Ndagatuye ABA mama Bose bo muburundi mpereye k'uwiwanje,ariko kandi nkuyemwo ABA mama bahohotera abana kubera atari Ababo canke kubera umutima mubi,vyama vyabaye.
Iyo bavuze indirimbo zifise axa yikirundi nizi apana bamwe .... baririmba ibintazi uwumu type yandika nez vrmt ikibzo aratunyoteza sana yoya na lion story n.abantu banje.. sana
Nice song
Abakunda ba Maman babo nkanje bmpe like tubashigikire nibo batumye tugera Aho tugeze
Umusi mukuru mwiza maman wanje . Aho uri hose ndagukunda knd ndagufise kumutima
Abakunda YOYO nkanje mumpe lik courage tukurinyuma maman wubahwe❤❤🙏🙏
Oye naringukumbuye mwana wiwacu
Uwuva nkanje ko iyindirimb irimw ubuhanga amp like abavyey batuvyay bubahwe🥀🥀🥀🥀🥀🌹🌹
😍😍♥️♥️♥️
Bro
love😍😍
Abakunda ABA mama mumpe like
💝🙏💝
Nguyu muririmvyi dukwiye kwigirako vyinshi,yoya Jamal big up
Nimba nawe ukunda mama
Mumpe like❤❤❤
Kuvyukuri uyu mu star , mumfashe tumushigikire, Hama tuvyerekanishe viuzi mumpe like kuko arashoboye , tumushigikire, akomere canee ❤❤❤
Yoya '''give me likés if you love m'y artiste yoya 🇧🇮
Yoya Jamal🔥🔥🌍🇧🇮 BURUNDI we are proud of you ❤
Take your flowers🎉🎉🎉🎉🎉🎉 thank you Mr yoya
IYII NDIRIMBO IRARYOSHE CANE CANEUU CANEUUUH🥰🥰🥰
Back to back my favorite artist big up my brother
Iy song niyumwak vrm ❤❤ akira amashugwe yaw vrm 🙏🙏🙏
Komera Maman yubahwe cane harivyishi yakoz kugira geraha wiyumviriy neza cane Yoya Jamal 🎉🎉❤
Nice song bro gux nyene turagukumbura tukabura uko tugira raba ugaruke gusura nyakabiga yawe🎉🎉🎉🎉
Yoya Jamal ,Big UP sana🎉🎉🎉🎉
Nice song Brother Yoya Jamal Respect ❤❤❤
Umuziki mwiza wagaciro wumvikana iwacu usigaye iwawe turagukumbuye Big brother and thnk you for th song
Ndakund inyandiko nijwi vyawe♥️.naw Akira amahurwe yaw🌹🌹🌹🌹🌹🪴💐
Akira AMA shugwe yawe 🙏❤❤❤
Imyaka myishi atakajwi kawe🎉Mama ni Mama kbx🎉🎉🎉😂😂❤❤
@yoyajamal akwiye AWARD yibihe vyose! Merci l'artiste💐 akira amashurwe yawe nawe..
Oooo yoya ooo mama much respect jamal wacu Imana ikuturindire hamwe na famille yawe yose uruwagaciro kuritwe nokubaturiye isi
Nice song my bro♥️
Pull up bro❤️🤙
Neza cyane bamam bacyu twaridukwiye kubakunda byanyabyo pe
This song gives me butterflies🥰"kuko inyuma y'Imana haza wowe Mama"
Imana iguhe umugisha wongeye kunyibutsa agaciro afise kubuzima bwanje
🌹🌹🌹🌹💥ahongeze nivyo mfise niwe mbikesha maman 🌹🌹urumuisha wimana🙏
Nice song brother congratulations
Nukur yoya arazi ivyakora sinkabandi tumuhe amashurwe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌
Ndagatuye ABA mama Bose bo muburundi mpereye k'uwiwanje,ariko kandi nkuyemwo ABA mama bahohotera abana kubera atari Ababo canke kubera umutima mubi,vyama vyabaye.
🫂
Ahuri hose mama wanj💕 ndagusengera Imana ikuzigame🙏
This Voice vrt Yoya Wubahwee .. Mama is my song 🎉🎉🎉🎉🎉
Nice song Yoya indirimbo yawe inkozeko 🎙️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nice song with incredible lyrics. Much love and respect
Good song nubwo wipoteza ❤️❤️wew uratunyoteza nkeee
Jamal indirimbo zawe guta akanovera si ivyazo❤🎉🎉 Akira amashurwe yawe ukihaari 🌸
Mama ni kirumara mu muryango ❤❤yubawe iteka ryose
Yoya Imana iguhezagiro uri ingabirano y ,Uburundi
Yoya wariwakumbuw courage🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉
Merci
Wakoze cane kutwibuts ❤ ugum uhezagirwe 🎉🎉
Kimba umukunda Mama wawe Muhe amashurwe yiwe 🎉🎉🎉🎉🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦
❤ Mama w'ibihe byose ibyabayeho nibizaza ❤❤Mama Imana ikomeze kutukuzigamira NTAWAMUSIMBURA ❤❣️😘💞
Wa home muyinga yoya jamal merci pour cette chanson d'amour des mamans❤
aheza mwijuru mama😭😭😭😭❤
Mama❤️akira amashugwe🎉🎉 yawe mama wanje🙏
Urakoze kutwibuka aba maman Big up yoya
Big up yoya. Uguma ugaragza ko ukir kwisonga
Good song ❤❤❤ from Burundi 🇧🇮 yoya🎉🎉🎉🎉
Voilà la vrai star nemera mur musique burundaise ..keep shining #Yoya Jamal
Even now, no one can see love me like my mother loves me🥳🎉🎊 i really love u mama 💖 ❤️
Nice song. Twari twagukumbuye ❤❤
Imana iguhe vyose vrt kuk iyondirimbo inkoze kumutima ejo nzoja kumuraba ndayimuvugiriz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💖💖💖🌾🍀🍁☘️🌹🌿🏵️💮🌸🌷🌼🫁🌱💐🌻🇧🇮🇧🇮🇧🇮💖💖
Undirimbiye indirimbo nzoririmbira umuvyeyi wanje❤❤❤
Uri kibirengeye
Nice song Issa ❤ congratulations
Mama ni vrt,nice kbx👏👏👏
Ba Maman bubahwe ahobari hose❤❤❤❤
Yoooyaaaa nuko ntakimufise ngo ndakamuture😢
🫂
My favorite artist Issa jamal yoya.this is the hit song bro.warukumbuwe xan kbx❤🔥🔥🔥🎶🎶🎧🎵Akira amashugwe yawe🌷🌷🌷🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
NC song waaaaaaaoooooooh beautiful song love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yoya ndakwemera ❤❤❤❤❤❤ uzoza ndyari muburundi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vuba
Toujours nostalgie... respect mon Chef
❤❤❤hejuru cane
Maman simbimanga muvyeyi wanvyaye urander ❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌺🌺🌺🌺🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🥀
Big up bro, kca mother is the best
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 proud of you 🎉🎉 can't wait sharing this 🥳🥳🥳
Nice song ❤❤❤❤❤ we miss you jamal
Yoya jamani wew ndagukunda sana mbe ugeze jehe ndakunda kunviriza indirimbo eaw burimus kand ukund mama nkajew
Yoya Jamal 🤣
One of the best musician I love from Burundi 😢 Yoya Jamal is underrated 🥺 he's an amazing vocalist ❤️ speechless.
Very underrated 😂😂😂
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮 Burundi is so blessed to have you 👌👌👌
The greatest talent in our country✌️💪💪💪
Here we go big Man yoya Jamal hujawahi Kuni disappoint
Maman deilor Akira amashurwe yawe❤❤
Kabisa inyuma y'Imana ni wewe mama ❤🎉🎉
Nice song maman from muyinga❤❤❤
Yoya Jamal, you never disappoint bro 🙌🏽🔥🔥
Nice song sihari gusa yarakoz kuba Kur vyos rka ndamuh amashurwe yiw ❤❤❤
🫂
Iyo bavuze indirimbo zifise axa yikirundi nizi apana bamwe .... baririmba ibintazi uwumu type yandika nez vrmt ikibzo aratunyoteza sana yoya na lion story n.abantu banje.. sana
Ngoma zako zote ni zabutamu repeat yoga 🔥
Mama n'inkingi y'umuryango❤urakoze caan kuduha ino ndirimbo nziza nkiyi
Maman ivyusaba kumana vyose ubironke you touch my emotions bro big up sana
Ni wowe muhanzi uburundi busigaranye please kora cyane
Amazing tune dear brother 🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤️
Big up kundirimb nzuli musaza💜💜
Asante Yoya for your nice and constructive song dressed fowrd us
Good song ❤ abavyeyi bacu Bose bubahwe kubwimana
❤❤❤❤❤ wakoze kubibuka abavyeu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Maman ni burikintu mubuzima bwaburi muntu❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉 🌹 💐
Sinzigera ndek kukwumva waba ukiri muzima cnk utakiriho , nzama ndi top fan waw kandi nisezerano ryameho🙏🙏💌💌
Merci
yoya courage iyo ndirimbo maman iramez nez abafis aba maman mwubahw 👆🙏🙏
Cool 👍 Song @Yoya
uwiwacuu❤❤😢
Cool up brother yoya Jamal support from Zambia 🇿🇲🤙
Ndagukunda Yoya 🇷🇼❤🇧🇮❤
Nice Song My Brother Yoya Imana ihezagire aba Mama bose bo kw'isi.
Respect yoya ndabonye agacerere kawe ivyo kamye ❤❤❤
Merci
Umuvyeyi ntasubirizwa kweri akora ibikomeye❤❤❤❤❤