B FACE Ubuhoho yihanze MKOMBOZI🤯..Mbega Bihererahe🙊//CAPITAINE Azanye OPERATION ishushe

Sdílet
Vložit

Komentáře • 11

  • @user-tb3uc4sm9z
    @user-tb3uc4sm9z Před měsícem

    Captain wew ntunyaye uriko wiyumvir bface urya ntavugwa mwizina tuza🇧🇮

  • @TTt-vi2ks
    @TTt-vi2ks Před měsícem

    Fizzo 🔥🔥🔥🔥🔥💯💯🔥💯💯💯🔥💯💯💯💯💯🔥

  • @Nestor800
    @Nestor800 Před měsícem

    Captain wew ntuzomenya nuwagufyese nkukuntu ndamwemera ww duhuye nawew nomenya ico nikorera

  • @user-so6hx9qs2k
    @user-so6hx9qs2k Před měsícem

    Nyara hiyo reka kubesha be face ararenze turamukunda

  • @bukeyenezaamedee2011
    @bukeyenezaamedee2011 Před měsícem +1

    Ibindi wariko ivuga vyo ariko ibijanye Na DJ Fernando...ubishizemwo inzigo n'ububeshi bwinshi kuko azokora igiteramo muri Suisse ce wee-kend,iyo uri muriyo bintu rero gerageza guhengamira k'ukuri gusa apana kuzana inzigo z'ubujuju ataco zimaze nkazimwe mkombozi yaririmba mundirimbo yiwe nshasha yose FAT'IMISARABA

  • @JeanClaudeHagabimana-uo7pe
    @JeanClaudeHagabimana-uo7pe Před měsícem

    Bro muburundi murafise ikibazo cogukororana ntabwo mwipfurizanya iterambere kwl oyap noe kona Mkombozi ubwiwe ntavuga ariko mwe mucemusongora umunwa kwl😮

  • @GuillaumeMusonerwa-it9sw
    @GuillaumeMusonerwa-it9sw Před měsícem

    Nyarahiyo si wewe yavuze.yivugiy 19th toka kule.

  • @CameramanZombie
    @CameramanZombie Před měsícem

    😂

  • @user-so6hx9qs2k
    @user-so6hx9qs2k Před měsícem

    Uramubwira agucorere dramat ureke kwiterany kuri rapi yuda sweri inyenzi

  • @Nestor800
    @Nestor800 Před měsícem

    Wap ntaho wemera dramat ntavyiwe vues ziwe ningurano na randri yabivuze

  • @user-tr5tg3bx6d
    @user-tr5tg3bx6d Před měsícem

    Oe mwebwe iyi TV muba mwabuze abantu mutumira bavuga ivyubaka oe kuza muzana uwuguma acoza aba star bacu muba mushaka kugera kuki ntabintu biraho vrt knd NT Bface yiyemera kl nareke kubesha knd Bface niwe muririmvyi afise umubano mwiza nabandi baririmvyi kndi abafana turabibona