Ko Ngihema ℗ 2023 Chorale Saint Dominique de Bujumbura Released on: 2023-09-01 Suivez toute l'actualité de la Chorale Saint Dominique de Bujumbura: linktr.ee/csdbujumbura
Ndabakunda cyane rwose Mwazaje I Kigali mugakora Concert na Chrole de Kigali kweli. Ndabakunda kuvacyera ndu mwana. Numvise indirimbo zanyu kuri Radio Mariya Rwanda no kuri Radio Rwanda. Mbisubiyemo ndabakunda. God bless you. Numbers 6:24-26
Nzoyisenga nzoyiririmba pour toujours gushika nzopfe ❤❤❤❤❤😘😘😘😘
Sindi um catholic mugabo iyindi à chaque fois ndayumvise ndumva ryohew pe❤❤❤❤much love from Burundi❤❤❤
Ndabakunda cyane rwose
Mwazaje I Kigali mugakora Concert na Chrole de Kigali kweli.
Ndabakunda kuvacyera ndu mwana.
Numvise indirimbo zanyu kuri Radio Mariya Rwanda no kuri Radio Rwanda.
Mbisubiyemo ndabakunda.
God bless you.
Numbers 6:24-26
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️amavuta ntagashire mu makarabo ya Chorale Saint Dominique de Bujumbura 💐💐💐💐💐 NDAVYEMEYE...💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
Love from Rwanda. Nzoyisenga, nzoyiririmba kuko nzi ibyo inkorera ❤
Muhezagirwe kandi mwarahezagiwe! Charisme yanyu ibabere inzira y'ijuru.
Je n'ai jamais été un catholique mais j'adore cette chorale vraiment 🤞
Sois béni
@@jeannengendakuriyo4449😊😅😅5😅😅
DIEU est bon, cette chanson m'a aidé de mettre les mots sur la louange qui était en moi,que Dieu vous bénisse
Je suis pas catholique mais j'ai toujours aimé cette chorale but this song itumy numv ndabakunz gusumb❤❤God bless youuuu
Gloire à Dieu!🙏🏽 Merci beaucoup ❤️❤️
IMANA itwuhirire muri vyose,iyo ndirimbo iraduhezagira cane ,Ku bavyuka bashimira Umwami wacu YEZU...kuko tugihema!
Thx to Choral members everyone.
Muhezagigwe bavukanyi beza iyo ndirimbo iraruhura n,ingaburo y,umutima pe ndayumviriza simpeza. Ikwitoreye uca uhaguruks ugafata urugendo. Muterefone imbere muguma muba inspirés ❤❤❤❤❤
Abayisohoye ndabashimiye bravo😮
Couldn't find a better booster for the day than this beautiful song. Now playing it on repeat ❤❤
Nzoyirata ibih vyos nkiriho❤❤❤🙏🙏🙏
Je suis en couple avec cette chanson 😭😍🙏🙏🙏
Amen birahimbaye ko ngihema umutima ugater❤❤❤courge
Nzoyirata buri munsii🥰 Un gd mercii pr la chanson🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Quel chanson vrt il rend la force ceux qui ont deja decourage avec la vie tjr ko ngihema🙏🙏🙏🙏🔥❤️
Amen, irimwo amajambo agarura ivyiringiro kubataye ivyizigiro🙏🙏🙏
Ko ngihema numutima ugatera nzoyisenga nzoyishima Amen❤❤
Murarengeje nukuri,iyo ndirimbo yampezagiye grave❤
Waaoohh muririmba neza kandi mwandika neza Imana ishishikare kubuzuza ingabirano zayo,nice song our brothers
Chorale saint Dominique❤❤❤ mwarahezagiwe
Nukuri harindirimbo iguhindurirubuzima svp namosozi yakorotse thnk u Guys😢😢😢😢🎉🎉🎉
Wooow indirimbo nziza cane merci beaucoup bavikanyi
Ko Gihema😘😘👐
Akaririmbo karyoshe pe🙏🙏🙏IMANA ibahezagire
Irahezagira 🎉murakoze kudufasha guhimbaza mundirimbo
Vous avez réussi vraiment c’est très bon
Quelle belle chanson??mwungererezwe amavuta❤❤❤
Umukama abakuze mukomere mukurata izina ryiwe!🙋👏
Imana ihabwe icubahiro pe🙏🏿🙏🏿
❤❤❤ nice song ,gsa mugerageze muzoze muduha lyrics ziboneka gusumba
❤❤❤❤❤❤indirimbo nziza cane igarura icizere kumuntu
indirimbo inyuzuza vyukuri Muhezagirwe❤
Mwarakoze kudusubiza mumwuka ariko amajambo ahereza inyuma ya nzoyikorera ndasavye muyambwire
Nzoyikorera nzoyiber'imbuto imera
Merci bcp a la chorale st Dominicain.chapeau
We loving this song so muchhhh ❤️❤️❤️❤️
Amen ko ngihemaaa
C'est waouh cette chanson. Tera muja imbere rwaruka rwacu. Murafise kazoza.
Amajambo yayo aroroshe gufata en plus iratambika🥰😆
Hallelujah 🙌🙌 amen ko ngihema wrakoz mwami🙏🙏🙏
❤❤❤ ninihazwe
Indirimbo iruhura iryoshe,bravo yuwayanditse!!
Yooohoo mbaga akaririmbo gatesa ❤❤❤❤ ko ngihema nice songo🌷🌺🙏🌺🌷
Like so much your songs 🥺❤️
Finally my prayer has been answered 🎉
Nukuri turi benshi
#amen....🙌
#Amajambo Asubiza Intama mu Ruhongore
Imana ibandanye ibahezagira😊🥲🤗🙌🙌❤
Merci infiniment kuduhezagiza ako karirimbo❤❤❤❤🙏🙏🙏
Une très belle chanson.mercii bkuu
Imana ihezagire abayiririmvye❤
Merci pour ta chanson c,est Extraordinaire vraiment❤❤❤
What a blessing song❤ it make my day better everytime I listen to it❤️
J'adore la chanson.que Dieu vous benisse
Amen amen
Merci bcp
I like this song🎶🎵
Courage
I love this song It gives me comfort when I listen to it ❤❤❤
Ouiii un grand merci pour votre chanson
Amen birahimbaye kwumva
sinigeze numva ko ari ikirundi iyi ndirimbo numvisemo ibivugwa ubu
Trop top bravo muga turashaka concert yanyu
i'm in💓 with this song😍
Merci pour les paroles...
Great song I like it ♥️♥️🙏🙏 God bless youuuu🙏
Nzoyibera imbuto imera 🙌🙌
Kongihem nzokuririmbir ❤❤
God bless you
❤️🤍💚 ❤️🤍💚
bien vraimant
Amen🙏🙏🙏🙏
Imana ibahezagire
My favu song now ❤❤❤❤
🎉🎉🎉egomw🌻🌻
❤❤❤❤❤❤❤❤
Un grand bravo pour ce charal
AAAAMEN. Murampezagira caane
I love this song
Amazing song🎉
Ko ngihema ❤🎉
Merci Dieu❤❤
Finally the lyrics video 🎉
Nice song as usual
I love so much ❤❤❤❤❤
KO ngihema nzoyikorera
My favorite song
this song❤❤❤
N' Iyambere❤
Favorite song🤜🤛🤜🤛
Ooooh waouh nice song💓😍🎉
❤ Ndahezagiwe 🥺😭🤲
Verry song 🎉🎉❤❤❤
Verry song
Amen
i like the song🥰🥰🥰
❤ Nice Song
Nzobimbuto imera😘
YEZU aninahazwe❤❤❤❤
Nzoyisenga❤❤
Zoririmba ❤❤🎉🎉
Mbg indirimbi❤❤❤🎉
Amen,Ko Ngo hema 🎉🎉
😊