#Mashariki_TV

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 07. 2024
  • #Burundi #Tuyage #Ubutunzi #Urwaruka: Mu rukurikirane rw'amakuru y'urwaruka ruriko rurakora ibijanye n'ukwiteza imbere n'ugutanga ubuzi, #Mashariki_TV ibashikana mu ntara ya #Muramvya, muri zone #Bugarama. Léonce Vyumvuhore akora uburimyi kijambere bw'ibitoke. Aratubwira uko yatanguye, aho ageze, ivyo yungutse hamwe n'ivyo asaba

Komentáře • 5

  • @NestorMinani-mv2tp
    @NestorMinani-mv2tp Před 7 měsíci +1

    Kl nivyiza ça kk igitoke ninkenerya kuri bose

  • @nsavyimanaclovis3903
    @nsavyimanaclovis3903 Před rokem +1

    Terimbere Wiwacu. Gufata igihori nukuzinduka

  • @desirendayihimbaze7881

    Komera turagukeje kandi turagushigikiye

  • @TruthMediaUkuri4024
    @TruthMediaUkuri4024 Před 3 měsíci

    Murakoze kuduha amakuru y'uburimyi n'ubworozi, natwe tubafitiye nazashine zoguhingura ivyasaruwe.Fyonda hano mubisangize n'abandi.czcams.com/video/fmhG_4QX0Ws/video.htmlsi=NdyJfGkVzdLyiUsx