KAMIKAZI -MPIMBAZE (Official video)
Vložit
- čas přidán 5. 09. 2024
- 1. Yesu ndacibuk'umusi
Mwiza nakwemereyeko
Kw ari wewe Mana yanje,
Ni vyo nezererwa cane.
Mpimbaze,mpimbaze,
Yesu yanyogej' ivyaha;
Anyigisha kumusenga
Bituma mpora nezerwa,
Mpibaze mpimbaze
Yesu yanyongej'ivyaha.
2. Wahejeje kuncungura
None nduwawe Mukiza,
Ni wewe wampamagaye
Numvis'ijwi ryawe ryiza.
3.Kera nari nahabiye
Kure mu ngeso mbi z'isi,
Maze ndakugarukako,
Ni wewe Mukiza wanje.
4.Nasezeranije Yesu,
Guhora nkor'ivy'ugomba;
Ninashika nokupfiro
sinzoreka kunezerwa
You can support this ministry through
phone :+15153504429
Email:nduwimanasandrine77@gmail.com
Abakunda Kamikazi mumps like zanje
Kamikazi ndagukunda cane ndachaka kuzoza kukuramutsa muhira iwawe uzompe ayomahigwe ndakunda indirimbo zawe cane ❤❤❤
Hezagirwa cane
@@KAMIKAZISandrine murakoze namwebwe na famille yawe
Love so much kamikazi❤❤❤❤😢
Amana
😅😅😅
Nizere Ko Ubizi Ko Ngukunda! Komereza Aho Mama❤❤❤ Aka Karirimbo Ni Keza! Imana Iguhe Umugisha.
Murakoze cane
Amen abitwaza ukobukeye ukobwije ntiyibagira abiwe mpimbaze thanks you Sandrine
❤❤❤❤ yesu ukorera utazira agukomeze ikirwngeye vyose azaguhaze ubuzibudqshira❤
Amen haleluya Yesu yanyogeje ivyaha,ahimbazwe ibihe bidashira nkuco icubahiro ciwe kiri❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉good song🎉🎉🎉🎉🎉
Mpimbaz mpimbaze Hallelujah yesu yanyogej ivyaha amen 🙏🙏🙏🙏🙏iman ishishikare kukwongera inkomez❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌺🌺🌺🌺
Wahejeje kucungura none nduwawe mukiza niwewe wampamagaye nunvisijwi ryawe ryiza 🙏🙏🙏amen
❤❤❤❤kamikaz uvyumv k ndagukud ibandany ikongerez inkomez
Abihezagiriwe n'indirimbo MPIMBAZE tumenyane muri commentaire.
❤❤
Arivera
Arivera
Imana yo Mwijuru ikugirire my Pasta.urampezagira uvyumve Maman wabana banjee.
Hezagirwa cane
Hezagigwa mukozi wimana ndagukunda cane
Kamikazi lmana ikomeze kugukoresha knd igukomeze ndagukunda pe
AMEN AMEN HAllelujh HAllelujh iman ninziza 🙏🙏🙏🎉🎉🎉
Amen Uko nukuri kuzuye kera nari nahabiye kure mugenso mbi zis😢😢😢
Yesu yarakoze
Kamikazi ko nkunda cane wanyemerey igihe kimwe ukazonshira mundirimbo basi ❤❤
Kuva kera nkunda indirimbo zawe cyane courage
Yesu Kristo Umwami wabami ashimwe cane mukozi w'Imana Sandrine.
Mpimbaze ni sawa ,nyitaba nakon ni sawa gusa ni kagufi uzohore ushik 5minutes indirimbo uzoza ukora kand uzikora nez vrem God bless u
Iyindirimbo ndayikunda canee muri cantique hamwe niya 16❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉🎉
Mpimbaze mpimbaze Yesu yanyogejivyaha🌹🌹🌹
Duhimbaze yesu yanyogeje ivyaha anyigisha kumusenga Amen Amen Amen
Mpimbaze, mpimbaze Yesu yanyogej' ivyaha 💚💙
Nasezeranij Yesu guhora nkora ivyagomba💗💗Uhoraho agukomeze cn Kamiiii❤❤
🙌🙌🙌 Imana Igukomeze
Ameen uhezagirwe can muvyeyi
Amen Amen!
Glory to God 🙌🙌
Is good❤❤ uranyuzuz vrm
Turashimira Yesu atwoza ivyaha vyacu
Amen Yesu akumperumugisha mwishi Ikirushirije ca vyoose Ndakwipfurije kuzaja mwijuru
Mpimbaze yesu yanyigeje ivyaha❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen sinoronka amajambo mvuga kk ndahagijwe nubuntu bwuhoraho abicishije mumusavyi wiw kami,ndagukunda birenze urugero har indirimbo zawe moimbaza Mana nyishi zankomeje.ndagushimiye cane
Hama uzokosore amajwi ni nabi
Amen amen Mwiza wanje ndagukunda umvyumve🙌🙌Ndakwwifurije uzogire iherezo ryiza🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
Mpimbaze mpimbaze hezagirwa Imana iguhezagire gose
Amen hezagirwa muvyeyi
Mpimbaze yesu yanyogejivyaha🙏🙏🙏🙏
Yesu ashimwe cane gose
Amen uhezagirwe❤
Amajwi vyase kabisa
Nukuri ndagukunda can ukuntu uguma utwihera uturirimbo turuhura umutima hezagigwa mwiza wanj kamikaze ❤❤
Haleluyaaaaaaa mpimbaze rwose
Love❤❤❤❤ kamikazi Mungu aendelee kukuongeza kipaji hicho
Amen ❤ votre espiration me touche souvant, que Dieu te bénisse
Amen mpimbaze yesu yanyogej ivyaha
Courage.mu.maman.mwiza.ariko.amanjwi.ntiwyagenze.neza.ariko.turagukunda
Hallellujah 🙌🙌 Yesu yanyogeje ivyaha hallellujah 🙌🙌
Kami turagukunda cane uvyumve
Courrage kamikazi abarundi na barundikazi turacakwinovora,
Kami mbaye uwambere ❤❤❤hezagirwa ❤
Uruwambere peee
Hezagirwa
Turi mu Rwanda wadufasha kuguha numbur zawe turagukunda
❤❤❤❤❤❤mpimbaze mpimbaze Yesu yanyongenje ivyaha uranyubaka cane amavuta avuye ku Mana
Amen kamikaze mwiza
Amen merci beaucoup 🎉🎉🙏🙏duhimbaze uhoraho IMANA yacu igira neza cane nukuri🎉🎉❤
AMEN AMEN
Amen 🙏 Mwami ❤
Nukuri ndagukunda
Mana ukunt nkukund birandez naj ubwanj kubwindirimb zaw Iman ikuzigame mazee🤗🤗
Love from Josiane , Amen amen
Amen yesu yatwogej ivyaha
Ndagukunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤
Konkunda wambabariye ukamano mero
Amen amen kami Uhoraho ashishikare kugukoresha ibikomeye
Amen amen Yesu nasingizwe iteka
Amen
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 mpimbaza YESU wenyene yanyogeje ivyaha ✍️🙌🏼🙌🏼
God's blessing u🎉🎉🎉🎉
Amen
Ubarikiwe sana
Amen amen🙏🙏 hezagwigwa cane
❤❤❤
kami ndakunda ukuntu wambara neza kbx urakarorero wubahwe❤
Nkumbuye kuri église disi😢😢😢😢😢😢
Trésor From Ihangiro Tv 🎉🎉
Terujimbere.
Ameen and ameen❤❤❤ zurashiramwo nizi giswahili katike
Amajwii sineza
I love you kamikazi mwiza ❤❤❤❤❤❤❤
Turagukunda cane
Warakoze Yezu kuncungura, ukangiruwawe bwite
Amen🙏🙏🙏🙏 numvis ijwi ryae ryiza mwami wnj
Ympmibze mpimbaze yesuyayogejivyaha imana ikumpere umugisha
Warakoze Yesu kwama utwoza ivyaha❤😊
Amena hezagirwa cn
Wow, such a beautiful sound even though i can't understand the language ❤❤❤
Urakoze cane kamikazi ndakwikundira canee❤
Komeza umurim way
Yooooo ncankumbura kuririmba disi Amen amen
Be blessed 🎊 ndagukunda kuva mubuto bwaje❤
Coming song yesu nyibutsa umusi wampariyeko ivyanje vyaha asante sana dada yangu kamikazi Sandrine terimber muvyampwemu
Murakoze cane
Mama ndagukunda cr
Imana yivange muvyawe muntu wacu❤
Umugisha wimana ubeko
Amen be blessed beloved one ❤❤❤
lmana ikunzigamir mabuja wng kami je t,aime bcp please uvyumv
Akaririmbo karyoheye amatwi caane
Hallelujah 🙏🙏🙏warakoze Mwami kudukunda ❤❤❤
Ijwi ryiyo refre kubera iki ritumvikana neza
Amen Amen Imana iguhe umugisha 🙏🏾❤️
Amen.muhezagirwe kami❤❤❤❤
Amen,such a good singer 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🥰
Glory be to God big sis keep preaching the word of God.❤❤❤❤❤❤
Amen can Umwami abakomez muraduhezagir pe
Urategura kbx
In Rwanda,we love you!