✍️"NDONSE FIANCÉ NABANZA KUMUJANA MUHIRA MBERE YO KWEMERA"/WA MUVYEYI AVUZE IBINTU BIKOMEYE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 09. 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Komentáře • 5

  • @user-mu8dy5rl7m
    @user-mu8dy5rl7m Před měsícem +1

    Muratubwiy ibintu bikomeye cane
    Imana ibahezagire

  • @milcaKimana
    @milcaKimana Před 29 dny +1

    🤨 uyu mu maman ntaca kuruhande avuga ukurii🙏🏻🙏🏻 ,Imana imuhezagire caaane aradufasha caaane

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m Před měsícem +1

    YESU abahezagire caaane

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Před měsícem +1

    Vyiza 😂😂😂😂😂

  • @M.francineMukerabirori
    @M.francineMukerabirori Před měsícem

    Jacqueline ndagukunda vyimvamutima.warahezagiwe pe.