UBUHANUZI KUGIHUGU CYUBURUNDI 😭😭// Musengere cyane UBURUNDI Dore ibigiye kuba IBURUNDI 😭😭

Sdílet
Vložit

Komentáře • 29

  • @gorethndayi6618
    @gorethndayi6618 Před rokem

    Mwami IMANA nushimwe kandi uhabwe Icubahiro wuzuye urukundo impuhwe n imbabazi

  • @clairiainangorore8268

    Ameeen niwikorere Mana yacu igihugu cacu ukigirire neza 🙏

  • @alicenduwayezu6770
    @alicenduwayezu6770 Před 2 lety +2

    Murakoze cane mukozi w'imana umwami yesu kritso akomeze kubongera ayandi mavuta menshi 🙏🙏abagaze kuramba azobarose n'iherezo ryiza 🙏🙏🔥🔥

  • @ritza3452
    @ritza3452 Před 2 lety

    Imana iguhezagire mu bandi banyavyaha.
    Uvuga ibintu bidafise ishingiro.
    Uburundi bureke.

  • @florencenduwimana8218

    Ndavyizeye mwizina ryayesu imana inpumutima wokuyunvira

  • @liberatntibarake9129
    @liberatntibarake9129 Před 2 lety +1

    🙌🙌🙌🙌 Turakiriye iteka Uwiteka Imana aduhaye. Iraje kuzahura vyinshi vyacu

  • @gaudencendururutse4617
    @gaudencendururutse4617 Před 2 lety +1

    Haleluyaaa,amen.Shimirwa Mana Nziza,Mana y,impuhwe,,Mana uteye iteka igihugu canje c,Uburundi kuko ucitayeho.Hezagira cane n,umusavyi wawe profet Bosco ,ukomeze kumwuzuza imbaraga zawe.Shirako abanyamasengesho boba benshi kandi beranda.maze mu Burundi,abakristo bagume kugicaniro ari benshi,biteho cane gusengera igihugu cabo c,amavukiro,amen

  • @cecilebukuru2298
    @cecilebukuru2298 Před rokem

    Imana Ishimwe ko yongere kugira Impuhwe my home country.(Burundi)

  • @desirenunguyubundi6630

    Nibyo pe,Imana nihaguruke isohoze icyo yavuze kuri benewacu b'Abarundi.Amina

  • @marieumuhirwe6708
    @marieumuhirwe6708 Před 2 lety +1

    Yesu ashimwe
    Urakoze cane

  • @emelynemunyana3925
    @emelynemunyana3925 Před 2 lety

    Allelua Allelua turavyakiriye mwizina rya Yesu kristu kristo Imana ikomeze kutugwanirira igaruze ivyacu vyanyazwe

  • @YARABIRANGIJE
    @YARABIRANGIJE Před rokem

    Amen

  • @ndayizeyealbert6972
    @ndayizeyealbert6972 Před 2 lety

    Amen ndakiriye ikimenyetso c’ivyiza mw’Izina rya YESU.

  • @alicenduwayezu6770
    @alicenduwayezu6770 Před 2 lety

    Amen turavyakiriye mwizina rya yesu kritso 🙏🙏

  • @kasorosilivia5328
    @kasorosilivia5328 Před 2 lety

    Imanaa Ishimwe cyane Imanaa Ishimwe cyane Imanaa Ishimwe cyane

  • @irankundabella4032
    @irankundabella4032 Před 2 lety

    Amen amen ndakunda imana cane isohoze ico yavuze

  • @alicenduwayezu6770
    @alicenduwayezu6770 Před 2 lety

    Muhazwe kuramba mukozi w'imana uwuhoraho azobarose kuzaranginza neza 🔥🔥

  • @florencenduwimana8218

    Ndacakiriye mwizina ryayesu

  • @christinesifa8471
    @christinesifa8471 Před 2 lety

    Nishimwe cyane........Aman amn..........

  • @fistonKiba
    @fistonKiba Před 2 měsíci

    I mana ibihegwe icubahiro

  • @olivensabimana5649
    @olivensabimana5649 Před 2 lety

    Hallelujah Hallelujah, Yesu shimwa kuko witayeho iki gihugi c'uburundi ,uhagurutse ishengero kugira risenga Mana yacu,

  • @Faveur_de_Dieu
    @Faveur_de_Dieu Před 2 lety

    Amen, nahaguruke gukora

  • @ndayizeyealbert6972
    @ndayizeyealbert6972 Před 2 lety

    IMANA ibahezagire.

  • @umukiranutsieric9351
    @umukiranutsieric9351 Před 2 lety

    Ubuhanuzi bwawe simbwemera pee urabeshya pee

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 Před rokem

      naje nuko , na yinzara bitwaza Imana ! Ahubwo Ize yiyerekane ikubure abayitwaza ngo nabahanuzi .booose , babaye abahanuze , aho bakavugiye , ngo" muminsi yanyuma, ngo abazonyitwaza " . we , turagowe amadini nayo aragisibije ! ngiye kuza niherera , ndabasengera ! inzara irabamaze , ayo ba dedemba bayitwaze , ntanakimwe bavuga ngo kibe

  • @jeanpierreirutingabo9550

    Amen! Alléluia!!!

  • @manirakizadoriane3911
    @manirakizadoriane3911 Před 2 lety

    Turayibuka

  • @SarahSarah-xn6qv
    @SarahSarah-xn6qv Před 2 lety

    Nihatr

  • @birahindukaofficial628
    @birahindukaofficial628 Před 2 lety +2

    Irebere hano uburyohe bw'urukundo👍❤️❤️❤️czcams.com/video/w7fsh03J4v4/video.html