GITEGA || NIHO MWEZI GISABO YAVUKIYE N'IZINA UMWAMI NTARE RUGAMBA YAHAYE INTARA YABAMWO.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 10. 2022
  • Abakoroni bashitse i #Gitega baciye bazimanganya ibimenyetso vyose umwami Ntare RUGAMBA yashizeho (ibigabiro).
    Abarundi barabura ikibaranga n'ikibahuza n'Imana!
    Aba missionnaires b'abakoroni baciye bubaka ishengero katorika babanje gusambura ukwemera kw'abarundi bakera.
    I Gitega niho hari icicaro c'Imana y'u #Burundi.
    Aloys BATUNGWANAYO, umucukuzi w'akahise avugako u #Burundi n'u #Rwanda arivyo bihugu bisangiye ukwizera kuva ku Mana imwe rudende.
    Gitega harateze,
    #Ntare #RUGAMBA yari umwami akomeye, afise ingabo zikomeye.
    #RUGAMBA yari afise ikirimba i Gitega kandi abakoroni bashaka kuguma iruhande yiwe kugira bamugenzure.

Komentáře • 7

  • @ericciza926
    @ericciza926 Před 6 měsíci

    Aho Rero ntiwunva Umurundi kwl🇧🇮🇧🇮

  • @bmailbusokoza7335
    @bmailbusokoza7335 Před rokem +1

    Uyu mushakashatsi ndamukeney cane bishoboka mwambwira uko namubona

  • @sam-maigamugiriye5872
    @sam-maigamugiriye5872 Před rokem +1

    Ese iyaba ibiganiro nkibi arivyo bahereza agaciro kanini mugihugu kuruta imiziki nindirimbo zuburofa zuzuyemwo ubutandero! Erega urwaruka rwinshi niko ruhuba kubwo gukura batazi akahise! Sinorangiza ntakengurukiye uwo mumenyashamakuru nongera ntera intege uwo mushakashatsi aze akomeze gusesangura nibindi tumenye ukuri kwahishijwe nabamisiyonari

    • @MM-dr4nb
      @MM-dr4nb Před rokem

      Kubiha agaciro bitangurira kurimwebwe nyene, abandi bazo kurikira mwebwe nyene. Mudufashe kuze murabitanga no kubandi kugira bishikire benshi. Murakoze cane kuriyo ntererano y’ivyiyumviro vyanyu.

  • @rafikijobsbackground1168

    Iyo nama nshingamateka yahasabwe en 1963 yari irongowe na nde?

    • @MM-dr4nb
      @MM-dr4nb Před rokem

      Akabazo keza cane, inyishu Paggio azoyikubariza umushakashatsi vuba cane.

  • @ndabarushimanamanasse8899

    mwaramutse neza? ntawompa E-mail canke WhatsApp yuyu mushakashatsi?