Prezida Neva asaba abarundi kwijukira kurima kijambere kugira ngo bagwize umwimbu.
Vložit
- čas přidán 18. 10. 2023
- Inyuma y'ukwimbura ibiro bishika amajana atatu y'itomati (300Kg) kuri are zine, Umukuru w'Igihugu yasavye abarundi kwijukira kurima kijambere kugira ngo bashire mu ngiro ca civugo c'uko umunwa wose uronka ico ufungura, umufuko wose nawo ukaronka amafaranga. #Burundi
Good good job
Ushaka ivyagusa.
Vyiza cane. Ibiciro kumasoko bizogabanuka aruko twese dukuye amaboko mu mpuzu. Agatomati kuri ino sizeni karagurika. Muhezagirwe
Courage mutama urumukozi
❤❤❤
Akarorero Keza✊🏽🇧🇮
Love my president ❤️
🙏🙏🙏
ariko ninde mu presida ameze njuwiburundi
Du shaka imirima yose leta irime kugir abanyagihugu boroherwe
🙏🙏🙏🙏🙏
Mutama uruwinzozi nari nari naripfuje Kubona mu buzima bwanje uhezagirwe cane
Never ako sakazi kawe, hari inzego zibijejwe. Ubona ko ataco zikora, none ntiwovugana nabajama bawe CNDD-FDD murondere abashoboye canke mwibereye mu kagari. Never ntuzoshobora gutambikiza hose, uratanga imihoho, abarundi tuzokwibukireko ko wananiwe gutwara uBurundi!!☺☺☺☺
Umutwe ntusare!😂😂😂
Sha,umengo ubuze icyo utuka Inka kwell!???? None niba atarakazi kiwe!? Wowe akazi kawe nakahe!? Ushaka se akore akahe kazi!? Ko Ari Sebarundi agomba guhimiriza abenegihugu kwitez,imbere!!!
Urikigugu kwl.
Sumurundi rero.
Muhe ako ubo ashoboy.
Hama ucirire inkonda iwanyu.
Hama igihugu uracakira ugitware wewe wize gutwara, imbécile !!
Wamunyarwanda gabanya itabi pumbafu