Imboneza TalkShow Avec Ange Muyubira ( Directrice de Kazozah Art )
Vložit
- čas přidán 12. 09. 2024
- Le domaine financier est un domaine clé dans la stabilité économique du pays.Dans le but de mieux y voir clair et de savoir par où commencer pour se lancer.
Dans le 4ème épisode d ' " IMBONEZA TALK SHOW ", organisé par DNF en collaboration avec Ubuntu Agency.
Nous avons passé de bons moments avec des invités spéciaux, qui ont pris le temps d'encourager les gens qui étaient là.
Dans leurs témoignages, ils ont souligné que : "Quel que soit le contexte financier ou le niveau de revenu, vous pouvez vous développer si vous avez un plan de gestion de l'argent et le courage qu'il faut pour le respecter."
A part une foule de personnes présentes, l'émission a également été suivie par de nombreuses personnes, en direct sur notre page facebook, ainsi que sur la chaîne BETV via Startimes.
#ImbonezaTalkShowEp4
Monsieur Dieudonne c’est vous qui va faire le Burundi avance félicitations continue
Egooo caanee.je le connais depuis 2007, il était pas encore pasteur, ico nibuka yarafise ivyiyunviro bikazee caane,yitoje kubumupresident ntivyantangaje nuko nzi yarafise des visions ariko,son influence positive sur la société burundaise est sans barrière.
Whouu, quel temoignage inspirant !
Il presente des differentes strategies pour s' en sortir financierement , je pense que c' est avantageux de tenir Ce genre de conference au Burundi afin d' inciter les gens
de faire ce qu' il faut faire, plutot que d' inverser les choses. Je tiens à remercier à Mr Dieudonné Nahimana pour
Ces initiatives enrichissantes et egalement à l' intervenante qui de toute sa simplicité Elle a partagé toutes ces experiences si parlantes.
Le Burundi dont nous sommes fier. Biranejereje. 🙏🏾
Mushingantahe Dieudonne', mbanje kukuramutsa nti: Amahoro y' Imana iwawe, mu bawe no mu vyawe. Hanyuma nti: Felicitations pour cette heureuse initiative a travers votre Show, unique du genre dans notre cher pays.
Ni ubwa mbere ndaba ikiganiro c' iwacu nkakirangiza atakimpungabanije, kuko kirimwo inyigisho nyinshi kandi nziza.
Aho hantu mwicaye hateye igomwe, wiyemeje kuhakirira abantu benshi batandukanye bo mu nzego zitandukanye, haze habere umuco, urumuri n' ukuri... bimwe mvyodufasha mu nzira z' iterambere ry' umuntu ku ruhara rwiwe no ku gihugu cacu.
Wow..turabasavye muze mushishikare bino biganiro! Bitwigisha vyinshi
Ibiganiro nkibi twari tubinyotewe iwacu muburundi mbega umu maman w'ubwiza avuga neza yubaha Imana 👏👏👏🙌
iki kiganiro kirimwo akanovera...Kiri très inspirant
Soooo inspiring .thank you
Wow j'ai fait pratiquement le même business à 17ans😂😂.
Ange Umukama agukomeze kandi aguhezagire caaane
Nukuri muzotubabarire mumugarure ,hari vyinshi yotwigisha. Kandi mwakoze canee kumutumira 🙏🏾🙏🏾😘
👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏WOW!!!!...Turamurindiranye igishika ah'unutaha❤
Ndabashimiye kur'ibi biganiro yemwe
Mr Dieudonne uwogutiza ubushikiranganji bwugwaruka imyaka 2 twobona akarusho kanini
Uvuze ukuri vrtt,harivyo ntovuga,ubundi arafise ivyiyunviro d,influence niho ibintu biruko biri,kndi ntakizomuzibira lmana iramujimbere
Mbega ahantu hari ivomo ry ubumenyi.
Good tugiye kubana
Murakoze caane kutuyagira !
Ariko uwo mutumire nta adresse yiw yaduhaye umenga irakenewe goose
Very inspiring. Good questions and great wisdom in answers. Keep up the good work.
I owe no man nothing but to love them.
👏👏👏👏Merci bcp et que le bon Dieu vou benisse abondamment 🙏
Waooo,merci bcp pour la video,c'est tres inspirant.
Mrciii bcp kuribi biganira vrma ava jeune twari tubibuz
Very inspiring. Murazogira part 2 y'iki kiganiro svp
Bravo madame muyubira from france 👌👏
Courage Madame uciye ubwenge uranyigishije peeeee!!
Ibi biganiro ntagiye kubikunda bilimwo kunyubaka❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹
L'inspiration elle même
Murakoze caaane kubwikigaaniro kiryoshe cane ubundi hariho imbuga zo hanze mpora ndaba ngiye kuba umu follows wanyu
Very inspiring !
Anyongerereje inguvu vrmt iki kiganiro kiraryosh
Uyo mu maman turamukeneye cane mugarukane uzobukoze kuko invugo yiwe gusa nimihezagiro kuri twe arugurutse aciye bugufi mbega yemwe ndamuvuge gute Imana imuhe ijuru 🙌🙌👏
Ntuzi ingene yicisha bugufi imbere y aba clients biwe n abakozi !
@@user-lc2qc8pd5o yoooo yarahezagiwe disiwe
@@user-lc2qc8pd5o waaaooh.none irya kazoza ikora ibiki
@@nicomburunditv9668 barashona impuzu, ibirato, baragurisha ama colliers bikoreye...n ama sacs à mains...canke ama sacs y abagabo. Kandi afise abakozi benshi kabisa. Hari n ibindi bakora jewe ntazi.
Mbega Umu Damu mwiza 😍
Murakoze. Cane
WISE WOMAN
Très édifiant
Bandany utubera urumuri!
Iki kiganiro nicakamoro 🙏🙏🙏
Merci beaucoup
ndifuza kibi participa mwo.nobigena gut.hama kugira umuntu abe hosted vyogenda gut
Non KO mutamuhaye umwany ukwiye kand afis vyinshi vyokutubwira ngirakamaro! Muduh igice ca 2 twe umwnya wokwumva turawufise! Hama mrakoze can kubiganiro vyanyu!
Vyari biryoshe
Bravo Ange🙏🏽👍🏽
Mwoba mufise e-mail canke telefone ya imbonezaTalkShow
Ange Imana ikube hafi
czcams.com/video/YeKr5sLPucg/video.html