I’m a south Sudanese who lived with Rwandans in UG and I can hear few words like eggo, komera komera, ndakukunda 😅 and so on. I love your traditional dress and planning to rock it in an occasion in July please guide me through. How many mitres is the bottom material and how many is the upper one?
Safi sana❤❤
Murakoze

Murakoze bigeme beza muraberewe.
Très intéressant
Komera, komera bigeme beza, umuco n'akaranga ni agahambaye cane cane ku mwigeme n'umukenyezi w 'umurundikazi, ni ivy'agaciro ntangere, urwaruka rubizirikane cane.
Muraberewe
Umweko= umukandara...
Murakoze cane kutwigisha uko bavuta.
Kbx mwaberew,murakoz cane nanj hari gashasha munyigishje,ndabony nahora ndazambara ibitarivyo🤭
Muhezagirwe shaa
Ndashaka numerous yawe
Nicole. Uzorabe ikinyarwanda nikizotware ikirundi, kubera hari igihe numva umenga ndiko ndumviriza umunyarwandakazi🤣🤣🤣. Basha sinka kwakundi kwa ker ugitangura amavido n'a accent 100% burundais🤣
mutahure yubatse numu rwandais ariko aragerageza vraiment. Fleury legend niwe atacibuka ikirundi
Vyiza cane
Merci kutwigisha ivyimvutano
❤️❤️❤️
Muduhe adresses za magasins i Bujumbura zibamo imvutano. Merci.
Nicole ntitwaheruka kukubona kuri youtube.
🤩
Mana weeee Jacqueline nkumbuye weeee
Muri beza b'iwacu
Merci
😘😘😘
👌👌👌👌👌