Mutoni uranyemejee 🤌🏾🤌🏾😀
Ongera ugaruke muri music kuko talent urayifise kandi ubu uzoba uri très professionnel kandi uzofasha benshi kuko nawe warafashijwe. Dogo A ndakwifurije gutera imbere wibuka cane igihugu cawe c'Uburundi. Salut
Ndi umufana from zamani!
JIMBERE MAGAZINE 🙏🙏🙏 uyu muntu twari twaramwibagiyeeee!! Twamuheruka akiri mwana muto cane..
✍️ #BE_CHAP_TV
Thanks for bringing him,it was long time, namuheruka arumwana aturirimbira kuri journée culturelle sha
Dogo A Sinarinzi ko azi kuvuga I kirundi neza uko bravooo dogo A 👏👏👏👏
Broooo....Ndagukunda 44444...
I'm 19 but I heard your songs keraaaaaa..
Cyane cyane manjonjo!!!!!!
Nice 🙌🏾💯💯💯
Ndakunda uwumu journaliste Dogo A avuga bukebuke kweri
My brother ♥️
Imana ikurinde bro
Iyi émission ikoze neza.
❤❤❤❤❤❤❤
Yooo manjonjo yari hit nari nkiri promaire 🔥🔥🔥🔥
This one is exclusive
Une très belle emission!
he has got great values and very humble
❤️❤️❤️merciiii #mukoni kutuzanira #Dogo A
Dog A ndaryohewe ya interview yawe Kandi watwaye neza cane kubona warabandanije amashure Kandi wishura ibibazo neza uri posé..we love you from Burundi 🇧🇮🇧🇮
Ntamuntu nakunda nka dogo a ndamukunda Sana gose ndahimbawe kubandamwumvise ijwi ryiwe muga ndashaka koyogaruka kuririmba asha ndamwipfurije kuramba
Yeah big up to u and Dogo A! Am still voting yes for Manjonjo Song and Turwany'ubunebwe...!
Araciye ubweng cane🥰
Yuuuuu ndamwibutse shaaaa🤣🤣🤣 Muri " manjonjo" il était tellement mignon🤣🤣Ubu yarakuze ni beau gar vya hatari très intelligent très sérieux 👌👌 We can't wait your New coming UP. Warukumbuweee🤗
mon enfance 😭😭😭😭😭😭depuis rdcongo, merciiiiiiiiiiiii Dogo A
Smart jounalism
Nostalgie 😂😂😂hama we can’t wait🔥🔥🔥🔥
Yaàaaaaaaagaaaaaaa 🔥🔥
waoooooooooh 😘😘😘😘
Très pausé 👌👌👌
Love from #Aisuper💓
He's my crush now ❤❤Dogo A
Wawoo nimependa story yko
welcome 🇧🇮
Dogg a ndamukunda gusa niwe wanyawe c kuko numva ngo yarapfuye murwanda turamukunda
Ego niwe wanyawe kandi ntiyeze apfa Naho woraba indirimbo ziwe zakera ugaca uraba nubu urabonako ariwe
Wauuu ukunt uyu ndamukund namuheruk kera
Yoo nukuntu ikigali twamukundaga turabana garuka basi
Humble 💯
Warakuzeeeee❤
Dogo a vp broo mbona skusikii skuizi lmekuwaje?
Très intelligent
Just nuko les rezo socio zitari bwakomere....si haba nkubu hari CZcams.......yari kugira plus de success.... Il a du talent musical....
Ndakuze uko yishura, bike bikenewe kd neza, ari franch
Uwu mu jama
Namwumva nkiri muto nawenyen ari muto
✍🏻🙏✅
He was all of us’s 1st crush 😻 😅❤❤❤❤
Idk how I can say that mu kirundi 🫣🫣🫣😭😂😭😭 BUT #LIKEthisCOMMENTifYOUcanRELATE 🤣
🔥🔥🔥🔥
Question / Reponse
Liesse turamukumbuye cane!
❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✌️🙏🙏🙏
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Kubera ubwenge buke bari mfise ico gihe narinzi ko waririmvye ba kadogo twaragowe kubera witwa Dogo-A
Asa na Alkiba
Garuka muri muzika bro.....ukore remix ya manjonjo kwanza
Warakuze disi😂😂😂😂
nkunda cane ukuntu wicisha bugufi bro
Wakera
Twamuheruka kera reka ndakirabe cose numve ibivugwamwo naho nacerewe
Komera
Ego nukuri sinari bwakubone
respect to the interviewer man iki nico bita akazi wamwiyumviriye gut ngo umuzane he's so turned off
Ntawuryamana akamurya🤣🤣🤣 narinz k gutwar inda bisab ubweng kumb #Ntawuryamana akamurya
Garuka mumukino
None koyavuze ngo kuririmba agiye kubiheba ngo ntaco bimaze akaba agiye gusubira gusohora indi ndirimbo
Brother where are you ah best talent in world 🌎 African was best ..now is because of stupid president making racist in us
pourquoi tu lui demandes sa femme de ses rêves ??? il peut avoir un homme aussi donc arrêter vos stereotypes
tu peux lui demander, tu as une personne dans ta vie!!!
❤❤❤❤❤❤❤
He is so humble and smart just from the way he answers to the questions.