Doctor M nincabwenge ntawoshooborakumuvugishico adashatse rero. Akunda cane ivyo Vava akora arabona ko ari umukobwa umenga kazoza kiwe nikeza yabivuga tabinuma bieaboneka ko arico tashimye Vava ninavvyo vyamujanye murukundo nakomeze kuko abahungu bakunda ico babonesha amaso ariko ivyo VVa yabwiye irangaza makuru nivyo nawe yavuze aho bari bashwanye. Vyerekana neza urukundo rwabo bantu ko bahuje kuriduke pour le moment nibabihe umwanya umwe wese ntatwarwe nivyo abantu bavuga ariko arabe ko hamwe boja munzu imwe nkumugore numugabo bizoshoboka ari egobarubaka ari oya babihagarike bakorane bisanzwe ivyo kulbaka babirekeikibi kirimwo nuko hari abashaka ko Doctor M yonyarutsa agatwara Vava kuki abantu baguma bavuga ko Doctor M ariko arahenda Vava ivyo vyerekana ko ari couplenimushireko ico ntavuze?
Belgium twarababaye jamais jouer avec les sentiments d'autrui... ntasoni dorimbogo oyeeee wowe uzaba diaspora dorimbogo we❤❤
Ntaramenya nibyo uri buvuge rwose njyewe numva mwakomeza urukundo rwanyu mugatungura benshi .
Kdi muzagira ejo hazaza heza kubera impano mwese mufite❤
Umva ubyumve ko tubakunda. Kandi vava nawe yahakuye isomo asigaye yitonda disi😂😂😂. Nkunda vava kuburyo ntasobanura😂😂😂😂
Dr.M courage.Vava mureke wikomereze ubuzima.ni imbobo rwose .umukobwa utukana kuriya koko
Ariko wewe uri umugesera mubi cane,kuberiki wama ushako DM aheba Vava,wewe ntabwo urimbobo gusumvya Vava,cangwa ugomba ko DM akunda wewe,urashisha pe
Dr.M na Vava nkumbuye ikiganiro murikumwe ndabakunda ❤
Reka kuguma ukinisha umutima wa Vava. Muvyukuri Vava numukobwa mwiza abadiyasipora turamukunda reka kumwicira isoko yibonere umugabo umukunda reka kuguma umubesha. Nukuri urigukinisha imitima yabeshi. Vava niwiyakire tanga umwanya abagukeneye bagutore. Imana ikwurije indege. Uwo ashaka hiti utaguma gusamara wirigiye uwo musore. Ndagukunda Vava 🌹🌹🌹💐💐💐❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Stidion harimo urusaku ntitwumva
Tegura umunsi ujyane Vava gusuhuza ababyeyi bizatuma abavuga Bose bahindura imvugo
Wawu. Urukundo rwanyu nimurukorere Kandi rusagambe inyuma ya Kamera . Yesu abafashe
Ndumufana wawe kubera vava nubwo yitahiye uzamubere aho atari😊
Nukuri hatazagira ubaca intege kuko vava ntabwo arimukuru pee
Uburyo mbakunda mwese nimutandukana birangwa nabi😢😢😂.
Docta, njye ndakwikundira bareke bavuge bazashira ivuga docta icyo nakwisabira kumeza inzira watangiye❤
amen musore wacyu komera turagukunda
Ahubwo uzafate irembo vuba ubatungure
Umucyo Kitchen TV mudutere inkunga nyamuneka ❤❤
Kandi Nyamara Vava Azavamo.umugore Wubaka.urugo rwiza.Kandi kizavamo ikidamu kiza.Ndakikundira!!
Chr wavava wirambire uzobemeze kuko barabavuga ncanee uzubemeze.canee mwigumire murukundo mubancange vava numwana mwiza yokubaak urungo naho bamubeshera ngo afise abana none abo bana yabavyqye ryari kombona akiri muto uharure ingene birirwa bavuga ngo wamuteye inda bararem ibindahari vava bamuveko umwana wumunya rwandaturamukunda❤❤❤❤❤❤uzubemeze umutwerr bamaramare
Reka Mbagire Inama.Wa Musorewe Niba ukunda Vava.Muge Muzana.Ntukamwemerere ko Aza Muri Ababanya makuru.Kuko Bamuvugisha nibyo Bashaka!!Noneho kubera Avuga Ibyo bashaka ko Avuga!!
Njyewe doctor M ndamukunda,mbona arinyanga mugayo, ahubwo yakunze Vava ,utazi gusigasira urukundo ngo yitware neza,mumagambo avuga,Vava nawe simubi ,ariko aratukana kandi ntabwo yubaha😊😊😊
Dogita nawe vava nimu komeze urukundo rwanyu abavuga mubareke bavuge bazako rwanisoni nibabona mushakanye eregaturabakunda nubwo dogita bamutuka babona yarahe mukiyevava kandi baribamaze kuremamwaba nru ikizere gusa nimuko meze urukunda tubarinyuma
Oh ok Huggggggggg hahaha
Ubunimwemushikiriwe d m
Rata ntutinye kwegera umujgeni wawe Mur. I
Urujyero rwiza rwo kubabarirana
Ariko iriya ndirimbo warayisibye doctor M. Jya ivugisha ukuri. Ikindi nawe vava waramitutse uranamusuzugura ngo natoke. Birababaje kumuntu wize
Nfavukunda aliko ntuzange vava sha
Noeri ndaguhe amahoro
Irukundo nirwita kubintu cg umubiri kko byose birashira
Turabakunda ntimukaduce intege
Doctor M nincabwenge ntawoshooborakumuvugishico adashatse rero. Akunda cane ivyo Vava akora arabona ko ari umukobwa umenga kazoza kiwe nikeza yabivuga tabinuma bieaboneka ko arico tashimye Vava ninavvyo vyamujanye murukundo nakomeze kuko abahungu bakunda ico babonesha amaso ariko ivyo VVa yabwiye irangaza makuru nivyo nawe yavuze aho bari bashwanye. Vyerekana neza urukundo rwabo bantu ko bahuje kuriduke pour le moment nibabihe umwanya umwe wese ntatwarwe nivyo abantu bavuga ariko arabe ko hamwe boja munzu imwe nkumugore numugabo bizoshoboka ari egobarubaka ari oya babihagarike bakorane bisanzwe ivyo kulbaka babirekeikibi kirimwo nuko hari abashaka ko Doctor M yonyarutsa agatwara Vava kuki abantu baguma bavuga ko Doctor M ariko arahenda Vava ivyo vyerekana ko ari couplenimushireko ico ntavuze?
Byarakubabaje kulo waje ubeshya ko vava afite abana ect ..
Injyajyagusapuuu
Ako gashati disi karasa nayakanzu yavava pe
Nari narakunze couple yanyu ariko mbonye uburyo vava yagututse mu ruhame ndababara
Na doctor M yaramututse please
Nawe yaramututse ngo ageze Muri Menaupose ni ndyarya uyu musore.
., ntimukabeshyere., dcta., em., aritonda pee., ntagoizongeso., zubushurashuzi., azigira
🥰❤👉👉👉czcams.com/video/eYk8y0ZcPmM/video.html
Vava azige nawe kukuvuga neza kuko hari ibyo bamubaza agacanganyukirwa akakuvuga nabi gusa uzamwambike impeta urebe ko adahindura byose akagukunda kuko ubu muraziranye kubaka byaborohera
Yego rwose abanyamakuru bamubaza byinshi bikamucanga
None DM,uri impumyi ko utigera ukura amarori,koko uwavuzeko wahaze drogue ntiyabeshe nkeka warangiritse mu mutwe no mu maso
Ujye wivugira ibibola byawe ariko YAGO umwihorere Dr M we
Dr M nukuri uli imfura no ku mutima,ndi umu tate ugukunda ukubona mo imbere hazima kubera imico ufite,izerere mu Mana Data wa twese.ibindi bizaza
Genda hariya wewe urumwana mubi canke ngirango watushaka kumumenyekanirako ntavyurukundo vyarimo