UMURUNDIKAZI umugabo yakuye amenyo|kubera ASSIA avuye BUJUMBURA|Kuri Ingabire Immacule na MELODIE...
Vložit
- čas přidán 3. 10. 2021
- Niba wifuza kuvugana natwe, kuduha inyunganizi ku makuru tubagezaho cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe ndetse n'ubuhamya wifuza gusangiza Abanyarwanda waduhamagara kuri +250784838126
Waooo waduserukiye mukobwa wacu nanje nkunda ugwanda nabarubamwo pe abatuye mugwanda mwubahwe👌👌🙏🙏🙏
Urakoxe
Namwe murakoze ikiganiro numva kitohera kiraryoshepe😅😅😅😅
❤❤🙏🙏
@sf kl s mugwanda ni murwanda
Natwe dukunda uburundi kandi urakoze.
Abarundi twimenyanire ahakwa Sabin🇧🇮💗💗
🖖
Turiho kandi tuzamaho 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
tupo
Twimenyanire ncuti
Tupo
Ariko Mana yange nkunda ukuntu abarundi bavuga! Abarundi mwubahwe ndabasuhuje
Urakoze cane. Nanje nkunda ukuntu muvuga
Burundi and Rwanda we like Brothers & Sisters ❤️🇧🇮🇷🇼
Turagukunda Asia wacu
Mugomba mutwika na Fanny vraiment
cibitoke ndimwo nanje ndagusuhuje Assia
Fany wacu hagiye gusha peee mbegibikobwa nikundira weee❤❤
Gucumita i Rwanda,n'ukwabir'umugore !!!Uvuzeko bagucumise sha,ub'uvuzeko umusore yakwinjijemwo igitsina ciwe muc'iwawe !!!!!!
Komera katarina ugize neza gukorana nabarundi bacu. Turi inyuma yawe ❤❤❤
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮🇧🇮🎤Umutumwa bwanshikiriye NTITWIGERATUNANIGWA🇧🇮🔥🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇬🇦
Assia ndagukunda cyane kd komerezaho
Kd uwo murundi nimwiza kd ayo menyo ko tuyabona gusa gira kwihangana
Fanny pol san ubuzims ni shuri kd nukababare Imana niyo nkuru kd urabibona
🙏🙏😍😍😍😍❤️👍☺️😂
Wow! Fanny has visited Rwanda 🇷🇼. Ari muri gahunda ya Visit Rwanda 🇷🇼 😀 Ndabakunda mwese Fanny 🇧🇮, Assia 🇷🇼 and Sabin 🇷🇼. ❤️❤️❤️❤️
We are Brothers and Sisters.
Abarundi nkundako muganira neza ukuntu kandi mugasetsa🥰😍
🙏
Ariko natwe dukunda aba nyarwanda cane surtout ubwana tuvuga neza cane
Murakoz nshut💕🇧🇮
assia iburundi turagufana cane kandi fanny mrc bcp kuba wagumye uvuga ikirundi neza utahinduye
Bakobwa beza b' intwali Assia& Fanny ndabashigikiye.
Fanny ndakwipfurije gukira ibikomere watewe ukiri umwana, continue d' être forte " quand la vie te donne des citrons, fais- en une limonade", c' est ce que tu es en train de faire en reprenant ta vie en main par la grâce de Dieu. Tu es une battante, une victorieuse. Imana ikube hafi muri vyose, Ejo ni heza ❤
Big up from🇧🇮 sana mukora ibiganiro neza biraturuhura bikanatwigisha .Hama ivyo vyuki vyose m'inspirent vraiment.Terimbere.
Merci sabin
Fanny bravoooo !!!nanj Assia ndamukunda cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮mukomere cane
Waaaooh Fanny wacu🥰🥰 terimbere turakwishimiy😘😘 nezerejw kuhuye n'a Assia mwes ndabakund
We love you assia . Love from🇧🇮🥰❤️
Fani wageze i rwanda 🇷🇼 wawo turabakunda frome burundi 🇧🇮
Sabin uraseka bikashimisha nkuva waza ukansekera nibura umunsi 1
Burundi and rwanda is verry good country they speak one language. Love asia and fany
I LOVE YOU TOO my beautiful baby ASSIA vuba ndakurihira ticket yindege uze kundamutsa BUJA bzz💋💋
🤣🤣🤣🤣🤣Ndagutwenzeeee🤣🤣🤣🤣
😂😂
Assia Burundi arakunzwe sha❤❤❤❤
Nimudusetse twahoranye irungu 💃🤣🤣😍
Ndaryohew cane Fanny Lavine Na Assia ibintu bigiy kuba🔥 gatarina 🔥🔥
Nice .komeza mukine biraryoshe fresh.the best of the best assia .
Aho Ni fresh Kabisa fenyeni Mambo 🔥🔥 🇷🇼🇧🇮💋💪
Waaaooo fanny from🇧🇮 uwiwacu wahishikiye udamukirize asia nanje ndipfuza kumubona
Fany nkunda KO uvuzikirundi neza arabia abakobwa n'a bigeme turagufana
Nanj ndamukund p atar aband bashik murwanda ukaz wumv batanguy kuvug ikinyarwanda bataz
Good
Waouh fanny wiwacu 🇧🇮wahishikiy ndamukiriza assia ndabakunda
Love from Burundi
Waoo aba sister nkunda bakora cane mukomeze nyagasani yivange muvyanyu ababaca intege mubihorere❤️🇧🇮❤️🇷🇼❤️
Bite Vyawe Fanny urazi ingene ndagukunda washitse mu Rwanda🙏 terimbere un mukobwa wacu i BUKEYE
Assia ndagukunda cane nukuri,Sabin naw abarundi wadukunze muriyi minsi kbsa merci sana
Ikiganiro kiza blagues inseko gutwenga Sabin ibi nibyo audiance iba ikeneye yaba twajyaga dukanda subscribe inshuro nyinshi bravo mon pote👌🏻👌🏻
Fanny nukuri turagukeje cane
Amahoro ✋
Sabin ngusabe wamfashije wakavyarawe ukampa number za Fanny ndamukunda caneee cane Ariko ndakwinginze uzimpe plz
Mwarakoze kutwakirira neza sister wacu abarundi tura bakunda cyane abanya Rwanda
*Mpuzamakungu:International
*Gucumita:Kuzibura n'inguvu
*Mukirundi ciza ntibavuga gucumita urusginge,bavuga Gutera urushinge
Nice 👍 conversation
Uburundi bwubahwe Fanny uriko urakoze EAC uzoyifata ni pole pole Love from Ijisho Media 4Life
Fany,welcome to Rwanda i love so much Assia nawe turakwemera saaaana
Mashlla abashri nkundacane bakoraye kabisa fanindagukundacane hamwena Asia niwagaruka iburundi Asia azoguhekado utuzanire muburund🇧🇮🇧🇮
Ngagara Q5 oyéeeeee🙌
Sabin ndifuza ko umunsi wagiye i Bujumbura wagenda mu Ngagara Q5 . wanakora reportage nziza caaane kuko Ngagara ifite amateka meza cyaane , abanyarwanda benshi niho bari batuye mbere ko bataha. Yari ituyemo 1st lady ( kwa Mulefu), Mme Marie Immaculée, Masamba ( kwa Sentore), feu Kamaliza( Annonciate), Miko ( founder wa Telecel Burundi)... Wadukoreye reportage ukerekana aho bari batuye , amashuli bigaho...that would be a very nice scoop.
Sabo bonyene my dear, na les deux ministres actuellemrnt en fonction Solange Kayisire du Q5 et Mimoza du Q4. Ngagara yubahweeee.
OCAF yubahwe yaramuye benshi et surtout les Rwandais,NIKKI i,m agree with you,SABIN nivyakunda arasoma iki ciyumviro kuko turavyipfuza kanatsinda abarundi turamufollowinga cane niyagishima azoz buja precisement ngagara Q5 aje yatohoje ntiyobura au moins un rwandais yoba akiba buja-ngagara akamukoresha interview.SABIN humblement et poliment turabigusavye .
OMG! T’as parfaitement raison Nikki.Ngagara Q5 yubahwe kabisa.Merci Nikki.
Fany wanje uza ugeze mu Rwanda urabe ntugumeyo turacagushakape ❤💙❤❤💙
Muradusekeje cyane, Sabin yabera ateye igipara cy'urubyiruko rw'icyi gihe, twari tukuzi nk'umupapa wifashe cyane! Ikindi ni uko uyu murundikazi avugiye benshi muri twe. Dukeneye kubona Sabin kuri Camera.
Assia Lov uu so much 💖 from 🇧🇮 .uzotumeko gasore bahure na Yaka mur film vyob bitesa caane
Aline GAHONGAYIRE nanje ndamukunda cane. goooseee,ndamusihuje from🇧🇮🇧🇮
Burundi & Rwanda we are the same cibitoke turikumwe 5/5
Wow. Akina neza Fanny thanks Sabin ✌️🙏
umushurwe ncanke ishurwe
Turagukunda cane Assia uzoze basi tukubone amaso muyandi tuzotuma tukurihira amafranga❤❤❤❤❤❤❤😘😘😘
Asia&fanny ❤❤❤❤❤
Manshallah fani umeshafikahuko👌
Asia ndakwemera cyane
Waoooo ndagukunda cane fanny asia nawe ndagukunda cane kuvanakubona muri filme intareyingore naragukunze cane kufera nubu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💯💯
Sabin asigaye ari indaya nka samusure🤣🤣🤣🤣🤣 ndavuga ku rurimi samusure yaramwandukije
Oya nukuganira kinyarwanda ntabirenze twasetse sana
@@boscomurera899 😂😂😂😂
Félicitation Fanny lavine
Asia & fanny abakinnyi nkunda cyaneee ahubwo mutugirire vuba izo film turazishaka
Giramata Asia turagukunda sana twebwe abarundi Nafani Umurundi wiwacu ♥️♥️🔥🔥🇧🇮
Fanny na assia Bravo narinsanzwe nkunda assia ubuho ngiye kurenza kubera udukundiye mushikiwacu bravo
ASIA courage to grow your business
Woooooooooow my dear Fanny and Assia
Faniwahashitse,twahagezepe,kukoturabskunda,Mwese,uburundi,nurwanda,turibamwe,kukoturumvikana,mururimi💓💗💓💪💪
Dorengo kirigira icyejobundi kd bagicumita kubi nubu urabonako cyashuswe Assia cyenda urikiryarya
Uwomurundikaziwe ASA nubivuyemo nonaha bamwemeje
Ikirundi nikinyarwanda biravangany none babaye irudubi
❤️💋🥰😂😂👍🇧🇮👍👍
Tera imbere my sister Lavine we love you in our family
Woooooooow courageee...ndabasuhujee
Mwese
Funny Urumvana mwiza cyane kubera sotorry zawe uguma witwengera kandi ntakigushavuza 🙏🙏❤️❤️
EMI ndakunda aba bantu bomi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏 ukonukuri fani
Imana ijye ibana namwe Sabin ndagukunda cyane
Fanny ndamukiriza caane Assia umumbwirire ko mukunda caaana from 🇧🇮
Wow nice keep shining Fanny we are Burundi &Rwanda
Fanny uratwika courage ndabona arivyiza cane gose 💯💯💞💞💞👌👌
Wonderful story kabisa 😍😍💙
Asia And Danny be strong, never give up 👌
Mu bisanzwe gucumita mu kirundi bikoreshwa mu gihe umuntu ashaka kukugirira nabi (kukwica, kugukomeretsa), ico mu kinyarwanda bita gutera icyuma umuntu = gucumita imbugita umuntu, no mukirundi bavuga gutera urushinge ntibavuga gucumita urushinge kiretse uwushaka kukugirira nabi. Bref gucumita gikoreshwa mu gihe kibi.
Haaa
Ubivuze neza.
Ego vrmt ubisiguye neza
Gucumita mu kinyarwanda cy ubu ni igishegu
Kuberiki arikinyarwanda cubu numuco wahindutse se?
Fanny terimbere nkumuzinga wigisahira mukobga wacu😍😍😍😍😍😍😍🙏🙏
Nice 👍
Tkx lavine biranezeye kuba uri hamwe na mutoni mwubahwe
Courage Fanny lavine and Assia ndabakunda cane ibikogwa vyanyu bibandanye bitera imbere
Wawooo byiza cyane assia Fanny ndabakunda runini❤️❤️❤️❤️
Wagarutse hhh
Wewe pegge muma commentaire ntubura ugum umyoy amaso😂😂😂
No ngaha kandi? We tur bamw pe!!
We muzung ur mudatangw nkanj ahonj hos nkusangay knd utonda oroje😂😂😍
Ndabakunda cane
Ndabakunda can assia Fanny ❤️❤️
Kuki mutatumiye samsure koko ko hari gushya 🔥
Hazashya ikindigihe 😄🤣
Ingabire@ Ubu nibwo hari gushya neza bavangamo izo slang
Abarundi turahari assia turabakunda🇧🇮
Wauu biraryoshe cane muhuye mbakunda
harahiye harakongotse fanny yahishikiye hejuru hejuru
Basha dusigurire icogisigura Sabin icokintu muguma mutwenga??? Numvisoni kugisubiramwo nanj vyantwengej🤣🤣🤣🤣🤣! Courage bakobwa beza😘😘😘!from 🇧🇮 turahari
Tera imbere mukobwa mwiza twareranywe we love in our family
Murasekej kwel Lavine na Assia nivyiz cyan birahimbay🇧🇮🇧🇮💕💞🌹🌹
Waoooooo washa moto 🔥🔥🔥🔥🔥
Hello twebwe twaciye mubuzima bugoye tubonekana mubikorwa 💪💪💪💪
Umurundi yubahwe ahari hose Vive Burundi
Assia 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 wee urakoze kwizera Fanny wacu mukomeze ♥️♥️♥️♥️♥️
Turakwemera Assia
Ndakunda ingene abarundikazi bavuga mugabo🥰
merci bcp
Ndabakunda mwese nukuri
Wooow funny wacu washitse Rwanda .turamukirize Asia
fanny waoooooo mpera bizuuuu Asia nzoyigusubiza kuko ndamukunda cane goseeee
Fanny Lavine komer Imana ibane nawe😍😍
Nice wow me to am Burundi hi 🇧🇮❤️👍🥰😘😘☺️☺️😁🙂☺️💋
Waouh Fanny ndagufan cane hamw na Assia ndamufan fresh
Asia nuwo murundikazi barasesta cyane lllllll❤❤
Woooow Gubwa Neza Lavine Wacu Tekana Irwanda Muvandi
Fammy wacu vyiza cane uturamukiriz assia turabakunda cane❤️🇧🇮🇧🇮
Assia na Fanny ndabakunda cane gose ! From Burundi ! Ndipfuza cane numéros zanyu! Muvuze ibintu bikora kumutima wanje
Waooo mbega vyiza
Akamwemwe nikose kbx turabakunda
Waoooo fanny oyeeeee ndakwipfurije amahigwe