Kuberiki Fanny ariw akwiy kwegera Abel?Abel wew ntibikenewe KO yokwegera Fanny?Ivy kuvugango umugore n'umugore uko biri kose umwe wese atunzwe n'ibikorwa vyiwe si question d'être homme ou femme
Yavuz vyinshi uyu mu type nibidakenew, hama vyari bikenew ko Libert avuga ko ariw ari Nsoro??? film arayihejj, hama!! Izo nsaku niziveho Abel yiyakire nimba Fanny atagishaka ko bakorana kuko ni droit y'umuntu gukorana nuwo ashaka, hama nimba ari ibntu biri personnelles bapfa nibabihez ubwabo nk'abantu bakuz barek kubizana kuri réseaux sociaux, hama uyo mu typw benichou watumiy ya concluwe ibntu naw atari sûr, ico ca vision yakivuz muri sens yaho yavuz ko ataho arashika kuko Abel yavuga ngo yaratey imbere Fanny aca arareka ko baba abagnzi, hama naw ati "vision zanj zigera kure,si yibaza ko natey imbere" so dukeney ibikorwa vyabo gusumba insaku...uyo mushitsi waw yahagaz caneee kuri Abel yamuvugiy cane umengo yavuz ibiri sûr mais akaza aravuga ngo nivyo yibaza😂😂😂
nta nsoro!seulema jew kubiganiro maz kubona Abel mur w ntiyashoboy kwakira iteramber rya Fanny.kuko iriko urabiraba fanny aza ubwamber bisigura ko abel afis jalousie ko Fanny ariko aramusumvya
Emwe vyabintu birakaze kabisa yezuu weee.ariko ntuvuge caane kuri libert kuko iyo Fanny adashima gukorana nawe ntiyari gu força jewe numvanibintu bigoye kweli nibugurure imiryango Fanny akine kwa Abel be na nsoro Hama Danny na Abel bakine muri film yokwa Fanny na nsoro Hama tubakurikiranire ibikorwa vyabo .barekivyishari vrma .aturuko tuzobareka nibisaku vyanyu twirabire kwa rukundo TV,inkinzo TV,nsabasi TV ,mutama Gérard TV,mwibazako TV ziriko ama film yabarundi atari nyishi ? Btb TV ,ninyishi izonizo nibutse zicako film hari nizindi zaba marvela, etc.... Nimwumvikane mukuzanye nivyo vyiza.nyamba vyukuri hatarimwo mwibinti vyenyegeje inyuma tudashobora kumenya
Jew abarundi ndabazi bihagije urabafasha munyuma mukugutera akagere bigera hejuru ni benshi bamaze kubingira, rero na fany namubonye mwabobantu gusa biracanintege pe Abel yihangane
Non wew k uvug uko uraz ivyo abel yafashish fanny?mbeg ndakubaz fanny yar umukoz wa abel mbe yar yasiny contrat kwa abel ereg bos barafashany abel yarakin mur film za fanny na fanny agakin mur film za abel rer ntiyar umukoz wiw sinumv igitum uvuz uko
Gusa je ndiko ndabirab fanny yaravuz k igih yagomb kuj mu rwanda akabimubwir abel yaciy ac ku ruhande avug k fanny atomutang kuj mu rwanda urumv harimw agashari mber irya award fanny yatahany abel vyaramubabaj ntivyamuguy neza
Vrt uravuga ukuri ntucisha hiry nino wubahwee👊👊👊👊
Uyumutype arazi gusesangura vrmt yubahwe cane ivyo nivyo
Oya rek Fanny afisamarira arihaf sukuvuga ngoyarabbaayeee vya Caneeee😂
Uvuzukur Abel numu papa wurukundo ahari yubahwe
Bose ndabakunda ariko fani yokorakumuntu ngoyababayegose kumbe niyamarirayiwe yiriza ukwabishatse nikariyariya
@@meshoalqahtani394 😂😂😂😂
Uvuzukuri fany nukwiriza abel yubahwe numuntu wumushingantah
Uyu mujama The Son ndamwemeye vrmt, arazi kugira analyse ku mpande zose ataho ahengamiye. Kurya yabivuze, iyo mukint hariko harazamwo aka beaf, vyerekana ko ico kintu kiba kiriko kiratera imbere. Umugani wiwe, films zaba bantu babiri ziriko zirarabwa ku rugero rwo hejuru ubu umwe wese akora ukwiwe. Kandi bizotuma umwe wese aca akoresha effort ishoboka kugira akore neza
Ntavyonunvise.ndahaciye ndengana
😂😂😂😂
Benny nukr uwo mutumire vraiment arashoboy peeeee ndamwemeye kbx.
Uvuze ukuri
Basha ndabasavye mumu reke fanny nimba arikumwe nasoro niwe yahisemo ira iconzi fanny nimunyamahoro kuribose
Uvuz ukuri
Fani ikintu novuga nuko mwosubiza hamwe na Abel gukomantaza umutima sivyiza nimuze murafashanya kugira imana ibahezagire
Ahubwo fani ivyokurira nabihebe yegere abel bqbiheze areke kwiduza ko yamaze kumenyekana kuko umugore numugore tuuu rero nivyabandanya tuzohava tureka kubashigikira kugira vyorohe nakaye nukutugaya twege abafana banyu😒😒😒😒😒😒😒😒
Kuberiki Fanny ariw akwiy kwegera Abel?Abel wew ntibikenewe KO yokwegera Fanny?Ivy kuvugango umugore n'umugore uko biri kose umwe wese atunzwe n'ibikorwa vyiwe si question d'être homme ou femme
7wo mutumire ab8vugante ubweng kand birasobanuts big up
Fany asigaye yishira hejuru cane
Jewe mbona abel arumuntu mwiza nukuri fanny nawe agaca aguma yiriza amosozi amarira yabagore turayazi fanny arigarisha ngo yaramenyekanye agacashaka kugara kuri abel ;ndabivuze mushaka muntuk muma comentairw
Oya ntawogutuk uvuzukuri kweri
Ukuri kuzuy,hakanzw naryamarir yiririshij naj nubunyen mvuz ndir amosoz yoz yiruka azayivugish ama nonsense😏nyine Fanny asigay yigarish birabonek ningen arib bamuzamuy
Allo mumureke fany yibereho
Uyumuhungu avugukuri nkumugabo ntaho ahengamiye
Umutaalam The Son. Ubahww
Uwo mu type aje atavyorosha kweli 😀😀😀😀😀
Uravuga ukuri vrt
Kandi mumenye ahomugeze nitwetuhabagejeje kuko turabafana banyu nimwaguma muryana tuzobaheba
Ikindi ivyo bintu vrmt jew biriko biratuma numva umengo ndiko ndanabanka
Uravye neza Fanny na Abel harikintu kinyeheje inyuma vugishe ukuri Abel yarashatse gusaba ibintu Fanny kko yavuze ko Abel afise afise iyindingeso bafa itabereye yatwara jwe ndabivuze
Mwubahwe mbayuwakane
Uwomugabo arafite ivyiyumviro vyiza keep nikiganiro ciwe kirarenze keep ego
Murankuyeho nukur nangatwongo ngo bafise ibintu enbox
Vrt murabe mubahuze bishoboka kuk abantu Bos wumv ngw'ikibi c'abarundi Nico kand nivyo bagir Aho bashits kukintu ciza bagatangur kuryana
Fanny numu dame wubwenge nimureke ABA dame turashoboye kik harabagabo bakibonako atamugore yomucimbere
Fanny na Abel nibasubize hamwe kabisa
Yavuz vyinshi uyu mu type nibidakenew, hama vyari bikenew ko Libert avuga ko ariw ari Nsoro??? film arayihejj, hama!! Izo nsaku niziveho Abel yiyakire nimba Fanny atagishaka ko bakorana kuko ni droit y'umuntu gukorana nuwo ashaka, hama nimba ari ibntu biri personnelles bapfa nibabihez ubwabo nk'abantu bakuz barek kubizana kuri réseaux sociaux, hama uyo mu typw benichou watumiy ya concluwe ibntu naw atari sûr, ico ca vision yakivuz muri sens yaho yavuz ko ataho arashika kuko Abel yavuga ngo yaratey imbere Fanny aca arareka ko baba abagnzi, hama naw ati "vision zanj zigera kure,si yibaza ko natey imbere" so dukeney ibikorwa vyabo gusumba insaku...uyo mushitsi waw yahagaz caneee kuri Abel yamuvugiy cane umengo yavuz ibiri sûr mais akaza aravuga ngo nivyo yibaza😂😂😂
Sha Nukr pe uvuz ukur
Mubahwe
Wubahwe, wavuze ukuri udaciye kuruhande!
Uyumujama Niwubahwe ntakatishuye neza nubwenge rero Fanny igihari Ninkenerwa kuri Bose Afise Talent Mama weeee
Usanga nsoro yavugije igitari ca fanny neza hama fanny acabonako abel atakibereye umugenzi wiwe
Hhhh
😂😂😂😂reka kunyica
Nihatari kumbe ibintu biraca bandanya nimukomere cane
Nimukore murekane namajambo kuko bariko bapfa ubusa aho ntihabuze ababateranya
The Sun uwo mupira yambaye murububushuhe vp
Ivy Fanny na Abel nibavyiherez bonyene twebwe abafana ntibituraba ariko turabakunda
Inyungu tubashakako nuko badukinira film kabisa
Jw icombona nkumu fans abel niyikorame fanny nakore ivyiwe kungira umwu mwe wese arabe ahinguvu ziwe zinger kandi turabakunda bose jw fanny ndamwemera abel ndamwemera kandi ihikogwa vyono ndabibona bose iconobahanura rero fanny niyikoran abel uko niho sa ariko ubungezi bungumeho
mureke Fanny yikorerakazi gusa nkabafana vyobaziza basubijehamwe kuko impano ya Fanny ihuye niya abel iyobarimirifilm imwe birahuje ariko suko abel adafise film zinyishe arikoko abakinyi bakunzwe ntabafise basubijehamwe vyobavyiza
None iyi sujeeeeeeettttt🙄🙄🙄🙄
Ababipfa nababisangiy iyumuntu abonye ahoyigejj acab uwundi muntu akabon batobato kwarib yasigiy ubuken nimurab mwicish bugufi turi musi yijuru isi ntisakay
Barayamaze ngo iterambere ry,Umurundi umwansi waryo n,Umurundi mugenzi we ntibabeshe. Muri babiri harimwo umwe yatwawe nishari kandi iyumuntu yatwawe nishari ntacatokora ahubwo birinde ishari
nta nsoro!seulema jew kubiganiro maz kubona Abel mur w ntiyashoboy kwakira iteramber rya Fanny.kuko iriko urabiraba fanny aza ubwamber bisigura ko abel afis jalousie ko Fanny ariko aramusumvya
Oyah uwo ariko avugira Abel cane nakure ngaho
Urumuntu wumugabo nturi muribabandi baza gutumwany wokuvuga ibitubak
Abel nafanny turabakund barigukoran baratunezer nibasubizibikogwa hamwe batsindishavu nibodufit mumareresi
Béni izo like kwarii nyinshi None !???
😓😓🤔
Noneho nibavugemake ubutuzobakwirikiranagake.kuko.amamega arazivye
Emwe vyabintu birakaze kabisa yezuu weee.ariko ntuvuge caane kuri libert kuko iyo Fanny adashima gukorana nawe ntiyari gu força jewe numvanibintu bigoye kweli nibugurure imiryango Fanny akine kwa Abel be na nsoro Hama Danny na Abel bakine muri film yokwa Fanny na nsoro Hama tubakurikiranire ibikorwa vyabo .barekivyishari vrma .aturuko tuzobareka nibisaku vyanyu twirabire kwa rukundo TV,inkinzo TV,nsabasi TV ,mutama Gérard TV,mwibazako TV ziriko ama film yabarundi atari nyishi ? Btb TV ,ninyishi izonizo nibutse zicako film hari nizindi zaba marvela, etc.... Nimwumvikane mukuzanye nivyo vyiza.nyamba vyukuri hatarimwo mwibinti vyenyegeje inyuma tudashobora kumenya
Nimwubahw musubiran amahoro nsoro na fanny Abel nareke ishari
Uyo mu tipe arantwengej🤣
Béni iryo vya Fanny na abel winjiyemw woshak wobirek kuk urik uratuma abantu banka abakinyi ba film bigatuma abafana ducika intege rero béni vamurivyo bintu winjiyemw kuk nabone bari bihorey babivuz kubera wagiy kubavuguruz
Uyumuntu niwe vrt.uri muribake uvugana ubwenge kd uri umunyakuri.hama vrt Fanny numva ndamutahura cane.kd amurek uyu araduhay umuco.fanny ndamukunda Can kd ndamutahura.mumurek ntibikenew KO vyose Amena ibanga.luravyumva namwe
Arik Fanny yaravuzek at'ampembo ashak nyuma
Nimurek izo nsaku,ntazibana zidakomanya amahembe bazotunganya bihere,TW tubasa k bogum kumurimo bakaduh ibimez neza,Ivy vie privée vyab ntitwar dukwiy n kubimenya
Jew abarundi ndabazi bihagije urabafasha munyuma mukugutera akagere bigera hejuru ni benshi bamaze kubingira, rero na fany namubonye mwabobantu gusa biracanintege pe Abel yihangane
Non wew k uvug uko uraz ivyo abel yafashish fanny?mbeg ndakubaz fanny yar umukoz wa abel mbe yar yasiny contrat kwa abel ereg bos barafashany abel yarakin mur film za fanny na fanny agakin mur film za abel rer ntiyar umukoz wiw sinumv igitum uvuz uko
Gusa je ndiko ndabirab fanny yaravuz k igih yagomb kuj mu rwanda akabimubwir abel yaciy ac ku ruhande avug k fanny atomutang kuj mu rwanda urumv harimw agashari mber irya award fanny yatahany abel vyaramubabaj ntivyamuguy neza
Urumva rer wew uvug k fanny yamenyekany kbra abel!
@@aburahma2421 uvuzukuri Bose barafashanya