Umugambwe CNDD FDD watunganije igisabisho co gukengurukira Imana kiriko kibera mu ntara ya
Vložit
- čas přidán 8. 09. 2024
- #Burundi : Umugambwe CNDD FDD watunganije igisabisho mpuzamadini co gukengurukira Imana kiriko kibera mu ntara ya #Gitega ku kibuga c'indege co mu #Magarama. Ayo masengesho azomara iminsi itatu yatanguye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 28 Rusama 2020, akazorangira ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020.
Muzokwishura vyinshi .Yemwe bagalatiya bibijuju ninde yabaroze.ko mwari mwatanguye muvy Imana none mwabihevye.Umuco n umwiza ntivyigera bifatana
Hahaha
czcams.com/video/VUwECkoONMU/video.html
Musengikiko yesu yavuzengo muzobabonera muvyobama mwebwe mwamiki ibwicanyi gusa nubusuma nokwigunga ngomurinivyo mushoboye muzohuran imana ibabaze kumweyabaza kayini i
Nibareke guhenda abantu woshimira imana warivye ahubwo nuko Imana itagihaniraho bose yarikuca ibaturirira ngaho ahubwo ngira niyind'Imana yomukuzima abarundi barabahinyuye sha
Patrick aho nawew namoanur ufis kuk suko wari kuvug, ntabutwar butav ku mana. Niyatwar neza ntayind mana tuzoba twarasavy nimana nyeningabo vyemer.
@@ndayisengalanbert5310 urabikora nkinumira ukibwira ngo sindabibona imisi yigisuma ni 40 iruta ingabo
ibisuma
Hahahahahahha
czcams.com/video/VUwECkoONMU/video.html
Nikiranga mushimira ntabwo ari Imana ya Aburahamu na Isaka na Yakobo Imana yabisiraheli iri maso buca iberekana musenga Bayali ababeshi abasuma.com
Murahumba umwiza numuco ntibabana izobatangaza petero nkurunziza yavuze uzirahira akiba amatora azihurira nimana igiye kubakubita inkoni mugahanga kuko yo ntikorana ni nryarya
imana abadd basenga mukuyandika itangigwa nurudome ruto, nimana yikiyoberane: yica, yiba, isambana, etc!!! Dd@ntawuyobeweko@mwigirintama@muramabingira@yinkazi@yahoo.com