INYIGISHO Z'ABUBATSE - Ibanga ryo kubaka urugo ruhiriwe - Pastor Desire HABYARIMANA
Vložit
- čas přidán 14. 10. 2022
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 69 249 867
Mukozi w'Imana ndakunda impanuro zawe Imana igukomeze
amen
Amen Uhoraho adushoboze kwirinda muburyo bwose ibituma umuryango wobaho utishimye mwizina rya YESU Christo umwami numucunguzi wacu 🙏🙏🙏 IMANA iguhezagire caane gose ikongere imbaraga nubutware mumurimo wayo❤❤❤
Amen
Prudence Eastern Uganda uri imfura iyaba abatambyi bameze batyo isi yose yakizwa God bless you abundantly
Amen
Yesu adushoboze kub incuti nabagabo bacu
Egoooo
Mugire amahoro y'Imana mwese abaja bomvira inyigisho zica hano.pastor Imana ibahe imigisha ndabakunda cane ndaza mpenzagigwa n'inyigisho zanyu Amen 🙏
amen
Uhezagigwe cane mukozi wimana uradufasha cane
Amen
Imana iguhe umugisha mwinshi ndafashijwe cane,
nirii sengesho riranyubatse Yesu akwiteho
MURAKOZE
Ndababaye kuba ntari i bujumbura mbanaje kuraba uwo mupastor desiré kuko ndamwera cane
pole sanaaa
Ndabakengurukiye cane Imana ibongere umugisha
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndakunda inyigisho zaw Imana igukomez
murakoze
Yesu akwongere amavuta
amen
Ndagukunze wigisha neza
😍😍😍😍
Murakoz cane
tkx
Amen🤷♂️ nivyinza🤣👍🇧🇮
amen
Pasteur yesu ajye aguha umugisha.
🙏🙏🙏🙏
Imana iguhumugisha pasteur
amen
amen
Inyigisho zaw ziranyubaka
😍😍😍😍😍
Be blessed pastor
Amen
Ndakunda inyigisho zaw Imana igukomez
murakoze
Yesu akwongere amavuta
amen