲🤲

  • @gerardinefafa7656
    @gerardinefafa7656 Před 3 lety +1

    Ndaguknda Fanny uvyumve nukur😘😘

  • @pamellanduwayo1220
    @pamellanduwayo1220 Před 3 lety

    Fany tunyarukirize iyo film turayikumbuy mwadutebeje ver tuyirindiranye igishika

  • @evelynndayi7056
    @evelynndayi7056 Před 3 lety

    Tantin ndagukunda cane

  • @gdgruykj949
    @gdgruykj949 Před 3 lety

    Sha ntuzi kubaza uragapuuuuuu 🤧🤧

  • @angeirakozaangeirakoza738

    ❤❤❤❤❤❤💋💋💋💋💋

  • @leoncengendakumana1133

    Naj ndagukund bz

  • @mylove-fj2se
    @mylove-fj2se Před 3 lety +1

    Nzoyimutera abona

  • @alinesiyoguheba9323
    @alinesiyoguheba9323 Před 3 lety +1

    Fanny ndagufana

  • @nyabendamichel7001
    @nyabendamichel7001 Před rokem

    Fanny ndifuza kukubona

  • @asquinaseniyo272
    @asquinaseniyo272 Před 2 lety

    Bitey agahinda