Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Amen amen amen !isi izarenda irangira umunyacyaha ntamahoro inama kuriwe nuko ywakwakira yesu,
Urakoze Mukozi w'Imana Ihoraho
Imana yakuduhaye ikuzigame urimvugakuri ndagushingira intahe.
Amen Amen
Shn nawe mbona umukunda nkajyaha pe
😅Amen Amen. Uhezagirwe, Mukozi w'Imana.
Imanigukomeze mukozi w'Imana ndagukurikira 100/100 .uri intumwa y'Imana koko ijambo ry'Imana uvuga rirubaka Imitima .uwiteka ashishikare kuguha amavuga yubushobozi
Unva woe urinkajye tuzashakane tumushimire ko yabaye inzira nziza yokugirango tujye tuyishima
Uyumugabo arimwibanga ry'Imana
Mwubahwe cane paster
Mweeese murakoze ndabashimiye muragahezagirwa cane n'Iyaremye ijuru n'isi
EEEEEE!!!!!! UBUBESHI!!! HATARI!!!! YESU CHRISTO ADUFASHE CAAANEEE GOOOSEEE!!!!
Amina aminaaaaa
Imana igukomeze
Nukuri mba murwanda ark nzaza Bujumbura nje gusengera mu ishengero Aho uteranira nukuri wumvira lmana rwose uvuga lmana neza nukuri lmana ikurinde kd ukomere mukozi wlmana
Uzambwire tujyaneyo kuko uwomugambi ndawufite cyaneeee
Amen mikosi w'Imana muburundi uzosubirira theogene womurwanda.hezagirwa 🙏🙏
Ndagukunda uvuzukuri Imana idutabare ububeshi nibwishi cane😢😢😢😢😢
Hewe uyumugabo arahambaye cane muri reta ya cndd efdd ariko kutwara biragora avuga ivyo yatumwe rero ivyavuga biranezera abenegihugu ariko muri poritike ntibavyakira rero humura vyose bizoba.
mana mpa kwisuzuma menye ikibi aho kiva hose.nige kuba kure ikibi cose aho kiva umfashe umpe mpwemu yera yame anyigisha kugitahura.ngerageze kuba hafi yiciza basi nagato.pasteur inyigisho zanyu nizo zituma numva kwikibi nokija kure.hezagirwa.
Imana iyiguhe mwizina rya yesu kristo amen
🙏🙏🙏🙏
Imana ninziza
Uwufise inamba zuwu pastor yozifansha
Uzoze usabira abiwawe nababandi
Nikibazo kabisa ababirigi bahumanije uburundi nugwanda nemera tanzaniya
Amen amen amen !isi izarenda irangira umunyacyaha ntamahoro inama kuriwe nuko ywakwakira yesu,
Urakoze Mukozi w'Imana Ihoraho
Imana yakuduhaye ikuzigame urimvugakuri ndagushingira intahe.
Amen Amen
Shn nawe mbona umukunda nkajyaha pe
😅Amen Amen.
Uhezagirwe, Mukozi w'Imana.