Mutama ukivuga ko muri leta yawe harimwo abasuma benshi n'ivyo uvuga ntibikunda ni ukuduhenda kura ba banyonozi muri leta yawe kibazo n'uko wavuze ko atan'umwe uzosubira gukura.irya mbono n'indoto gusa
Ariko se nkawe koko iyo utuka umukuru w'igihugu ntampamvu uba wum a mu mutwe wawe ari hazima Jya utekerereza mu mutwe nk'abandi bwana ureke gutekerereza mu ķibuno
Burundi bwacu muriko murabwica bwaribwiza uva iyondirimbo disi iyo ndayunvise nkaca nibuka ibiriko biba banyurruza abantu bicwa kumusi kumusi biratera agahinda ntagihugu kiryoshe kubamwo nkuburundi 💪💪💪💪
Komera kwibanga se Burundi 🇧🇮🇧🇮 umukama abajimbere❤️❤️❤️
Imana ihezagire Uburundi n abarundi n abanyamahanga babubamwo.
Uburundi hejuru.ababwanka nabo pole
Iyo wemeye kufise ikibazo, akensh ubugiye gukira
Ibirori vyukwikukira ntabwo ari priorité nyakubahwa,mais : le carburant, etc. Tuige mfano wa Magufuli wakati mwingine.
Uburindi buri munzira nziza. Aba Caïn ubugome bwo ntacho buzabuza. Komera Mutama NEVA, Songe Mbeleeee❤
hew mutam eigihug bury naragenz ndabon ntagihug gitung kitagiwemw nabanyamahanga
Nkurunziza kutamuvuze muntwari igihugu abuze gamuta
Mutama nukuri indongozi zidahinduka mwazihaye imirongo itukura myishi rero hindura utondeke neza ukubose kumaboko nukuminwa bazohinduka kuko barakononeye ugiye guheza ikiringo ukibidogera kubita kumaboko
Ufite impanuro nziza buri wese ufite amatwi yumve ibye kandi agire icyo akora cyane kurabo basuma bareke ubusuma ahubwo bunge ubumwe bwa hejo heza
HR manager twishakiye...vive l' humanisme Burundais.
Isabukuru nziza baturanyi ,banywanyi,bavandimwe😋🕊️👍🏿🫡🫡🫡🫡Iwacu i Rwanda natwe dukeneye ingoma mbyeyi 🤒 Imana ikomeze kubarinda ikibi n'igisa nkacyo 😇🇧🇮🇨🇩🇺🇬🇹🇿🇷🇼 Amahoro 🫶🏿💐
Amahoro y'Imana yongere abane namwe babanyi mukomere
indimbo nziza rwose
Umunsi mukuru mwiiiizA kuri twe🥳🥳🥳🥰🥰☺️☺️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌🏾🙌🏾🙌🏾🌹♥️🌹🌹♥️♥️🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾!
Wavuga nuko tutumva❤❤❤❤
❤
Mutama nukuri burya bavuga uwutashe iwiwe akabona ibarabara atabinogo uraryoherwa nukuri ibujumbura musubiremwo Amarabara yakake
Komera mutama abarundi nibahindure ivyo bitima vyabo bagiri umutima twibandanirize muri yambono yakazoza
Napenda Bdi nchi yangu ila nahisi uongozi ni tatizo la maendeleo .
Mutama njanwe naho muzi ko hari uguhunga ubukene rero kore umuti hoye kuba uguhunga ubukene kandi birababaje sana.ariko subukene ngo nuko tudakora turakora ariko shigikire abana banyu bakore vyoroshe muronke amakori :Tanga umuyagankuba, amabarabara, amaz, ivyovyose nurudandazwa rwareta ruboneka .Exemple Regideseau yarahombeje Etat. Kuko ikoze neza abokoresha amatara nibeshii bariha amabarabara ingenzeshwa zirariha .Hama abacamanza bakore mukuri bakorera abene gihugu bakore umwuga atari ugucuruza imanza zabene gihugu. inyishu umutekano nawo turize imana yadahaye igisoda n igipolice babikore uko bari mais bareke igiturire aba police kuma barabara
This President cant even read without the teleprompter🙌🏽Imana ifashe u burundi vrmt
Aho uvuziki?
Byo u Burundi ntago bukennye ahubwo ntago muzi muzi gukoresha resources mufite
Haraho ubufise sowawe gito bivanye namakosha akora ugahakwa nokumuhamagara mwizina ariko kuruyu ntampamvu yokuvuga ngo nyakwubahwa ni varisito
Ntamuntu dufis kbx ahubwo amajambo yo arazi kuyarogombwa ntagikogwa nakimwe kiboneka yokwerekana yoba yarakoze
Mutama Abarundi bato amaguru yarumye kuko atagitoro Kandi mwige ikibazo Cama Kori kubadadaza bato bato
Nubu umwanya muracawuta mudahinduy indongozi zimw zimw.
Uwo ni gabriel rupfiri na faustin ari ugucuruza umunwa atanigihori boroye
Wewe woroye urarya ubime bapfe n'inzara
🙈🙈🙈🤭🤭🔨🔨🔨🔨🔨🔨🔨🔨
Burundi bwoterinbere gute umunt,agerageje kuterinbere mumushira munpinba ahubwo nitubandanya mwiyo ntunbero tuzosanga ikihugu aricumuntu umwe iburundi nihohantu hafuzwe abantu baranga ibihunbi cumi babagabo non Ubu tuzoterinberegute nbega kuvuga tuze tutezinbere ikihugu Shaka kubaza abatware uwuzanye umuganbi UTEYINBERE batamwivye baramwica canke bakamufunga jewe mwonpa amazi yuburundi nivyasti vyuburundi mumwaka umwe ndazi twoba twujuje afranga yakaciro narabize uko noshikira umukuru wigihugu ashikikire kuko maze kubikora ariko ntahuye nintanbanyi yitwa inda zabanpema yuzuye
Hewe wewe uri hehe?
Ko I Bujumbura tumeze neza!
Utabeshye,,amagambo y,ihumure nkaya Umuvyeyi Sebarundi aba avuze wowe uyumvana abakuru b,ibihugu bangahe!!!!??? None ushaka kuba mugihugu kidahana abanyamakosa!!?? Haraho biba se!??
Ariko nyiricubahiro utubesha gutera imbere 2060 ubwo wowe uzaba ukiriho? Watubwiye 2030 nibura
Mutama ukivuga ko muri leta yawe harimwo abasuma benshi n'ivyo uvuga ntibikunda ni ukuduhenda kura ba banyonozi muri leta yawe kibazo n'uko wavuze ko atan'umwe uzosubira gukura.irya mbono n'indoto gusa
President wumuswa muri africa 🤣🤣🤣🤣🤣
Iki kigoryi kiba kiri mu Biki ? Imbwa gusa
Ariko se nkawe koko iyo utuka umukuru w'igihugu ntampamvu uba wum a mu mutwe wawe ari hazima
Jya utekerereza mu mutwe nk'abandi bwana ureke gutekerereza mu ķibuno
Aga sans-echec ntigahera?
Ufise amashit mumutwe kabisa mpita mbona ko ushonje
Nonenkubuwewe wumvamumutwe butemberaneza nonenkubu ivyobitutsi uwokubaza igituma utukana wosiguriki bamwubaha nihona mwe muzubahwa none kombona urinumunyagwanda neva agutwayiki ko wewe atagutwara
😂@@sindikubwabojoseph
hew mutam eigihug bury naragenz ndabon ntagihug gitung kitagiwemw nabanyamahanga