Ukumenyesha Inkuru Nziza ya Yezu Kristu, paroisse Ruyigi. Intahe ya Alice KUBWIMANA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 12. 09. 2024
  • Yezu Kristu ni muzima muri Ukaristiya, ubu n'imyaka yose. Amen!.

Komentáře • 17

  • @HakorimanaBeatrice
    @HakorimanaBeatrice Před 4 měsíci +2

    Amen 🙏🙏🙏 ewe Mana urakomeye icubahiro nicawe iyo ntahe yumuvukanyi iratwigishije caaaane Gose Imana igukomeze ubandanye umaramaza umwasi wacu kabisa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @maniratungageorge6797
    @maniratungageorge6797 Před 23 dny

    Mwizina rya Yezu,Imana igume itugwanira nukuri ❤🎉abakunda umuziki muhagabire😢intahe nziza cane ❤🎉

  • @marcellinebarakagwira6275
    @marcellinebarakagwira6275 Před 7 měsíci +1

    Yezu ni mwiza cane ,aradukunda cane

  • @didiertuyisenge-wi1oj
    @didiertuyisenge-wi1oj Před 2 měsíci

    Umukama wacu Yezu Christu ahabwe icubahiro mumitima yacu.Umuvyeyi Bikiramaria abandanye akingira abana biwe.muhezagirwe.ndanezerewe kuba nshoboye kwunva iyintahe yose.kuri Foyer de charité umwanya wabaye muto intahe ntitwayunva yose.Urukundo rwa Data Mwana na Mutima Mweranda rusambure ububasha bwose bwamashetani aburabuza abana bImana.urwo Rukundo rukingire Eklezia Gatolika nyeranda ibandanye ikwiza hose inkuru nziza.muhezagirwe

  • @user-qg7em2rl7m
    @user-qg7em2rl7m Před měsícem

    Imana ni nteturuye

  • @ScholastiqueNigena
    @ScholastiqueNigena Před 22 dny

    Intake iranyubatse n,ugusenga cane

  • @NduwarugiraMediatrice-ej7cc
    @NduwarugiraMediatrice-ej7cc Před 6 měsíci +1

    Kristu nimuzima imyaka yoseeee🙏🙏🙏🙏🙏

  • @jeannenimpaye6066
    @jeannenimpaye6066 Před 6 měsíci

    Imana yacu ishimwe Imana ikora gikomeye pe!Alice kubwimana ndagukunze cane vyose biba kumugambi wimana urakoze mwigisha ijambo rryimana imigambi Imana sinkiyabantu💒💐💐💐

  • @JeanMarieBanezerwe
    @JeanMarieBanezerwe Před 7 měsíci

    Yezu n muzimaaaaaa Amen

  • @cesarbizirindashi6412
    @cesarbizirindashi6412 Před 6 měsíci

    Yezu ni Mutaneshwa imyaka yose

  • @fabiolaNdayisenga
    @fabiolaNdayisenga Před 8 měsíci +1

    Imana ikube hafi

  • @user-ly2cc5qb8b
    @user-ly2cc5qb8b Před 7 měsíci

    Imana ibandanye ibaba hafi

  • @annystelladushime9106
    @annystelladushime9106 Před 6 měsíci

    Amen courag

  • @ndihokubwayoegide8855
    @ndihokubwayoegide8855 Před 6 měsíci

    Ndabaramukje

  • @coopecruyigidrr6279
    @coopecruyigidrr6279 Před 8 měsíci

    VYIZA CAANE KO PAROISSE YACU IGIRA CHAINE YOU TUBE KABISA

  • @GakiraGonzague
    @GakiraGonzague Před 8 měsíci

    Ego mwigeme wimana Umukama agira neza yakurokoye

  • @annystelladushime9106
    @annystelladushime9106 Před 6 měsíci

    Amen courag