Abagendana ubumuga bwo kutabona, baragira umutima ukunda kandi barubaka izabo zikaguma!

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 12. 2023
  • Birashoboka ko abagendana ubumuga bwo kutabona bubaka izabo kanatsinda ngo barafise ingabire yo gukunda abandi badafise. Mu kigo #FondationUWIRAGIYE co mu #Kabezi kireze abana bagendana ubumuga bwo kutabona barashingije umwe mubigeme bari baharerewe. #Burundi

Komentáře • 6