#UMURUNDI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 08. 2024
  • •Papa Utamu(kuri WhatsApp):
    +25769406405.
    Dushigikire kugira iterambere natwe turyinjiremwo nka:
    #Kino_Yves
    #walkthrough, #wasafimedia, #isimbitv , #denalifofficial , #mrbeast#yomidenzel ,#wildlife, #yağmur ,#happy ,#jung ook, #jenniferlopez
    #alexandradaddario #AngelinaJolie #MeganFox #margotrobbie
    #chrisevans #ChristianBale #AnneHathway #BrieLarson
    #ScarlettJohansson #elizabetholsen #JenniferLopez
    #JenniferAniston #JenniferLawrence #priyankachopra
    #KristenStewart #HaileeSteinfeld #emiliaclarke #galgadot
    #wonderwoman #DC #mcu #MeganFox #kyliejenner
    #kimkardashian #kendalljenner❤️
    N'Abandi benshi.

Komentáře • 162

  • @haragirimanachristian8562
    @haragirimanachristian8562 Před 3 měsíci +18

    Zacharie n'umurundi w'umutima, bravo Zacharie...twese tumutorereko akarorero, gukunda igihugu cacu ukwo kiri kwose, ibibazo bibaho mugabo igikuru n'ukubivamwo, ivyo navyo bikunda mugihe nkatwese twoba nka Zacharie, iyo ukund'igihugu, wama wiga imigabo n'imigambi yo kukibungabunga, yo kugitez'imbere nabanyeneco badasigaye inyuma, twige rero gukunda igihugu n'ugufatana mu nda atawuvuyemwo, vive le Burundi...TURAGUSHIMIYE NAWE WASHOBOYE KUDUTEGURIRA IYI NKURU Y'ICIGWA CO GUKUNDA IGIHUGU

  • @KongweChimwemwe
    @KongweChimwemwe Před 3 měsíci +13

    Umurundi wese ategetswe gukunda Uburundi,dukunde igihugu cacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @festuspromoter3376
    @festuspromoter3376 Před 3 měsíci +16

    Ndakeneye kumenyana na zacharie nkamuha agacupa kbx yaranshimishije cane ni un vrai patriot 🇧🇮

  • @yongwetv738
    @yongwetv738 Před 3 měsíci +32

    Abarundi twese Twige kuba nka Zacharie wi MUYINGA!!!
    #PapaUtamu turagusavye Uze uduha ibintu nk'ibi!!!

  • @Peaceful13465
    @Peaceful13465 Před 3 měsíci +9

    Love Burundian
    from 🇷🇼🇷🇼

  • @s.m849
    @s.m849 Před 3 měsíci +13

    Ndagushimiye caane Papa Utamu!!! Na Zacharia ahezagirwe caaane!!! Yves tumusanganire, tumwiteho muri vyose twisunze indero yacu nziza kavukire!!!

    • @Ubumwe485
      @Ubumwe485 Před 3 měsíci

      Tube twese nka Zacharia barundi benewacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮, igihugu cacu kibe nyabagendwa.

  • @user-mm5td4rz8t
    @user-mm5td4rz8t Před 3 měsíci +13

    Ndunurya Rwanda but Uburundi bwubahwe🙏🙏

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Před 3 měsíci +18

    Every Burundian could be patriot as Zacharia

  • @benericyarankunze6793
    @benericyarankunze6793 Před 3 měsíci +10

    Intwari Zakariya 👍👍

  • @eliaskaje6749
    @eliaskaje6749 Před 3 měsíci +4

    Zacharia is a smart boy!!Clap for him

  • @jaheverest8754
    @jaheverest8754 Před 2 měsíci +2

    Zechariah was so brilliant to ask such powerfull question to mr yves. well done Its means he's calling improvements of country burundi👍

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 Před 2 měsíci +1

    Maa shaa Allah Zacharia twariganye disi akoze ikint ciza pe n'incabwenge pe

  • @MuslimStanley
    @MuslimStanley Před 3 měsíci +11

    Much respect to Zakaria he is a good mn he tried to show how much he wants to improve our country ❤

  • @prf5776
    @prf5776 Před 3 měsíci +6

    Papa Utamu ivyo zakaria yakoze ko bovugira uburundi, vyose vyishwe nurya mupolice wiMuyinga yaramukubise ngo afashe ifoto

    • @urinzwenimanaildephonse45
      @urinzwenimanaildephonse45 Před 2 měsíci

      Uriya mupolisi yarakwiye kurengutswa imbere ya sentare kuko yatumye uBurundi butakaza amanota

  • @fafaTtn2877
    @fafaTtn2877 Před 3 měsíci +5

    Yves azobera umugisha abantu benshi uravye nkurya mu taxi vélo womu Rwanda ukuntu yamugiriye umugisha .
    Nuwo zachalie bamufashe ababijejwe

  • @njutujedeofficial2998
    @njutujedeofficial2998 Před 3 měsíci +2

    Zakaria n'umuntu w'intwari, yakuze neza,afise amafranga n'umurwizatunga, n'umutima w'ubuntu ndamuzi kandi ninincuti yanje. Kantu n'ugutembera yaratembereye. Ndishimye gugira incuti umunyamuyinga wiwacu nkuyu👏👏👏

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před 3 měsíci

      Ubwo Nanje uzonyandikire kuri WhatsApp : +25749406405
      Tuganire kuri vyinshi woba uzi kuri Zacharie n'Abanyamuyinga muri Rusangi.

  • @nininahazweemmanuel6673
    @nininahazweemmanuel6673 Před 3 měsíci +4

    Ndabaramukije cane,hari umuntu muri iyo vidéo yakoze ibintu vyiza cane kuruta Zakaria,n'uwomukobwa canke umugore yamujanye Restaurant,inyifato yerekanye n'iy'umuco mwiza cane kuruta kuvuga amajambo meza Zakaria yavuze.
    Burya ico umuntu akora kiruta kenshi ico avuga,twabonye urya mupfasoni afashe kudiscuta amahera bagomba kumudugirizako kubera ari umunyamahanga,kandi uramuyagisha neza,bitayeko ntamahera nawe yigeze amusaba...Ivyo yakoze vyotuma igihugu kigenderwa gusumba ivyakozwe na Zakaria n'ubwo navyo ntabineguye.
    Umusi mwiza mwese.❤

    • @yongwetv738
      @yongwetv738 Před 3 měsíci +1

      Urya mukobwa nawe Papa Utamu araduha Inkuru Yiwe nawe mukanya numvise ko yayiteguye!!!!

  • @schadrackicoyiterekeye2314
    @schadrackicoyiterekeye2314 Před 3 měsíci +6

    Office National du Tourisme du Burundi niyo yarikwiye kumwankira kubera ko ndazi ko amakuru bari bayafise ko azohaca mu Burundi hanyuma mbere akanababwira uko ibindi bihugu tourisme yaho iteye imbere n’ingene itunganijwe none bashimye kutamuha ikibanza ariko abandi barahabaye ibendera ryacu mu makungu rigume rihungabana cane ❤❤🇧🇮🇧🇮

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Před 3 měsíci

      Oya aha nawe urarengeje. Siniyumvira ko iyo Office National du Tourisme yoza ija kurubibe rw'igihugu ngo igiye gusanganira umuntu umwe yinjiye mugihugu kandi (kubera uburyo yiyunguruza n'igari) ashobora kumara imisi mike gusa mu Burundi.

  • @user-jf1ps1ly5s
    @user-jf1ps1ly5s Před 3 měsíci +3

    Uyumusi dimanche nih ndavye vidéo ya Yves nkunda Zacharie cane uburyo yamuganirije none ngiye ngwa kuri vidéo ya papa utamu! Bro,god bless U yo ndabishobora naje nakora nkibi!
    Ariko,ndagaye urya mu policier yishe mood na appétit ya Yves vrt!
    Gusa umukobwa yamwakiriye wo muri cafeteriat un coup de chapeau kuri WE!
    Komera mwenewacu Papa Utamu!❤

    • @papautamu8897
      @papautamu8897  Před 3 měsíci +2

      Urya mukobwa nawe n'uwo gushimira!!!
      Witege Vidéo ivuga kururya mukobwa mukanya!!!
      Burya irabitse yarahejeje GUKORWA hasigaye kuyibaha!!!!

    • @user-jf1ps1ly5s
      @user-jf1ps1ly5s Před 3 měsíci

      Ubundi uri umuntu wacu muvukanyi!ter'imbere nk'umuzinga!!

  • @Sympholine
    @Sympholine Před 3 měsíci +6

    Yakoze caane Zacharie, niyubahwe!

  • @julius875
    @julius875 Před 3 měsíci +11

    Iyo video ndinayo Zakaria yavuze ijambo nyaryo narinezererewe arakwiye gukora muri visit burundi

  • @GentilMugisha-su4ye
    @GentilMugisha-su4ye Před 3 měsíci +6

    Njye ndi umunyarwanda pe ark Zakaria nanjye namukunze cyane imbamutuma yeretse urya muzungu.

  • @bienvenupro894
    @bienvenupro894 Před 2 měsíci

    Ndumu Nyamulenge W'IMULENGE Nkunda Uburundi 100%

  • @afrigifttv1038
    @afrigifttv1038 Před 3 měsíci +3

    I wish to see all Burundians being like Zachary ❤

  • @felicienhafashimana-yc1gp
    @felicienhafashimana-yc1gp Před 3 měsíci +3

    Congratulations papa utamu

  • @eyesopentodaytv7480
    @eyesopentodaytv7480 Před 3 měsíci +7

    Ivyomuvuze ni ukuri ahubwo uyo mu polish jewe noca ndamusimbuza ZAKARIYA.😊

  • @umurezieric3720
    @umurezieric3720 Před 3 měsíci +3

    Nice Papa Utamu

  • @herimbarushimana9328
    @herimbarushimana9328 Před 3 měsíci +2

    I think this is what we call humanity. People have to live freely on earth and express. I suggest also for Burundi government to plan on how to invest tourisment .
    Murakoze

  • @marietheresenyandwi8671
    @marietheresenyandwi8671 Před 2 měsíci +1

    ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮so beautiful

  • @africawelead7933
    @africawelead7933 Před 3 měsíci +2

    Icifuzo canje nuko zacharie bomushaka bakamushimira hama uriya mu police bakamwigisha kwakira neza ingenzi kuko nizo zirata canke zikanenga igihugu ziba zaragenzemwo iyo zishitse iwabo. Zacharie did a good thing, but the police officer messed up with everything to the extent that Kino Yves titled his video " This why nobody visits Burundi." Ibi vyerekanye ko yababajwe cane. Ariko kandi, abo gushimirwa barahari bamufashe neza, akarorero nko muri hotel yashikiyemwo hamwe n'umukozi w'umukobwa akora muri restaurent 👏👏💐💐. Twige kwakira neza ingenzi, kuko ni umuco mwiza kandi utarihishwa.

  • @ernstbzma4824
    @ernstbzma4824 Před 3 měsíci +2

    God bless zakariya

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před 3 měsíci +11

    Nanje harico nkwisabira munyamakuru, mugerageze kuza mura critiquant aba polisi nkumwe yamukankamira i Muyinga ngo ntawamuhaye uruhusha rwogufata amafoto. Ibintu biducafuza. Kandi je hari abazungu beshi bamaze kumbwirako aba polisi babafata nabi bababuza gufata amafoto, or niyo yamamaza ivyi gihugu

  • @VAa-nb1odviolette
    @VAa-nb1odviolette Před 3 měsíci +3

    Kabisa yubanhwe❤❤❤❤❤

  • @superchannel250kigali
    @superchannel250kigali Před 3 měsíci +3

    Cool kabisa ameze neza

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před 3 měsíci +14

    Abarundi twige kuba kazakaria akokantu ugashire kuri fb

  • @edouardniyongabo9436
    @edouardniyongabo9436 Před 3 měsíci +2

    Abarundi turakunda igihugu cacu, ariko ubunyamwuga buke bwaba police bama bafata nabi ingenzi nivyo bitukisha igihugu mumakungu.ibibintu birakwiye guhinduka kuko bivanye na title yivyo yves yanditse bivuye kumu police,sinibaza yuko vyotuma turonka ingenzi mugihugu cacu.Zakaria bravo turajwe ishinga nokubona igihugu cacu gihindura isura mumakungu.

  • @felixbigirimana435
    @felixbigirimana435 Před 2 měsíci

    Bravo ,,,,uvuze nezà Zakariya mérite une reconnaissance, ni umurundi wakakorero wakaranga mutina kurukundo apitoyé igihugu. Bravo journaliste.

  • @taekwondoburundisylveruthe1390
    @taekwondoburundisylveruthe1390 Před 2 měsíci +1

    Zacharie niyubahwe cane goSe umusi yatemberereye ibujumbura. Ndifuza kuzomubon tuyege

  • @GatotoMohamed
    @GatotoMohamed Před 3 měsíci +8

    Zakaria sivyubu yamye ar'umuntu akunda Igihugu akunda abantu atabaribake turamuzi ninincabwenge cane

  • @WARS_THROUGH_AGES
    @WARS_THROUGH_AGES Před 3 měsíci +2

    Zachariah ni patriotic kbs, love from 🇷🇼

  • @FonboyZebede
    @FonboyZebede Před 28 dny +1

    Good

  • @franciscafrancoise1426
    @franciscafrancoise1426 Před 3 měsíci +3

    Haaa nturinde kumuryasha inkuru zakaria ntamakuru afise wabonye ukugene umupolisi yamukubaguye😢😢😢

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 3 měsíci +3

    Papa utamu uzomutumire zakariya umukoreshe ikiganiro

  • @julynyampinga6933
    @julynyampinga6933 Před 3 měsíci +3

    Vrement yamubajije ibibazo,byubwenge ntahandi babimubajije numuhanga

  • @festuspromoter3376
    @festuspromoter3376 Před 3 měsíci +12

    Uriya mu officiel wa police akwiye gufatwa agahanwa kuko yafashe nabi ingenzi

    • @JaphetNizigiyimana
      @JaphetNizigiyimana Před 3 měsíci +1

      Ahubwo akwiye gushirwa ahantu bakamwereka neza ingene umuntu agirwa nuwundi jewe yambabaje caaane kabisa barya nibo batuma igihugu kivurwa nabi bitari bikwiye njewe ndazi ko abarundi dufise urukundo rwishi mubantu yiyerekanye nabi aze yikebuke

    • @dieujolindayishikaniye6957
      @dieujolindayishikaniye6957 Před 3 měsíci

      Nak maramaz ury m police yonony urugend gwury munt nik menyets yuk uwar wewes mugih cacu akor icashak muguturubik abant

  • @bernarduzabakiriho88
    @bernarduzabakiriho88 Před 3 měsíci +1

    I’m visiting Burundi in July

  • @suleydamour4059
    @suleydamour4059 Před 3 měsíci +2

    Zakaria yakoze neza cyane..ndifuzako mubihe birimbere uburundi nurwanda ruzafatanya mubintu bya tourism..kuko turenjyeranye biriroshye umushyitsi kuza murwa akambuka aza no muburundi twese tugatera imbere.. gusa nyine se shenanigans yemeye😢

  • @user-ky7ny
    @user-ky7ny Před 2 měsíci

    Zachary merits a high post in national tourism services.

  • @everinedusabe2555
    @everinedusabe2555 Před 3 měsíci +3

    Papa utamu tubaturikumw

  • @irankndajojo
    @irankndajojo Před 3 měsíci +5

    turaharii kubwibiganiro vyizaa uduhaa di papa utamu

  • @user-bf2go4jw7v
    @user-bf2go4jw7v Před 3 měsíci +1

    Verry good Papa utamu❤

  • @dieujolindayishikaniye6957
    @dieujolindayishikaniye6957 Před 3 měsíci +3

    Zacharie yabikoz nez arik uwaciy yic vyos ury mu polis yaciy az konon vyos biry nivy birang yuk ab tovy mugihug dufis besh

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u Před 2 měsíci +1

    Love u my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️

  • @ndayirukiyebenoit7023
    @ndayirukiyebenoit7023 Před 2 měsíci +1

    Zacharie usanga yaraderanjavmwishure😃

  • @TruthMediaUkuri4024
    @TruthMediaUkuri4024 Před 3 měsíci +2

    Kwel Zachary yagikoze neza.yamusavye yanamutumye ijambo rikomeye ryingenzi.

  • @baamedia257
    @baamedia257 Před 3 měsíci +2

    Courage 💪🌟

  • @DavisonKaluwe
    @DavisonKaluwe Před 3 měsíci +2

    Nukur harabatweretse ko mubarundi harabagifise agatima rare

  • @muhirepatrick7414
    @muhirepatrick7414 Před 3 měsíci +3

    Ibitangaza biragwira😂😂😂

  • @charitedushime6971
    @charitedushime6971 Před 3 měsíci +2

    Twige kuba ba zacharie

  • @niyonzimaesperance8449
    @niyonzimaesperance8449 Před 2 měsíci

    Bravo Zacharie uri intwari caane nanje ndize peee

  • @SamuelNzambimana-vx5vv
    @SamuelNzambimana-vx5vv Před 2 měsíci

    Nanje naramukunze cane ❤nukur yubahwe cne

  • @Aristide-et8gk
    @Aristide-et8gk Před 3 měsíci +2

    Uko nukuri

  • @kamanyolabilajasho3833
    @kamanyolabilajasho3833 Před 3 měsíci +2

    I was in Muyinga two yrs ago the impression I got is terrible! I had this feeling I was being watched by the state! Why? Because someone told me "Mustanteri" knows you are here! I was flabbergusted! Everywhere people would look at me as if I'm from another planet..I thought Im missing my privacy..eyes follow every corner if you happen to walk around..

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před 3 měsíci +2

    Nanje zacharie yaranyigishije gukunda nukurata igihugu cacu! Abashigikiye abantu batumirira abanyamahanga ngo baze kwihweza ubwiza bw'uburundi, mumpe likes👍

    • @catherinemurekatete1304
      @catherinemurekatete1304 Před 3 měsíci +2

      Ikintu kibabaje abantu baba hanze yigihugu mubihugu byamahanga nibo basevya ibihugu byabo cyane

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Před 3 měsíci +2

      @@catherinemurekatete1304 si bose ariko nyene ntubeshe bariho womengo nivyishimo kuribo. Ariko abo kubahindura nitwebwe. Tubamaramaze mugukora nka Zacarías. Abazoza kuraba ibihugu vyacu nibo bazobahonyuza bati beshere hiyo.
      Gusa mu 🇧🇮 ABA polisi bamw bamw ntibari informés sur la manière à se comporter devant les touristes surtout les étrangers

    • @catherinemurekatete1304
      @catherinemurekatete1304 Před 3 měsíci

      @@nizigiyimanayves9485 nibyo pe! Jye harabantu numvishe bari gusebya uburundi nabayobozi gusa nabwiye umwe muribo nti ese ukoze iki cyahindura bimwe mugihugu cyawe. Niba abayobozi atari beza nkamwe nkabaturage ntabwo mwagira ibyo mukora nabo bagahinduka? Not kubahindura cga mukiyamamaza mugahindura ibintu ariko mudateje umwiryane mugihugu? Uzuntu yambwiye ngo nibakomeze bamaramaze igihe nikigera bazabavanaho nabi. Narumiwe .

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Před 3 měsíci

      @@catherinemurekatete1304 dommage!

  • @emmanuelndihokubwayo3679
    @emmanuelndihokubwayo3679 Před 3 měsíci +1

    Numuntu wumugaboo Zacharie

  • @nimenyarenovat5288
    @nimenyarenovat5288 Před 2 měsíci

    Big up

  • @user-so6hx9qs2k
    @user-so6hx9qs2k Před 3 měsíci +2

    Wubahw papa wutamu komez uduhe izo video

  • @ConfusedMoose-xi3yt
    @ConfusedMoose-xi3yt Před 3 měsíci +2

    Biranezereje cane kuba zakariya yamuganirije neza nkzbabazwaningendo za barundi nkaba bashobora gushwanira ingenzi nkizi nukuri nicogituma tutazofya duteyimbere tugifise abantu nkabo bamezuko kandi abantu kabo nibababdi badatembera ngo babone ingene ingenzi zifatwa nukuri numva mbabajwe nabobafashe bzgashwanita ingenzi hama ngo tuzoterimbere.😢

  • @Elysepictures_officiel
    @Elysepictures_officiel Před 2 měsíci

    Yubahwe kbs👏

  • @piterfedrick4647
    @piterfedrick4647 Před 2 měsíci +1

    At urabivuga uko wabibonye very good

  • @NyirabatoniUwayo-ct9yx
    @NyirabatoniUwayo-ct9yx Před 3 měsíci +1

    Nihake cane uzasanga abantu nka Zacharie

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Před 3 měsíci +2

    Hariho abarundi bamenyereye kurira munduru atangwano badafungura nibo rero iyo habonetse amahoro barababara kuko bibonetse ko haramahoro akazi kabo kaba gaheze 😂😂😂😂😂

  • @rukingaboy5473
    @rukingaboy5473 Před 3 měsíci +2

    Zacharie wubahwe

  • @Nshimirimasteve98
    @Nshimirimasteve98 Před 3 měsíci +1

    Much respect to Zakaria

  • @NizigiyimanaAisha
    @NizigiyimanaAisha Před 3 měsíci +3

    Yubahw 💪

  • @emmanuelndihokubwayo3679
    @emmanuelndihokubwayo3679 Před 3 měsíci +1

    Gusaaa ndakeney uze urampa aga coupon mur 1xbet

  • @Sirila18
    @Sirila18 Před 3 měsíci +2

    Abarundi nta mafaranga bigeze bamusaba nkuko twabibonye babigenjeje mu Rwanda.
    Mu Burundi turasavye ko isuku mu nyambaro yogeragezwa bivuye mu nzego z igihugu. Amazi arahari n amasabune bishoboka muyafashishe abanyagihugu isuku ryiyongere.
    Mu Rwanda isuku mu vyambarwa rirakwiye.

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 Před 3 měsíci +2

    ☆Nanje uyu muhungu na mukunze vyukuri.☆ aba nibo uburundi bubuze nukuri.

  • @NNn-mj2pb
    @NNn-mj2pb Před 3 měsíci +2

    Zakaria mumuzane

  • @maximendabakwaje9923
    @maximendabakwaje9923 Před 3 měsíci +2

    Zacharia amikoro arayafise kweli aho urihenz nuko utamuzi

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 3 měsíci +2

    Ahoyaciye hose ntahoyigeze abona abantu bamuganiriza nkabarundi vrt

  • @user-fp1lj5zp9j
    @user-fp1lj5zp9j Před 3 měsíci +2

    Zakariya niyubahw

  • @BazeNews
    @BazeNews Před 2 měsíci

    Zacharie umurundi wumutima ❤

  • @mahorojoseph4037
    @mahorojoseph4037 Před 3 měsíci +1

    Zakariya ni umugabo kbs,

  • @ruzoviyomatirida4004
    @ruzoviyomatirida4004 Před 3 měsíci +2

    Uyu mugabo bamuhe akazi muri Ministère ya Tourism

  • @ByiringiroClovis
    @ByiringiroClovis Před 3 měsíci +3

    Shimye ko ubivuze ko vyahavuye bigenda nabi

  • @ButoyiThierryve
    @ButoyiThierryve Před 3 měsíci +2

    Zakariya numume nimero yiwe ndamuhe yi cupa akoxe igikorwa gikomey

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d Před 3 měsíci +1

    Vyiza cane,
    Kwakirana neza bifise akamaro

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 Před 2 měsíci +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-jr3cp2xj5z
    @user-jr3cp2xj5z Před 3 měsíci +1

    Uyu namuheruka kenyanone yageziwacu.

  • @JosueNiyokwizera-gk7mm
    @JosueNiyokwizera-gk7mm Před 3 měsíci +2

    Abapolisi bakora nkurya barakwiye inyigisho kko baratukisha igihugu cacu si uyo gusa hari nuyundi babikoreye mur ville w'umunya kenya vyarambabaje cane!

  • @user-eh8bt1jv8q
    @user-eh8bt1jv8q Před 2 měsíci +1

    Mubisanzwe abapolice nibave muri bimwe vya kera Ubu isi iheze muri période des photos

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 Před 3 měsíci

    Zacharia yavuze neza
    Urya mupolisi
    Acabisobamwo
    Nacogituma
    Uburundi tukirinyuma
    Nuwohakorera
    Itera mbere muramwirukako
    Agaheva yiyomora
    Na cyo gituma nkumwana yiviriy muburundi gusubirayo aravyibagira

  • @dernelmpundu9759
    @dernelmpundu9759 Před 2 měsíci +2

    Gukunda ni amagiriranire. Burya igihugu cacu hari abo gitonesha mu baco, abandi kikabahuhika. Gukunda rero nta tegeko rijamwo

  • @louisnshimirimana9961
    @louisnshimirimana9961 Před 3 měsíci +2

    Harumu police wimuyinga naw akwiye guhambwa ikidali cikimaramare kabisa

  • @Tagt391
    @Tagt391 Před 3 měsíci +2

    Wibuke nukuraba Aho vyahereye Ku mupolisi araho

  • @user-jw4wx8yd1b
    @user-jw4wx8yd1b Před 3 měsíci +1

    Nukuri yabikoze neza ariko turagusaba wew ugera kure udusabire mumashure ya leta bigishe icongereza uravye mubindi bihungu umwana wimyaka 4 aravuga icongereza ukumirwa p ariko iwacu muburundi nu mwana ahejje 13 nta muntu boyaga icongereza nki saha p

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 3 měsíci +2

    Vrt nanje narabibonye birandenga Zakaria yaranezereje cane

  • @jeanbertrandakimanaaristid8068
    @jeanbertrandakimanaaristid8068 Před 3 měsíci +1

    Zacharie yigenjj Neza can🇧🇮

  • @NiyinyitungiyeClaudine
    @NiyinyitungiyeClaudine Před 3 měsíci +1

    Zacharie wubahwe wakoze ivyonanira abarundi beshi kuk o beshi bashira inda imbere nkaho nagira agiramusabe asegerereza ariko ivyakoze bihesha icubahiro igihugu girahuba wubahwe Zacharie