Bujumbura: Abarundi baratahuye ko kwikingira ikiza ca wa mugera wa Coronavirus

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 03. 2020
  • Abarundi baratahuye ko kwikingira ikiza ca wa mugera wa Coronavirus umaze igihe uteye isibe kw’isi, ari igikorwa ca buri muntu. Mu gisagara ca Bujumbura, gukaraba ibiganza biza vyabaye umugenzo. Aha ni ku gituro c’imiduga yunguruza abantu kiri mu gisagara hagati, ku kibuga c’umupira w’amaguru citiriwe Intwari no ku buzi bumwe bumwe .
    #Coronavirus
    #BURUNDI
    #BUJUMBURA

Komentáře • 2