Umuryango w'Ababanda ni umwe mu miryango ikomeye mu Burundi kandi yoshobora kuba icitegererezo.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • Umuryango w'Ababanda mu #Burundi waratunganije ihuriro rya bose ryabereye mu ntara ya #Kirundo kugira ngo bige ku mategeko abagenga bongere batore inzego zizorongora iryo shirahamwe ry'umuryango mu kiringo c'imyaka itanu.

Komentáře • 15

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 Před 5 měsíci +1

    Nivyiza cane Ababanda tumenyane,

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 Před rokem +2

    Nkivyo nta kamaro bifitiye abarundi kuba Umurundi birahagije

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Před rokem

    Igihugu kigeze aho umwansi ashaka. None nkizo mburakimazi mubona ivyo bariko baradedemba aribiki. Igihu kiritwara, ingabo zatigira umutware zitwa impehensa. Hari abarundi basigaye ari utugugu, nkuwo ariko avuga iki ga yemwe. Amacakubiri yamoko batwometseko nubu ntaratuvamwo, none izo mbunuza akavuze Never ziriko zirata umwanya zivuga ibintu bitagira umutwe namaguru. Ntasoni !!!!!

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Před rokem +1

    Akanomero kawe wewe urongoye Ababanda Ndagakeneye please 🙏

  • @NIJIMBEREWilson-xi7dy

    Muze mwibuka abana bababanda batishoboye mubafash natwe bababanda tuzamuke ❤❤❤

  • @fredka-jh2mj
    @fredka-jh2mj Před 4 měsíci

    Nivyo

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Před rokem

    Ndabira na gouverneur ari muri ivyo bintu bigayitse. Ngiyo shusho ya za ndongozi Never yita imbunuza🤣🤣🤣

  • @nirudi1890
    @nirudi1890 Před 11 měsíci

    Ni vyiza ivyo muriko murakora.
    Turashobora kubafasha kwerekana iyo mikate mukora dukoresheje Plateforme yacu: NIRUDI - www.nirudi.com . Hamwe no kubigisha gukora imikate ifise "Qualité" hamwe no kugira isuku aho mukorera.
    Mushobora kuturonka kuri: Dieudonne.Nimubona@nirudi.com

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Před rokem

    Mwiyumviriye Neza Akanomero Kanyu Turagakeney

  • @munezeroolivier411
    @munezeroolivier411 Před rokem +1

    Ababanda njo nini?

  • @miringiropikasa3920
    @miringiropikasa3920 Před rokem

    Bikomagu we ntiyari umubanda?

  • @josephshwagara5631
    @josephshwagara5631 Před rokem

    Turi benshi

  • @fbpburundi2451
    @fbpburundi2451 Před rokem

    😑😋😋😋