watching you from south africa i love this man i do remember when i was young he is naughty too much and he is talented to make poeple laught to much i love him so much
Ahahaha birasara pe urumuptari jenzokurungikira 200 dolls ukore nutundi ukofiti thank you for a DC stories it is very nice of DC stories it's good thank you so much my friend
watching you from south africa i love this man i do remember when i was young he is naughty too much and he is talented to make poeple laught to much i love him so much
🤣🤣🤣🤣 fany naku lolo trop nimecheka hadi mbavu zinaniuma
J'adore Mukurukuru ❤❤❤❤❤❤
Uranteramishije,mukulukulu.
Uburundi turikwije muri vyose.
To have the great comedian like you,it's something amazing and valuable.
😅😅😂😂😂😂😂bukulukulu❤❤ndamuknd cn aratwenza cne ❤❤
Nakubali dada yetu Fanny. Umetufanyia mambo mazurisana kwakuleta Studio Burundi. We L♡VE you from USA
Congratulation na Mukurukuru Uncle
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 vraiment Fanny ndaryohewe caaane uyumuntu wacu mukurukuru narinifuza kumubona ahantu nkaha. Terimbere Burundi
czcams.com/channels/1ca6TFbMwEosYgLtl7OfmQ.html
😀😀😀😀Burundi talent kabisa
Ndaryohewe Kubona Mukulukulu mwene Wacu Nakunda Kumwumva Mwiradio Fanny Urakoze Kuza Utwereka Abiwacu Nanje Nzokwama Nkurikira Ibiganiro Vyawe Imisi Yose Nanje Nkaba Nitwa Abou Avuka Mu Burundi🇧🇮 Ubu Nkaba 👉🏴🇬🇧
Hhahhaa, super.... Fanny and mukurukuru, your're all funny
lazare majambere thank you
Ndagukunda cane Mukurukuru kambembe
Mkulukulu nakupenda xn sauti yako tu Mimi nikiisikia nafurahi xn Karbu xn TANZANIA tunataman xn ufike
Ninde
Ha ha ha ha ha ha ha ha ! mukurukuru number one ! big up !
Ahahaha birasara pe urumuptari jenzokurungikira 200 dolls ukore nutundi ukofiti thank you for a DC stories it is very nice of DC stories it's good thank you so much my friend
😂😂😂😂Fanny baragusomeye imisa muranyishe numva nimbavu zibabara ndabakunda cn Mukurukuru&Fanny❤
Mukurukuru ndagukunda ukungene utwenza
😀😀i love this man!nimumuprotinge kuko arashoboye cn,abuze ubushobozi!
Hahahahaha Da Fanny punguza bunene unasikiya kama napadili mukurukuru anakusoma mumisa .hahahaha
mukurukuru ndakwemera udukuru twawe turadushimisha cane
Hahahahhahah uyu jamaa ni noma sana
Tres collé avec l'invité
Fanny uranyica sana! Wakoze kumutumire yaduteramishije
Ndakwemere mukurukuru
Urafenze
hahahhaah Imana yatumye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mukurukuru yahumyeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂
love from china
DJ fanny turagukunda sanaaaaa
❤
Icho nikipaji chaatari iko nacho angekuwa inchi ya maendeleo engekuwwa aishafika mbali sana angekuwa boss
Urumwana
Wew ndagukunda
😂😂😂😂Mukuruku ru is kill me wallahi😂😂 mch lov our Dj fanny
😂😂😂 kye kye
aranyishe.sinari bwamubone mukuru kuru 🙏🙏
Fanny merci kwel ndakwemera san
My man 👨 🤣🤣😁🤣🤣🤣🤣
Huyu Jama anazingua 😂😂😂😂🇹🇿
hahahaha ndanezerewe kukubona
Uyu mutyp arashoboy big up from China
czcams.com/channels/1ca6TFbMwEosYgLtl7OfmQ.html
😀😀😀😀😀😀 nivyo umuvyeyi niwe amenyimyaka yumumwana
mukurukur wew ur mubambere
Fany mubwir akuziyompano kandi ,iyo camela yaw Fany ntibona neza
Mukurukuru uranyica nukuri
ahaza naho turakeneye ildephonse le comedien
Uyumutipe ararenze kbs. Imbazu zirikundya
Funny wahuye nawamugenzi wawe
Fany❤️❤️❤️👍👍👍
Eeee ayomazina yose naya mukurukuru hahahaha
😂😂😂😂😂nakufa nacheko wallah
😂😂😂😂😂😂😂😂mukurukuru aranyishe ndk
Ndafuy nogutwenga fanny courage....
Lyza Gasogo Umuhoza merciii
Wirambire mukurukulu
Reka kumu sera hewe.
hhhhhh Dj Fanny Keep it up kabisaa
Dj Fanny turashaka kumenya amakuru y Ashley Diva umutubwirire ko twamukumbuy muri game afanye arudi Fanya interview nayeye
Hahaha ngonuko Fanny afise imishatsi myinshi arankuyeho Mana
Haaaaa msazi huyo Dj fanny 😁😁😁😁😁
Fanny uragiraneza cane kuza utuzanira Abantu nkabo batuma wunva uruhutse KUMUTIMA IMAN'IBANDANYE IKWOROHEREZA
Fany j'ai validé !!
Gaëtan habimana merciii
Mukurukuru!! Ndabaku da cane!
Asante Dada yaani huyo baba nilijua na hamu nimuone
Asante pi
Asante pia
😂😂😂😂mbavu zangu Mungu wangu
hhhhhhhh Fany et mukurukuru
mukurukuru ararenze
😁😁😁 eti kambembe kambuzi eti mukoyo hatari sana we bwana
Hahahhaha uyu mu vieux numuti wamenyo basi!😂😂😂
Congole sans congo
fanny nakumissi sana💋❤
😂😂😂😂
Vous l'avez serré trop trop by the way
Kuza sana yu Burundi
Nice one Fanny
Good Fanny.
Edison YANKUNZE thank you mon frère
featuring ya Kigingi na Mukurukuru please
OMG abarundi muratwenzaaaaa musengere igihugu cyane kironke amaho rwose
Burya ntamahoro ari muburundi ??? sha urarabe uzosanga ariwewe wenyene utayafise.
Ushaka mwijuru niho atabibazo
@@twitehoivyiwacuburundi4631 It's ok nimba ubona muyafise! Nico mbifuriza
None wewe Eben Ezer muburundi ntamahoro ahari??? Aho usanga uri mu Rwanda nimwe mufitiye jealous abarundi.. ati uburundi buragutwenza? Uzopasuka
uruwakabiri
Haaaah imeshakua ngum Kabis+ 1 🇺🇸
😂😂😂imbavu zanje
I love you dj fanny from turkey
mukurukuru😁😁😁😁aranyica😁😁😁
hhh Mukurukuru ngwarara azimije phone
Uyomugabo muzokwame mokora ikiganiro ndi mozambiQue ndaryamye aha ndatwenze nimbavu zimwe zamenetse azohore akora ibiteramo azoronka abantu beshi nahora ndamwumva kwiradiyo gsa
Fanny jaribu kbs na ww unamjongelea sana hada kifua kina mnasa samahan lkn nakupenda umwaa
😅😅😅😅😅😅
😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣noma snaaa mukurukuruu
Mukurukuru uratwenza cane
Duhe extrait igizwe niyo misa uzob ugiz neza
Fanny nda👉❤️ Tom kuva 👉🇬🇧
mwungura glory urakoze 😘😘😘
Hhhhhhh
courage
BIMENYIMANA PACIFIQUE merci boss
Hahhhhh
❤️❤️❤️❤️❤️👍👍👍🙏🙏😋😋
Tufatane mumu gongo kbs
Mukurukuru uraryohera
Merci Fanny, shira numero ya mukurukuru ngaha
uyu kweli makurukuru hahaha
Kali sana
😂😂🤣🤣😂😂 tumuterere camera nukuri
urarenz ukwiye gutegwa intege mubikogw vyawe
Hahahhahahahahha Respect mukurukururu
from lebanon I love yu fanny
Urashoboye
Mbavu zangu zinauma na mukurukuru
😀😀😀
Emery Ndayishimiye
ATI Fanny ufise igisusu😂😂😂😂
😂😂majina miya jibajibango mkulukulu ww sio rizki😂😂