B Face na Mkombozi muri The STAR SYSTEM mushikirizwa na Biggy, Landry PROMOTER na Minouche
Vložit
- čas přidán 26. 04. 2022
- Sangiza abandi ino nkuru Unagire nico uyivuzeko
Please subscribe make a coment and share
#BFace #Mkombozi #kimwekukindi #BlackMedia #starsystem - Zábava
From canada 🇨🇦 we love ❤️ guy’s # mkombozi # B face
B face &Mukombozi big up saana ndabakunda sibanga black fm kalibu caane big na minouche &umutananigwa courage bro turabakunda caane .bishasha mmuziki sapoti nziza caane kumuziki wuburundi turashoboye
This is another system let's Burundi grow up in the music industry
B face na mkombozi mwubahwe kabx ✊✊❤️❤️❤️
Mkombozi and B fec congretulations my broo Randry and Minouche congretulations 🙏🙏🙏🙏
Mufise studio nziza ariko mupunguze disorder abantu baguma bakora circulation muri studio ntiviboneka neza .keep going Black Fm .
We love u
Ndabakunda sana Hasta la victoire siemple and Bfc respect ✊
Hongera Bantu bacu Imana ibaje imbere
from Zambia I love This guys about his talents Imico yikirundi ntibasiga inyuma Bamera uruda kurukumu B face on the vyose mukombozi kimwe kukindi
The boy with dance hall big up love from RWANDA turashaka bill man boys
Mwigore mwongereze caméra nubwo yoba imwe mwoba mukoze courage kabisa🇿🇲🇿🇲🇧🇮🇧🇮
Umuziki ndundi songa mbele
Kwizina ryimana
B. Face and Mukombozi from Burundi ndabakunda cyane Big Fizzo nabandi ndabakunda cyane
Fire fire🔥🔥🔥🔥
Wow Ndabikunze more blessings
B Face +Mukombozi🤭🤌🏽🤣🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ntubura kwer🤣🤣🤣
Respect kimwe kukindi
Mkombozi ,hala madrid 🔥🔥🔥
Wow,muranteramishije serious,thank you black fm
Ndabakunda uko muribabi bfec namukombozi imana irishiriz kubarinda nokubahezagira ibahe nivyo mwifuza vyose 🇧🇮❤️🇸🇦
B Face na Mukombozi respect cane,ariko Landry nagende kwiga journalisme amenye uko bikorwa nuko babaza,kuko uriko urabaza ukaguma usubiramwo amajambo bitwara umwanya
Did you all hear B-FACE free style. fiiiiiiiire
Numukozi waaana
Mkombozi we love you from mabayi
Wawuuuu vyiza cane mwubahwe
Mukombozi na bfs mwubahwe💪👍❤️💯🇧🇮
Mukombozi at B face mwubahwe ndabakunda can
Wooow🔥🔥🔥B face&Mukombozi murarenze🔥🔥🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mkombonzi unaweza sana tena sana
Ndabakunda cane mwubahwe Mugerageze gukundisha umuziki wuburundi kandi mukundishe abaririnvyi babumwe nanje ndabakunda cane mwubahwe
Abantu.nkunda..B.f.s.mukombazi🔥🔥❤❤
Umuvumbuzi 🙏👌 from kenya ndabakwirikiran cn cn mwubahwe mukuduh ibintu vyumutse
Ayeyoooo and yamani ♥️♥️😍😍
Hongeleni sna Burundi twateye imbere biriko biraza kunguvu zidasanzwe 🤝
Congratulations for good work 👏
Courage guys 💪
Hiyo mixeur inakuwa lazah ya studio
Black FM ndayishimiy ntibagiy mukomboz and b face(ntimugarukiraho...) Minouche and Landry (congratulation) Dj Alida mwubahwe (muhanur'abandi ba DJ gupromotinga umuziki ndundi nivyo birang'iterambere).
Respect to Mukombozi!👌
Muduha abasan bacu gusa vyabigugu mushira muma TV online ntavyotagombo dushaka Brack Media ibe nka wasafi 🔥🔥🔥🔥🔥
Aba journalistes ni aba collaboratteurs b’abaririmvyi!
Si aba fana!
Landry ndakubaha ibikorwa vyawe biranyubaka saaaaaana ndashaka stage iwawe👌
Impwano weee ndabakunda cn❤
wubahwe Landry ❤ wuguruj radio respect
Ntabwo ari rwiwe niya black tv
I love you more than i can say
That is good
My favorites ❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥
Mkombozi numuhanga kbx from Rwanda we love you br🇷🇼
Big up san gs landry aze aravuga bukebuk tuzomwumv n bn
Mkombozi is the best in that game
Love from Josiane 🥰 ndabakunda cane
Biggy...... Uranyica ndakeeeeee
Mukombozi numu Real,arikojewe ndamufana,tugeze kumupira nzomuponda
Courage
#y@@ga!!
Mutibagira yuko natwe turiho
Murakwiye kudushigikira kbx🔥🔥🔥🔥👉🎼🇰🇪🇰🇪x🇧🇮😎🔥🔥🔥
Ndabakunda tu basaza sinzi kuririmba muga ndakunda abarundi bacu mwubahwe sana ba bro
Warumuriro murikino kiganiroo
Waoo 🔥🔥🔥
Safii saaana mazeeeee
Mi love this development
Ico caba DJ bashaka kuvuza izoab fans bashaka, m nka Alida jew nah ntab nzi ivyumuziki nkumva avuze ko indrimbo ikaze ncandayitaho kuk mb nzi kwabizi....
Ikiganiro Ciza cane but muramuciriye mwijambo B FACE kuko harivyo ataribwo aheze
Landry anaongea sana kama mtangazaji wa mpira bro😅 but congratulation bro🤝
Great job.
Mukomboz turamwemer
I like this viber on bj keep move on I love it
Wag wan😀😀😂😂😂ayeyooooo
Ayeyoo wasafi tv irahejejwe gukubitwaa copy mwubahwe
B.face numunyakuri kbs
Love from #baabex
Randry et minouche ndabakunda can
#WeGotThat👁
Ndabakunda cane
B-face nakubari san
Brother's respect
Mukombozi urarenze! B-face nawe komera!
🔥🔥🔥🔥🔥💓💓
Respect xn
Mwubahwe ndabakunda mukombozi kiretse bifesi Aragara ndamwadikiye mugusoma Arangqrako kadi nuwakwetu gatumba ntunabana
Mwubahwe
Abatumire ni umuco w’iterambere k’umwuga wo kuririmba i Burundi!
À vous!
🥰🥰🥰🥰🥰
Landr we urafise ingorane yo kwingungirako ijambo ugashaka kuguma ubaza wenyene ndagufana ariko buza urikosora ndetse urwize ubumenyi cane cane wige kuvuga langue zisumba 1 hama Thx
Ndabakunda cante
🔥🔥🔥
Kumbe ki B Face kirarenze kuri Free Style mwishwanje
Focus guys 💪
😄 😄 😄 💥💥💥💥💥
Kbs Black fm iranze kbs
Bantu mugomba kurwanya ikirundi B-Face ariko aravuga,sindabatahura,Kandi ntamuco aca kuruhande. Ndamushigikiye,Kuko burya ikirundi c'ukuri Kiri mumvugo ubu twita ibiterasoni kuko twamaze kuzita.Ingorane ihari,n'abigisha b'ikirundi b'ubu kenshi barabica hirya no hino
B face ndumufana waw kand nkund ibikorwa vyawe nkab ngerageza kubikundish abagenz banj ah mpererey mukuvuz kesh indirimbo zaw nkab ndumu Coiffure nkorera mukinanira besh banz kwizin FANNY nipfuzak umus umwe nzokumw ubwanwa iman izobikor nivyish ngushimir no kunyigisha kwambar neza Merc n Fanny mukinanira
Igihugu ciza cane kandi nikundira ico nico cari carabuze hejuru hejuru hejuru
Randry zuragabanya kuvugacane urima ijambo minouche Kandi mumutwe aragusunvya caneeee rero mugerageze gukina muhana biraryoshe conseil mbahaye muzogera kure
🥰🥰🥰🥰🥰🙏
❤❤❤🇧🇮🇧🇮💥💥💥
Kkmera mutwika!
Gato karaterinda agaki none 😂😂???
😂😂😂 from kampala b face ngo baronder abasuma 😂😂😂😂😂😂😂😂
Landry harya narinzi ngo ni show buzz zanyu noe muza mwaratanguye 🤭🤭comera
Komufise akanyamuneza keshi
💪💪💪💪🇧🇮🇸🇦
Muze turwize ama subscribe kuri bano Barundi Bacu, entertainement yacu nayo izob international