Pst. Julienne KABANDA - Iyo umenye ikibanza cawe muri Kristo Yesu urakira/Imana yacu irakora yizere
Vložit
- čas přidán 23. 01. 2023
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 69 249 867
Ndgukunda cane Pst. Ufite amavuta weeeee! Kalibu kandi
murakoze
Pasta yesu abahezagire cyane azabahe niherezo ryiza
amen
Amen amen🙏
Amen
Ooooh My God. Paster mamy vrt God bless you so much. Kubwanje burigihe umbera le rumodo wanjye vrt ndagukunda n'umutima wanjye wose .
fireeee
Pasteur Julienne, Imana Iguhe umugisha, Ikwagure mu buryo bwose mu mwuka no mu mubiri kandi Ikurindane n'umuryango wawe mwizina rya Yesu Christu 🙏🙏❤❤❤
Fireeeee 🔥🔥🔥🔥
Amen. Ndafashijwe cane Pst. Nkeneye kuzoba mugikorane cawe kizokurikira iBurundi. Inyigisho zawe ziranyubaka bikanyimura bikangeza ahandi hantu. Kuri escalier yindi.
🔥🔥🔥🔥🔥
Top, nkunda ukuntu wigisha Ijambo pasteur Julienne
fireee
That's true 👍👍🙏
🔥🔥🔥🔥🤦
Pasteur Julienne,Yesu ahore aguhezagiraaaaaa iteka ryose kuko urasizwe peeee,iyo nakumvise ndahinduka kuko IMANA iragukoresha kugira ngo nkore ugushaka kwayo!!!!!!!!!je t aime beaucoups maman!!!!soit abondament beni
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hallelujah 💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻🙏🙏
💥💥💥💥
Umukama Aguhe umugisha. urampezagiyeee
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ukwizera kurarema narabibonye iyowizeye vyose birashoboka
amen
Wow nukur Ukwizera kurarema Imana iguhezagire cane Mamy💖
fireeee
I love you more mum
Tkx
Alleluia 🙏
🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
But mama thxs sooooo much be richly blessed
Amen
Amén amén
amen
Uyumupasteri rwose kumutwewe ntibikwiriye abakozi bimana abanibamwe bakorana na iliminata rwosepppp
🥰🥰🥰🥰
Uyu numukozi w IMANA usizwe goseee...umusatsi siwo ukizwa ....reka kuvanga dossier s rero wewe
Hallelluyaaaa 🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
amen
Bikunda mumbwir ahomusengera
asengera ishengero GRACE ROOM
Amen
Woooouh🇸🇦🇸🇦5/5🇧🇮🇧🇮🇧🇮
fireee
uradufash cane.ndakeneye numero de telephone ico unfash paster
💥💥💥🔥🔥🔥
Ok
KQ
yes
Ndafyonyoye malaria mu mwana wanje just Now. Ndamenye ma position kizire KO binja hejuru. Biri munsi y'ibirenge vyanje ivyo bigwara vyose. Jew na Christo turi umwe.
🔥🔥🔥🔥