#AKORERA
VloĆŸit
- Äas pĆidĂĄn 6. 07. 2024
- #Nickotv Plus #Burundi
đCZcams Video Ya Manifique đđ»
âŻïž âą Would You Date A Virgi...
đUyu Mwigeme Amaze Imyaka 17 Mugihugu ca amaerica yahageze afise imyaka mike cane hagati yi 5-6 Niyompamvu niyo mpamvu Muriyi Video Mwakomeje Kumva Ururimi Rw'ikirundi rumugora ariko yagerageje
đmurivideo avuga neza na neza ukuntu yageze muri america aca yikura kubavyeyi biwe ari kumwe na mukuru wiwe bakurikirana , baca bahitamwo kuba abana bibirara mukiringo cimyaka itari mike ishika 10
đnyuma yaho uyumwana yuguruye umurongo wa CZcams imuzanira umusaruro mwinshi cane bituma agira umushiha wamahera yibagira Imana yayamuhaye yibagira abafana bamufashije kuyaronka arayinezerezamwo kugeza aho haziye Ingwara ya Covid19 Bituma Imbuga ziwe zitakaza agaciro ntiyasubira kuronka amahera yahora aronka kandi ico gihe yari yamaze gukotesha inzu yuburaro izimye cane bica bituma asubira munzu iciriritse kubera ayo mahera atari akiboneka ivyo vyose vyamuciye intege ahitamwo kunywa ibiyayura mutwe hamwe ninzoga
đnyuma yaho atangura gukundana nabahungu yavuzeko bari nkamashetani bafise ibirozi, igihe kimwe yatewe numudayimoni utangira kwiyita ko ari umugabo wiwe
Iyi yari iNcamake ushaka kumenya vyinshi biri muriyi Video !!!
âą Video
_______________________________________________________________________________
NIWABA UFISE AMAKURU WIPFUZAKO TWOGEZA KUBANDI TURONDERE KURI NUMERO IKURIKIRA
Ngabo Hamissi
+25761320806
____________________________________________________________________________________
*Contact Informations :
Gmail: nickojunior101@gmail.com
Facebook: NickoTv
Instagram : Nicko_tv_ent
or Nickojunior_Official
__Kama Unawazo Ama Shida Usisite Kutuandikia Tuko 24/7 open _______________________________________________________________
Please feel free to donate to our Team we are looking forward to improve our equipments for better serving you good quality of Videos but we would like your support it'll be appreciated . Support anything will help by using our Paypal account the link down below
www.paypal.me/NickojuniorBjmusic
_____________________________________________________________________
_____________________________________________________________________Pay NickojuniorBjmusic using PayPal.Me
Go to paypal.me/NickojuniorBjmusic and type in the amount. Since itâs PayPal, it's easy and secure. Donât have a PayPal account? No worries. Getting one is fast and free.
paypal.me
____________________________________________________________________
____________________________________________________________________
And please remember to Subscribe to Our channel and remember to turn on your notification by clicking the bell so you dn't miss any video we post almost everyday
and thank you thank you so much you are so supportive
---- / @nickojunior
................................................................................................................
Facebook: / nickojuniormusic
................................................................................................................
Instagram: / official_nickojunior
................................................................................................................
Twitter: / nickojunior1
................................................................................................................
Snapchat: nickojr_music
2nd Snapchat: gadinsabimana
................................................................................................................ - ZĂĄbava
Imana imuhe gukir vuba ndagikurikirany cose antey kumwipfuriz gukir vuba akorer Imana cane akomey Ndamukunze bivanye nivyiyumvir vyiwe Ndagusabiye kuri Rurema imumfashe akire vuba cane ndumv ankozeko cane
Imana irakunda Abarundi n'uburundi
{Imana irakunda abarundi n'uburundiâ€â€}
Iyo nkuru y'igishetanii umengo iratahuritse ahubwo nuko vyamugoye kubisigura
Ark Nibintu biri spirituelle
Imana iradukunda Uburundi nabarundi
Imana irakunda abarundi n'uburundi
Imana irakunda uburundi n'abarundi
Imana Irakunda Abarundi n'Uburundi
Imana ikurinde Magnifi.tuzohora tugusengera nkwifurije kumeny'Imana vyukuri
Ok ok nicka na magnifique muduhaye ikiganiro ciza cane
Iman irakunda abarundi n, burundi
Imana Irakunda Abarundi n'Uburundiâ€â€
Imana irakunda uburundi nabarundiđ
Imana irakunda abarundi nuburundi
Imana irakunda abarundi n'Uburundiđ§đźđ§đźđđđđ
Imana ikunda uburundi nabarundi
Imana iradukunda abarundi n'uburundiđ§đź
Imana Irakunda abarundi N'uburundi
Imana irakunda uburundi n'Abarundi
Imana irakunda burundi n'abarundi
Imana irakunda uburundi
Imana irakunda abarurundi nuburundi
Imana iradukunda abarundi n'uburundi
Peace and love
Imana irakunda abarundi n'Uburundi
Imana irankunda abarundi n'uburundi
Imana irakunda abarundi
Imana ikomeze igufate mukobwa wayesu lmana izakugira neza cyane đđđ
IMANA irakunda abarundi n'Uburundi
Wongiranteeeđđ
Imana iradukunda uburundi na barundi
Imana irakunda ABARUNDI n'UBURUNDI
Imana irakunda Abarundi N'Uburundi
Thanks Sana
wubahwe NICKO
Good
Kabisa đȘđ» urikubikoraneza nicko Junior wubahwe
Mpuza nuwo mukobwa Nicko ndumvako yaciye i tanzania,Sha namazeyo igihe kinini ndindiy ko nanje noza hiyo,ariko vyarangiy vyanse.tunaitaji sapoti ninyi mliofanikisha kufika uko ili na sisi tusogeze maisha.
Imana irakunda uburundi nabarundi
đ§đźđ§đźđ§đźđ§đź avuga neza uwomudada
Imana Irakunda abarundi n'uburundi
imana irakunda uburundi nabarundi
Imana ikunda abarundiđ„
Imana irakunda abarundiâ€
Iman irakunda uburundi nabarundi
Imana irakunda UBURUNDI n'abarundiđâ€
Imana irakunda Abarundi n'Uburundo
IMANA irakunda abarundi n'uburundi
Imana Irakunda Abarundi
Thank you nanje ngira nzoteba nshikirwe
Nukurii Nicko wubahwee kubintu vyamatekaaa
Nicko uyu mukobwa sinarinzii ko womutuzaniraaa đź big up âđŸ
Amen amen đ
Nawewe Nicko uzokizwe ndumva agiye akubwiye ubutumwa â€
IMANA IRAKUNDA ABARUNDI N'UBURUNDI
{Imana irakunda abarundi N'Uburundi}
Murakoze cane
Abatsinze kurikiganiroo bubahweee kueliii hama nicko nakore idawa yongeremwoo uwubuze
Barakuiye hubwo kowabaye kuibesha nicko wubahwe
Wow đČ iki kiganiro ndacumvise COSE my brother kirafasha kiraryoshe
Imana iradukunda
Imana irakunda abarundi nubutundi
{Imana Irakunda Abarundi n'Uburundi}
Merci beaucoup đâ€ïž
Nicko Junior hejuru ndakwemera gusa ibintu vyawe umenga birimwo igipfungu
IMANA iradukunda Uburundi nabarundi
Yeeeehhh twahashitse!!đ„
Aaa uyu mudada arafise imbaraga nyinshi
Ndagukunda magnifique udusabire sha natwe tugubwe neza muri yezundi Bujumbura burundi nitwa jeannette Nduwimana ndifuza whatsap yaweee!!
Nari natanzwe kumva iyinkuru
Thank you for this Interview N icko Junior 29:02
@@directorsosoblack22 you are most welcome
IMANA IRAKUNDA ABARUNDI NUBURUNDI
Komera bye bye!!!! peace and loveâ€
Imana irakunda Burundi nabarundi đ§đź
Mumpe nicko ico tuvuganađâ€
Imana irakunda abarundi nu burundi
Lemme take a time to hear this emission
Imana irakunda abarund nuburundi
Imana ikunda abarundi n'uko Burundi
Iman irakunda abarund
Imana irakunda uburundi nuburundi
Mukany harih challenge â€đđđ
Yesu , amukize burundu , kuko azomukorera
Imana Imukizeee đ
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko Tv
â€â€â€
Imana Irakunda abarundi nuburundi
Imana irakunda Abarundi n'uburundiđ
Niyooo
Reka twicare twumvirize
Imana irakunda uburundi n'abarundiđđŒ
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko tv
Nice pe
IMANA irakunda abarundi n'uburundiâ€
Thank you a lot brother for sharing us this information
imana irakunda abarundi nuburundi
Yooo vyar bikaze
Challenge nubwo inje nteba kuko nariko ntegura examen mubazoyitsinda ndibonamwo kuko Imana irakunda abarundi nuburundiiiđđđđ
Ndacunviriza mwijoro neza neza nunvisemwo ivyo gusambanađ
đđđ wumvise ivyo gusambana ntuvako????đ
Noba mpemutse Gee
@@BlaiseBsix đđđđ
Hhh nihatari kweli
Iyi ntahe irakaze
Zari inzonziii
IMANA irakunda uBurundi n'abarundi