ALVIN SMITH na FABELOVE ubwambere turabahuje Bahastwe Kumarana Tugiye Hagati Biranse ko Bumvikan🔥🔥

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024

Komentáře • 85

  • @hittoptv
    @hittoptv  Před rokem +22

    tiktok by Alain ig ft alvin smith&fabelove 👉🏽👉🏽czcams.com/video/3fhakNFdY2g/video.htmlsi=0Lg8G7y2q43qDehn
    🔥🔥Ikiganiro mwacakiriye gute?

  • @Wizkidbdi507
    @Wizkidbdi507 Před rokem +5

    Big familly Burundi buja freva one love ndabakunda cane ❤big familly buja musique

  • @mr_tubane_neza
    @mr_tubane_neza Před rokem +10

    Ndiko ndasenga cane fab love ntibamwoshe aje guhibongoza 😂

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před rokem +7

    wooooa Alvin hejuru cyane ambassadeur wingidi❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛🤛✌✌✌✌

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 Před rokem +2

    La vache arishima knd arapapa big up sana my brother best rapper fabelove

  • @utd_team_forever1251
    @utd_team_forever1251 Před rokem +6

    #Loveeeeeeehhhh🗣️🗣️ tw ntiturota tuva mumudihooo😂😂

  • @Elienimpaye1991
    @Elienimpaye1991 Před 11 měsíci +1

    Fab love uri umu leader hama ikindi naco ndabonako urondera inyungu à long terme kandi courage bro

  • @huguesaudry5275
    @huguesaudry5275 Před rokem +2

    Love udahagarikaaa man urakazeee gumaa udutamwoo ndagukurikiran kuv Kur mwana wimuhiraa gushikaa ubuuuu

  • @irakozenathanael6187
    @irakozenathanael6187 Před rokem +5

    Ikiganiro cambere ukozi gitwika nkee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @DanyIranzi-to1mw
    @DanyIranzi-to1mw Před rokem +4

    Fabe love number one ♥️

  • @kattofahion4209
    @kattofahion4209 Před rokem +1

    Kazi Nzuri Landry ariko tubarize fab love kuberiki atadushirirako song jakuri danse 🕺🏾 hose kum platforms twarayibuze

  • @ericciza926
    @ericciza926 Před rokem +3

    Fabelove avugukuri cane remerako Boss

  • @ishimweaudrynoel
    @ishimweaudrynoel Před rokem +5

    Fab love ntibakubeshe ngo ubihebe ndabizi ubwabo barazi KO bamenje umu rappeur barazi KO ari umwe mu BURUNDi 🇧🇮
    WE pambana umunsi umwe ndazi KO bazokubaka monument y'uwarwaniye rap mu BURUNDi kugira ntifundike.kandi umenyene nawe niwakwepa KO rap izoba je fuditse i BURUNDi 🇧🇮.GO ahead bro. Abo nabo ni ba mpemuke ndamuke

  • @Ericmrso
    @Ericmrso Před 3 měsíci +1

    Bandana ivyonyen bro fab love

  • @gak-j6167
    @gak-j6167 Před rokem +7

    Vibe master ❤

  • @casimirbizimungu4696
    @casimirbizimungu4696 Před rokem +6

    Mubisanzwe Fabelove guheba rap yob ahemutse ariko Rap yiwe nayigire professionnel ibe international nshatse kuvuga akore ama vidéos ari kurwego n'aba john elart cank n'ba Landry sb ataruko naho azopfume abiheba vyose kuko ikibuze kugira aronke ivyo alvin ariko aramubwira siguheba rap ahubw nigukora ibigezweho muri rap akareka kwisubiza inyuma

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 Před rokem +3

    Aaaah😂😂Landry wey Nihatar abo ba bro baranyish pe 😅😅❤

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 Před rokem +1

    Fab Love kamili gado 🙌👌

  • @MrJohn-qi2qg
    @MrJohn-qi2qg Před 11 měsíci +1

    Alvin ntutume akorok love style imuberey ni hip hop ntahindur kbx

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 Před rokem +3

    Nkunda ukunu Fabilove avugana n’ubwitonzi vmt

  • @julius875
    @julius875 Před rokem +8

    Fab love ni gang knd ntawomusubirira

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 Před rokem +2

    Landry uraraba ugure mic 🎤 ya 3 vyob vyiza gusumba

  • @mukirerichard5265
    @mukirerichard5265 Před rokem +3

    Best rap fabe love

  • @Joyfulness-su4df
    @Joyfulness-su4df Před 11 měsíci +2

    Bamwemer kabarenze

  • @christophermapenzi3813
    @christophermapenzi3813 Před rokem +1

    Fabelove respect All ✊

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Před rokem +5

    ndamushigikiye Fabelove arashoboye

  • @user-vz5hp8cc4m
    @user-vz5hp8cc4m Před 11 měsíci +1

    Alvin hejur can kuvyan vyingidiii👊👌

  • @HermesBreezy
    @HermesBreezy Před 11 měsíci +3

    Ngo njyewe😂😂

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose Před rokem +3

    Alvin Smith sinryarya😂😂😂 yaragerageje kumuhanura Fabelove 🫶🏻 Ikiganiro kiryoshe

  • @ABDISHEmpire
    @ABDISHEmpire Před rokem +5

    🤣🤣🤣
    Reka MBE Ndateramye kbx

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 Před rokem +2

    Ubu na lino g amurusha burikintu cose kubera yagabanij rap,hma murihenda cne ntawuheba icamukujij rap bababuyigabany gusa bakamenya ibintu bigezweho hagezeko bakora rap bakayikora,hma uwo fabelove reo yibazako ari nyeneyo azobabuz turabe,koyigira umwami wayo hari song yiw irusha power ngangari cnk konzi?nn fizzo ko azikoz vuba zigatwika knd atakiri umu rapper? fabelove arabiz gsa nameny ivyarimwo tu birababaj kuba legend abana bose bakagucako nkikiraro,I'm l o g rapper ♥ 👌

  • @elogeenduwayo7225
    @elogeenduwayo7225 Před rokem +1

    Fabe love tuzokugwa inyuma nzokugwa. Inyuma

  • @gabrielsingiyumva6115
    @gabrielsingiyumva6115 Před rokem +1

    Damn love

  • @championboy8806
    @championboy8806 Před rokem +1

    Fabe love 👊

  • @kasongo_barber
    @kasongo_barber Před rokem +2

    Fabilove ni king 👑 bro

  • @TitiCoolOficial
    @TitiCoolOficial Před rokem +1

    Umutananigwa na ba bro banje hejuru

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 Před rokem +3

    Rap juuu

  • @CedrickNiyokwizera
    @CedrickNiyokwizera Před rokem +1

    Fabelove ndagufana

  • @Nidivin
    @Nidivin Před rokem +2

    Aba brother

  • @AugustinNkundimana-g1q
    @AugustinNkundimana-g1q Před 2 měsíci

    Love bandanyuvugire rubanda ipo siku one day utapa full money.

  • @nnno989
    @nnno989 Před rokem +2

    Arvi ndamwikundira, ncane❤❤❤

  • @KuburaJoctan-me5tt
    @KuburaJoctan-me5tt Před rokem +2

    Kbx man nuko

  • @Nidivin
    @Nidivin Před rokem +2

    Aba ge

  • @yvesnduwayezu
    @yvesnduwayezu Před rokem +2

    Fabelove umva ukuri uri umu rappeur mwiza ariko ufise ijwi dyokundwa n'ivyana???

  • @nzeyimanathacien781
    @nzeyimanathacien781 Před 5 měsíci +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @championboy8806
    @championboy8806 Před rokem +1

    Alvin afise umuregwe wamahera yumugore😂

  • @aybenjamin
    @aybenjamin Před rokem +5

    @landrypromoter me number one❤

  • @ChadrackNdayizeye-re2mt
    @ChadrackNdayizeye-re2mt Před 11 měsíci +1

    Fabiola

  • @IGSKIKI
    @IGSKIKI Před 11 měsíci +1

    Fabe raba bas ugire Trap blo vyoba vyiza

  • @NiyonkuruClaver-xb4jd
    @NiyonkuruClaver-xb4jd Před 11 měsíci +1

    Fb love heb umuziki kuko ww ivyorimba mbona ntaco biri kugfasha.kuko abana bato baguma bavuka bakurusha music.ntamuntu ww yigera sgtumira.

  • @Lavie-the1official
    @Lavie-the1official Před 11 měsíci +1

    Fabilove n king w rap Mu Burundi knd ntanuwomusubirira kuv kur 1 kugez kur 10 kwr knd ntuzohemuk turagufan msaza hm LA vache nawe yubahwe akund aknotiii shaaaa😂😂😂😂😂

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 Před 11 měsíci +1

    Komera bajama.

  • @gkrjjndvj1002
    @gkrjjndvj1002 Před rokem +1

    Alvin number on❤

  • @christophernsengiyumva556

    Landry ibintu vyogucora ubihagarike kandi urakunda gucora gusa ubivuga umenga uriko urafyina kumbe urabikunda ndagukunda ubikora neza ariko ivyogucora ubihagarike abonyene bazoyaguha utarinze kubacora man we guma kukazi kawe kandi ubikora neza bro

  • @irankundajules6389
    @irankundajules6389 Před rokem +2

    #26life

  • @user-hg5dw7cq3x
    @user-hg5dw7cq3x Před rokem +2

    Munago bro ng ntabahar kwl

  • @user-tp6kn6nc1c
    @user-tp6kn6nc1c Před rokem +2

    Nahebe Rap Fabilove

  • @augustburundiofficial5601

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 Před rokem +1

    Komera bantubanje mubikora neza

  • @mutanganashowtime3699
    @mutanganashowtime3699 Před rokem +1

    guhibongoza hhhha guhogoza woe

  • @majamberechristophe2613
    @majamberechristophe2613 Před rokem +1

    Ugiye wakora ikiganiro kiryshe sna

  • @user-ot6jj2md5n
    @user-ot6jj2md5n Před rokem

    Ndabikunze kbx kuba barahuj abobatyp ❤ nikumera nkabanyamerika

  • @JinyorHakizimsna-we3pr
    @JinyorHakizimsna-we3pr Před 10 měsíci +1

    Yubahw fabi lov niking kand inoti arazifit

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 Před rokem +1

    La cache ndagushigikiye uzubwenge ubikora vyose kko uravye naba Fizzo nivyo bahereyemyo hama barabiheba raba b face yama hanze kubera aririmba vyose

  • @HygueJasiri-hf2kb
    @HygueJasiri-hf2kb Před 7 měsíci +1

    Fabelove kizire guhemuka uryoshe uruwuri ubu.fata nicubahir cawe

  • @nsabimanafaustin1259
    @nsabimanafaustin1259 Před rokem +2

    💥💥💥

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Před rokem +1

    😅😂😂😂😂😂iki kiganiro kiraryoshe wallah

  • @NzeyimanasarahDavid-bo5ry

    Nn Landry nta camera ugifise?kobitabona jebiramenamaso

    • @hittoptv
      @hittoptv  Před rokem

      Niwewe ugwaye amaso raba neza

  • @ingabirechantrene2933
    @ingabirechantrene2933 Před rokem +2

    Hip UP hejuru

  • @PribojayMugisha-sr2zx
    @PribojayMugisha-sr2zx Před rokem +2

    fab lov aravuz nez can ntuz woger ihemik kbx

  • @chadracknimbabazi5246
    @chadracknimbabazi5246 Před rokem +1

    Ndabasetse kweri ngo fabilove numu rappeur wambere mu Burundi 😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅

  • @user-ck5un4to9t
    @user-ck5un4to9t Před rokem +1

    Sha alvin ntako atagira ahubwo nukubavugira kabisa nivyo nunva.ntibabihebe ahubwo nabo baze bsratumigwa

  • @nephtalieshabani2682
    @nephtalieshabani2682 Před rokem +1

    Je nka Smith nomufata yombona ngo jegezingidi Aho yabwiyiki nyinawiwe ngo yiyubahe

  • @cyriaquendihokubwayo4086

    Twipfuza kwico kinyabufura wakoranye aho wogihorana

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 Před rokem +1

    😂😂❤❤

  • @yvesnduwayezu
    @yvesnduwayezu Před rokem +2

    Vanga jewe ndakunda fabelove ariko
    Umva uhibongoze Nico gitumye Big fizzo akomeza kuyoboza inkoni y'icuma muvyanka aravangavanga kubudyo yokora igiteramo arumwe

  • @elbrondyckyzulu9023
    @elbrondyckyzulu9023 Před rokem +1

    🤣🤣🤣🤣

  • @nephtalieshabani2682
    @nephtalieshabani2682 Před rokem +2

    Fabi umva wavuze ibintu buzima ibaririvmyi bubu ntibipfunga nahaj kunya 😂 arifotora 😂 ngomubona Nya gute ? Akabiza abafana

  • @Lavie-the1official
    @Lavie-the1official Před 11 měsíci +1

    Fabilove n king w rap Mu Burundi knd ntanuwomusubirira kuv kur 1 kugez kur 10 kwr knd ntuzohemuk turagufan msaza hm LA vache nawe yubahwe akund aknotiii shaaaa😂😂😂😂😂