He knew that he didnt belong to this earth. He served Jehová earnestly. Thank you for showing the nations the way. May God be with you AND your family.
@@mbabazifoundation7641 kuri Habyaliman niho mwari muteye imbere kurusha? Mwari muzwi neza mu makungu? Inzara iri hose, injustice iri hose ari ba mwemera ko igihugu canyu hari advancement cagezeho ku butegetsi mufise ubu: not everything is perfext but nta ruswa nini igihari , hari development kurusha a lot of other African countries.mumwanka ko ari umututsi mugabo iyo abatutsi baba ari babi , ubutegetsi buhari ubu bwari kubarandura mwese nyuma yaho mwakoze ibara muri 94! Ishyano ritaraboneka kurino si, ....quelle cruauté!!! I
He recognised where the Lord took him from.if not God he couldn't afford by his power! Like king David i v never seen! U were the blessing for burundi...❤
A president bowing down in prayer?I don't know what Burudians or any other person says or think but this is total humility before his Maker,shine on your way Mr President.
Buriya Uwi'iteka yamenye ka satani/Kagame nabagenzi babo bashora gukoreshya imbuga nkoranamahanga aha perezida ubushobozi byo kuzifunga acya satan nabanyamahanga ingufu zo guhemukira uburundi. yesu ashyimwe
Ni pigo kwetu east Africa Basi mungu ndie muamuzi. Pia endelea kuangalia (first TV tz) kwa habari na elim mbalimbali czcams.com/video/7o97hhDx-zo/video.html
Imana izamuhe iherezo ryiza
He knew that he didnt belong to this earth. He served Jehová earnestly. Thank you for showing the nations the way. May God be with you AND your family.
He has really made me to stick close to my maker,if he has left and he was a president but am not body and served God without seeing his class
Abanyarwanda Tugukunda tuli benshi Nyakubahwa President Nkurunziza!! We love you and honour you!!!
Yes abanyarwanda b' interahamwe , muri ibinywamaraso ( vampires), . abahutu muzopfa muteye isoni mu makungu. Muri 59 , 94 mwica gusa..mwama mwiyumvira kwica abatutsi gusa nabo babivuna kuko barikumwe n' Imana kuko niyo yabaremye ntizokwemera ko muhonya ubwoko bwabo.
Kandi nta muhutu akwiye gutwara: musibanganya igihugu gusa.
Raba Urwanda aho rugeze mwiterambere, urabe n' Uburundi butwagwa n' abahutu batagira mu mutwe. Ni mureke intwaro murye gusa kuko mukunda inda! Imana iraje kubarandura nkuko yaranduye Nkurunziza.
Yarivye amatora , yarisemye none Imana iramuranduye. Nta gashinyaguro ku Mana.
Abanyarwanda aho bageze haragaragara iterambere ryi agatsiko,ubwoba mu mitima, gufungirwa amayira, uburere bucagase kuburyo abana bi agatsiko bose bali muli America, kwica no gufunga abatavugarumwe.... ubukene ni inzara,... Imana niyo nkuru...
@@mbabazifoundation7641 kuri Habyaliman niho mwari muteye imbere kurusha? Mwari muzwi neza mu makungu?
Inzara iri hose, injustice iri hose ari ba mwemera ko igihugu canyu hari advancement cagezeho ku butegetsi mufise ubu: not everything is perfext but nta ruswa nini igihari , hari development kurusha a lot of other African countries.mumwanka ko ari umututsi mugabo iyo abatutsi baba ari babi , ubutegetsi buhari ubu bwari kubarandura mwese nyuma yaho mwakoze ibara muri 94! Ishyano ritaraboneka kurino si, ....quelle cruauté!!!
I
@@nikkinikki3896😅😅😅Wowe urwaye ubutaza kira
❤ni wiruhukire mumahoro warintwari mubarundi❤
He recognised where the Lord took him from.if not God he couldn't afford by his power! Like king David i v never seen! U were the blessing for burundi...❤
Ahuri wibuke kudusengara woza ukaraba cagihugu wadusigira worira iruhukire amahoro war,ntwari😢😢
Amiin. Imana ibane n’abarundi bose muriki gihe c’amatora mu gihugu cacu ciza c’Uburundi
though i don't understand kirundi but we are praying with you Burundi as Kenya...God of Heaven is with you as abeautiful country
Although I don't understand the words, I feel the Spirit and I am touched by the President's humility ......
Turagukunda tuzogukumbura, ariko vyari bikwiye knd bibereye, thx excellent 👌 we 💖 you so much,,
Amen, Icyubahiro nikibe icy'Uw'Iteka.
Imana washize imbere ariyo waguma wambaza burimunsi, ibandanye ikuruhukiriza mumahoro president wacu,nguyo na president magufuli umusanganire mwarakuye abantu mubuja iman ibahe uburuhukiro budahera💝🙏🙏🤲🤲
Urakoze mutama twakwikundira.2027 uzogaruke usubire kungaji.
Wasengeye amatora ndanezerwa kandi ngo twubahe lmana.Yesu agukomeze.
Amen💟💟💟🇧🇮🇧🇮💞mercipapa.urangije.mumahoro.imana.iguhe.umugisha
Yes Bimenyekanye ko uli Imana idakinishwa!!! 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🤗👏🏻👏🏻👁👁🤷♀️🤷♀️🤷♀️🌈🌈🌈⛅️⛅️🍿🍷
Sha uraciye bugufi pe imana ikomeze kuguha inguvu zobaho kuko urumugabo🇧🇮🇰🇼
Imana yumve ukwo gusenga kandi ikwishure.
Abarundi turagukunda kandi dukunda akarorero keza uduha muri vyose.
Imana iguhe kuramba
Uburundi bwarahezagiwe n' Imana warakoze Mana yacu kubw umusavyi wawe waduhaye
Imana dusenga yarakiriye iryo sengesho Nyenicubahiro iraheza itujimbere mu matora turaheza turitorera Samuragwa Général Major Evariste NDAYISHIMIYE.IMANA ibishimirwe.
Imana ize ibane nawe hose na vyose kandi ishishikare kukurongora Mutama kuko uzi ko Imana ariyo nkuru hezagirwa kandi ubere akarorero n abandi bose
IMANA ikomeze kurinda uburundi na barundi.na barundikazi.
Imana nihezagire Uburundi nabarindi Amin
Iteka nzahora nibuka urugero rwiza watanze nakurikiye intwaro yawe kuva ugitorwa kugezaho ushatse gusigira aband wabaye akarorero keza
Papa imana iguhe uburuhukiro bwiza
C'est le meilleur, the best President around the world, God bless You, Burundi and Mama AFRICA ☝☝💪👍👌🙏🙏
it's good to use a language we all understand.i am a kenyan
Thank you our beloved president God bless Burundi and all Burundian s
Abahutu nta bwenge! Kirya kirofa nico wita president?
Urakoze cane mana yi burundi amen
Imana ihezagire urugo rwawe washize nyakwigendera may u peace rest in peace turacakwibuka
prayer avails much...good job Mr president
Yooo Mbega weee .yari Intumwa Yimana pe Imwakire mubayo yarayikoreye ibi bikora Abaparezida bacye mu isi shimye ko waruziko Isengesho ariryo ryambe muribyose niyompamvu abadasenga batumva ibyawe.
Genda Genda hari hageze Nyakwubahwa....
God of Burundi.... may peace and love prevail. Amen
A president bowing down in prayer?I don't know what Burudians or any other person says or think but this is total humility before his Maker,shine on your way Mr President.
Imana ikuwe omujisha
Ndizeye nuno agiye gutwra azatubere umuvyey mwiza
Will always remember and honor You my President 😭😭Rip
kuki umugore wandayishimiye Bari gusenga ari muri foni mbega gupinga imana
Ndagushimiye.papa wabarundi kukuntu ushira imana imbere mutama nawundi muntu akunda gusenga nkawe tubikesha imana kd imaan yuve ugusenga kwawe papa wacu
imana ikurinde cana cane turigusega twese imana urinde igihugu ciburundi nabakibamwo bose amen
Really you were Agood president commited to your lord,may your soul rest in peace 🙏,,never be forgotten,tho am akenya...
Tutatoa wetu wapi anayemcha Mungu hivi???
Ndagushima Mana ko wampaye gukandagira muvyo wavuze
IMana.ikwumve pe!!
Iam blessed to watch mr president praying like this rip sir
Imana iranka abiyorobetsi!!!!kandi vuba izokwiyerekana niyunve amasengesho yawe isambure imigambi mibi yose mufitiye uburundi....ivyiza bije imbere!!
Kimwe gusa nzi Imana yarabanye nawe mu buryo budasanzwe! Ntawoharira ko Imana yabanye nawe mu buryo bukomeye irakurinda n’abawe satani yari yabasavye! Imana kandi ntitoranya ku butoni kumbure yashimye imitima iyimenekeye ! Ko yobarinze gurtya irabaha no guharira ababagwanije Kuko a benshi nk’urwaruka cane cane kutabaye ukubanka ariko kwabaye ukwanka ivyakozwe bibi ku ntwaro yanyu: ubwicanyi -ubusuma - amarementanya. n’ibindi! Hari intambara nyinshi tutazi mwagwanye kumbure ngo mubituze canke mubigabanye ariko abanyagihugu vyinshi ntavyo bamenya! Rero nk’abantu mwarenganije murabarenganura abandi mubababarire!
Iman ikulinde
Kumunsi wumuzuko uzosubire uhabwe icyubahiro wahoranye wubaha uwaguhaye icyubahiro
Hallelujah
Hallelujah
Hallelujah
Ameeen!
Ameeeeeeeem!
Amen Imana Izeyiyerekane
Amina
Asante baba.
Amen amen!
Habwa umugisha president
CNL oyeeee
Amen Amen 🤲🤲🤲
Bamuhe Eglise des pantecotes de Burundi ayiyobore!
Amen.
Rest in peace my brother in Christ.
🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪 SOON WE ARE MEETING HIM😭😭
yoooooo Rlp nkurunziza lmana yo mwijuru ikwakire koku wakonze mugihe cawe yewe mukama wanje mwakire
Amaso yanje yarabonye isezerano
Amen Amen
Nzogaruka iburundi aruko usubiye gutwara. Nukuri Pierre ntaco atakoze uyu mu muvyeyi.emwe nzamurondera nina iburundi ndamukez jew uzoguma untwara
Hasigaye ko azikura! Gukindisha agakomokomo😂
Je muzeh aranyica harico wibagira ati bibe nkuko ugomba ntibibenkuko ngomba..>>
Amen 🙏🏼
Umwirabura
Ukorera imana akayubahisha ntacyo yamwima uri umugabo w'ukuri
Amatora Azoba meza caane
Umwasi arinyegeza ndake
Nubwo harabatabibona kuzindi nyungu ark jyewe narabibonye najye ndasavye Uwiteka agukomeze kd azakujimbere mukaruhuko wimirije
AMEN !!!!!!!
UHORAHO wenyene ni we MANA
❤❤❤❤❤👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Amiina
RIP President Nkurunziza👏
Amen
Nkunda ukuntu maskini yichisha bugufi mugusenga
Naramukundaga
Amennnnn
Amine
R.I.p😭😭😭
Mashaaaaalaa if you like natural karibu katika Chanel yangu and subscribe 🙏📢
RIP 🎩
Burundi: Imbuga nkoranyambaga zose zafunzwe ku munsi w’amatora ya Perezida. Biri mubyo wabonekewe?????????
Buriya Uwi'iteka yamenye ka satani/Kagame nabagenzi babo bashora gukoreshya imbuga nkoranamahanga aha perezida ubushobozi byo kuzifunga acya satan nabanyamahanga ingufu zo guhemukira uburundi. yesu ashyimwe
Amen!
Ntukabeshye !!!!!!!!!!Amoko yakwaritsemo gusa IMANA niyo irondora imitima yacu, Matayo 6:5-6 haranditse ngo"5.“‘Nimusenga ntimukamere nk’indyarya, kuko bakunda gusenga bahagaze mu masinagogi no mu nzira ngo abantu babarebe. Ndababwira ukuri yuko bamaze kugororerwa ingororano zabo.
6.Wehoho nusenga ujye winjira mu nzu ubanze ukinge urugi, uhereko usenge So mwihereranye. Nuko So ureba ibyiherereye azakugororera"
Ni pigo kwetu east Africa
Basi mungu ndie muamuzi.
Pia endelea kuangalia (first TV tz) kwa habari na elim mbalimbali
czcams.com/video/7o97hhDx-zo/video.html
Yapfuye nk' imbwa ya mujeri , wenyene kure yumugore nabana. Yahora yita mujeri abanyagihugu none aruhiye kuba mujeri. On ne se moque pas de Dieu!!!
Yesu akubabarire ntuzi ivyuvuga .kuko nawe uzopfa muntu
@@ornellairankunda8578 twese niyo tuja, twese tuzopfa..ariko la seule différence nuko Jewe Imana itazombaza amaraso ya mugenzanje nasheshe nka Kayini, ntizombaza ukuntu nihaye izina ryayo de " Eternel Guide Suprême", ntizombaza ukuntu natutse abo yampaye kuyobora ngo ni " mujeri", ntizombaza ukuntu niyita Pasteur pour manipuler le peuple kandi nkora mu mpisho ibiterasoni, ntizombaza enfin igituma nivye ubutunzi bw' igihugu, nkarya indege y' igihugu, kandi abanyagihugu bishwe n' inzara, ntizombaza igituma nahinduye constitution kubw' inyungu zanje....ivyo VYOSE ntavyo Imana izombaza ariko Peter wewe ariko arabibazwa ubu ziriko zirayanga aho ari....
Izakubaza byinshi biruta ibyo uvuze aha, harimo no guca imanza utari umucamanza, désolée vraiment.❤️💕❤️💕
Kunda ukuntu président wacu akunda gusenga !!!
Ntabwo kagame utazi gusenga azogushobora.
Ehe uwo mwicanyi ukuntu asenga neza
Uhebutuke umuntu arigusenga Imana yo ntiki'ishwa yokumashura
Hh Vhjjj tais toi 🤫🤫
Uri shetani mubi
urakicwa nintuntu wamutindidiwe.waramufashe ariko yica? wew utihanye uzohura nimana.kandi urangerageza ugatuma mvuga nabi.wew uraziko waremwe nimana? wew utihanye uzopfa nkimbwa nahone yumukoryo irondera amavyi ngo irye ikabura nawe niko uzopfa.ndakwanka numutima wanje wose uvuga amajambo aboze arimwo ninyo .urasesema
@Valerie IGIRANEZA ivy'imbonerakure, ivya 2015 ect... mbe aho umukunda ko utagiye aguswere imbere yuko apha?
Turagukunda tuzogukumbura, ariko vyari bikwiye knd bibereye, thx excellent 👌 we 💖 you so much,,
Iteka nzahora nkwiyumvira kd ntuzomvamo nivyo uri President Peter nkurunziza Imana izakujimbere kd nanone ifashuburundi uzagusimbura nawazakore ibishimwa
Amen Amen
Amen
Turagukunda tuzogukumbura, ariko vyari bikwiye knd bibereye, thx excellent 👌 we 💖 you so much,,
Amen
Amen
Amen