Rolex, Ep 5 : Ntaco tutakoze

SdĂ­let
VloĆŸit
  • čas pƙidĂĄn 25. 10. 2022
  • 🎓 Amashure araheze, abajama bagiye mu vyo gupambana ba dĂ©posa ama dossiers yo gusaba akazi.
    đŸ€·đŸœâ€â™‚ïž Rimwe, kabiri, gatatu, bava aha baja harya, hose ni "oya"!
    đŸ„” Udushati twacuye kubera iyashu, uturato twahengamye...
    đŸ™†đŸœâ€â™‚ïž Ariko igisanga nya gisanga, co ntibari baciteze na gato
    đŸ“œïž Irabire namwe
    #IbihanzeUrwaruka
  • ZĂĄbava

Komentáƙe • 13

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Pƙed 8 měsĂ­ci

    Jewe cheilla aranyicya narinaborewe😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Pƙed 8 měsĂ­ci

    Cheilla ndagukunda cyane❀❀❀

  • @kubilewis
    @kubilewis Pƙed rokem

    CÂŽest vraiment original. Bisumba za serie zabasambura ingo, zabarenga ibigo

  • @el9baby870
    @el9baby870 Pƙed rokem

    ntagitangaje

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Pƙed 10 měsĂ­ci

    ❀❀

  • @ndaboroheyeblaise685
    @ndaboroheyeblaise685 Pƙed rokem

    Eeeee iyo sĂ©rum uyitwaye heheđŸ˜‚đŸ˜‚đŸ€ŁđŸ€ŁđŸ˜‚đŸ˜‚

  • @annydoriane3027
    @annydoriane3027 Pƙed rokem +1

    Mufise aba acteur naba actrice bakina neza

  • @dioufdiouf349
    @dioufdiouf349 Pƙed rokem

    Nta ba rasta bakoresha😂😂😂

  • @shammahmugisha9881
    @shammahmugisha9881 Pƙed rokem +1

    Ko muyisubiyemwo ?

  • @majerifranck
    @majerifranck Pƙed rokem

    Triste rĂ©alitĂ©! D'oĂč le dĂ©sespoir s'installe dans la jeunesse, des jeunes gens charbonnent, bossent comme jamais pour se sentir utiles et rĂȘvent d'ĂȘtre messies de leur famille, que le tout puissant nous viennent en aide! đŸ˜Ș😌

  • @olivierhakizima4293
    @olivierhakizima4293 Pƙed rokem

    J'adore !

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Pƙed rokem

    Je narabonye naho twiga wap umuntu aheze asabe akazi bakamwime nihatari

  • @misscrypto481
    @misscrypto481 Pƙed rokem

    Ikibazo mfise ntatahura mu Burundi dukurikirana iki enfin de compte?. Rolex nta episode n'imwe ikwije 10K views? Shame kabisa. Pour une telle creativité!!¥!!!!!. Ntidukunda ivyacu.