GORORA IMBAVU UTWENGE😂😅/Ivyo Abazungu bankoreye..../IBIMOKO 8 imbere ya
Vložit
- čas přidán 6. 09. 2024
- Iyi Koti nayiguze mu 1965 iMANAMBA//Ivyo Abazungu bankoreye...Nize ishule rimwe/ IBIMOKO 8 imbere y'umugore n'Abana..
WIPFUZA KUVUGANA NA AGACIRO MEDIA:
+257 68013513 (watsap)
#agaciromedia_68013513
#SUBSCRIBE
@KinoYves @Burundian_Traveller @AkezaBurundi @masharikitv @HommeduChangement @NgenziAfrica @AfrimaxEnglish @ariniafriani8762
@ISIMBITV @tvrtnb @NtareRushatsiHouseTV @sirenvibestv
@EstherNishOfficial @AKIWACUMEDIA
@mieempire8576 @AgaciroMediatv257
@MrBeast @MrBeast2 @mrsammyofficiel9246 @FilmIsNowAction
@WODEMAYA @InvestirAuPays @isaactv1725
😂😂🇧🇮👋🏼
Basha uyo mutama nukuri nibamwegere ni archive numu Legend narirya dukeneye kumenya ivyakera
This old man is a treasure. He is smart, energetic and knowledgeable.
Vyiza canee,ibiganiro nkibi turabikunda
Très belle émission sur une part d histoire et de culture burundaises
Ibiganiro nkivyo birafise akamaro cane❤
😂😂😂😂😂
Buname inyabiraba kuri paroisse ndamubona.abisazimwo ivyubwunger
😂😂😂😂😂😂😂😂 Mutama arasetsa cyaneee😂😂
Ikiganiro ciza cane uyo Mutama mincabwenge cane azi vyinshi cane uraza uraturonderera abantu nkabo baduhe umuco wakahise k’Abarundi murakoze cane cane 🙏🏽🙏🏽
Uyomutama araciyubwenge ndipfuzakuyaganawe
Twandikire tuguhuze nawe
Watsap:68013513
bimez neza
Abahinga banyegeje kweli. Nk'uwo iyo aza kuvumbukwa kare agakurikiranwa yari gukora vyinshi mu bijanye n'akaranga. Turamukeje. Urwaruka rw'ubu twige kwifata, twirinde ubuhumbu.
Urakoze cane urasubireyo muyage mwitonze arafisutuntu nutundi twakahise kandi twodufasha kumenyakahisee
Wow! Icogihe abatunze inka bari ABATUNZI imbere yuka abakoloni babagira abatutsi ngo bareme amacakubiri. Izo mbwa!! Reka ngutere inkuru, ino iburayi umwana avutse baca bamuha i nomero y' ikori!😂
MURATWANDIKIRA kuri watsap:68013513 ico tuvugana
Murakoze
Ss😂😂
Abigemye bamye ari aba Materialists
Thx brother
Nifpuza kumenya uwomutama
Bamwita Buname, avuka ahobita kw'itara muri zone nyabiraba, commune Gishubi, intara ya Gitega
Iyo ni bibliothèque ❤
Courage bro.Imbere ni heza
Uyo mugabo azi vyishi nuko utamubajijj neza azi vyishi kandi usanga atacupa wamuguriy
🤣🤣🤣🇧🇮
Abantu mubona k uyu musaza aruwo kubungabunga. Muze tuje hamw tumwamnike bibaye ngombw a asohore izo nanga abana bacu bazokure Bazi akaranga kacu kagez ahatemba.
Amahoro cane
Muratwandikira kuri watsap:68013513
Murakoze
😂😂😂😂❤❤❤
Ibutura ryagura itongo kwel😂
Mutama arakwiye kurabirw akantu abavyumva like
Uwomutama niyiranbire nanje data yaranbariye Amazonas yabasokuru nkayo musaza yavuze nogerageza
Uzosubireyo umutibarize witonze mwicaye akubwire amakuru yakahise neza adaciye kuruhande akubwire ivyaho yakuriye nuko vyagiye bihindagurika uzoba ukoze guko ntamateka tuzi ayotuzi
Twandikire kuri watsap:68013513
Ayotuzi namapirate, ayuyo musaza ni organic.
@@jacquesntabagara2702 cane gose agiye avugisha abantu vyoba vyiza twomenya vyishi ibindi bihugu usanga bazi amateka yaranze ibihugu vyabo yaba mabi nameza
Kkkkkkk
Ikiganiro ciza uzoze uraturon derera abo basaza
Gusa ubwobwanwa numwanda bumwe
Basha uyo mutama nukuri nibamwegere ni archive numu Legend narirya dukeneye kumenya ivyakera
Wow! Icogihe abatunze inka bari ABATUNZI imbere yuka abakoloni babagira abatutsi ngo bareme amacakubiri. Izo mbwa!! Reka ngutere inkuru, ino iburayi umwana avutse baca bamuha i nomero y' ikori!😂
Basha uyo mutama nukuri nibamwegere ni archive numu Legend narirya dukeneye kumenya ivyakera