Aragiye by Club Inyambo official video
Vložit
- čas přidán 13. 12. 2018
- Uru ruvyino rwitwa ARAGIYE ni urwa club culturel inyambo rukaba ruvuga ibijanye n'ivyaranga umwigeme waho hambere.Rukaba kandi rwerekana ukuntu umwigeme yigenjeje neza yaherekezwa n'umuryango,incuti,n'ababanyi n'abagenzi agiye kwubaka urugo rwiwe kuko yaba yarigenjeje neza .
Club Culturel Inyambo ni umurwi ndangakaranga wiyemeje gusasagaza imico n'akaranga vy'uburundi biciye mu mvyino,intambo z'ikirundi be no kuvuza ingoma. Dusanzwe dukorera mu gisagara ca Bujumbura,zone kinama.
Iyi ndirimbo yanditswe na Mwami Japhet Net akaba ari nawe arongoye club Inyambo.
Wifuza kumenya amakuru menshi telefona kuri
+257 71 685328 (WhatsApp call),
canke utwandikire kuri facebook.
J'aime beaucoup le Burundi ❤❤🎉 j'adore ca vraiment ❤❤❤🎉 💗💖💝❤️🧡💛💚💙💜🤎🖤🤍
We are the one Rwanda Burundi oyeee
murabambere nukuri hano murwanda turabakunda cyane
Murikimara komera
I love so much My culture Burundi ❤
Tunawapenda sana from kenya
Burundi oyeee am Rwandan i like burundian song and culture
❤❤❤❤ natwe turabakunda
Ibyiza by, iburundi so nice😘😘😘😘😘
Indirimbo nizi za karanga
Yooo munkumbuje Bwami inks yanyuma mubuzima bwanje
Aragiye kbx mura mpimbara
Murachoboy nimukomr 💪🇧🇮🇧🇮❤️
vyiza
I love all Burundians
Aiyeeee aragiye
Turabakunda
Yooo munkumbuje Inks n'imwubawe
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Indirimbo nziza cane
biranyoshe chane abarundi
Akiwaca kikirundi
Nic club tubarinyuma
Komera. Muranyinjiza
Akaranga k iwacu n Iteka mu Nyambo komera kukumenyekanisha akaranga kacu hose
Akaranga katurange
Very nice
Verry Nice songs
Indundi
i love you guys
❤❤
Good
❤❤❤❤
I love
Murampe corable yemwe
For there are three(3) that bear record in Heaven, the FATHER, the WORD, and the HOLY GHOST: And these three(3) are one(1). 1st John 5:7/Matthew 28:19/Acts 2:38/DEUTERONOMY 6:4,5😍
And there are three(3) that bear witness in Earth, the Spirit, and the water, and the blood: And these three(3 ) agree in one(1). Vs. 8😍
8 and 86 765 8 87 8 have been I used the ability for you if bility to 86 765 8and 6 86 765 86 765 86 7776 86 I I knows 7 86 7776 8I 86 765 the world
❤kkkkkkkkkk I'll et tu 5 oooqqj😮
Indirimbo za kiriziya katorike
Nice club
I am so proud of you Moms. Keep on going forward
Ndanezezw n'akarang kavu
Nshaka kuja muri iyo club. Hasabwa iki??
Imiryango iruguruy karibu ah dukorera.whatsapp ni 71685328
.
I love all barundins banyita erik
WhatsApp mwatanze ntipasssa