Joachim nindyady vrmt nab kercy et gashuy ntiyabahemb biragaragar ko ab ariw ar mumakos akwiy kwikebuk Ham Christella ihangn vrmt WE courage turagushihikiy
Nama nabivuz ama media amwamw murajw ishinga nokugurisha insaku.Christella ndaguhanuy ibintu vyama media uvyirinde nimba yabikoz uko mwihoz point et train hama naw uje kukivi.naho ukishing ama media biragusha.Kercy na Gashuhe warabony ivyabo uko vyahez
We love you so much kiki Joachim kumbe yari yatubesh nagumy ndindiriye ikiganiro cawe kugira menye ico ubivugako non Ubu ndumvako Joachim film ndundi zigiye kumugora
Aaaa pole sana Christella !!! Kumbe Joachim kwl niwe yagiz uruhara runini !!! Shaaaa ururimi rwumwe rukamwa amanovu !!! Gusa Joachim yicunge rer kk nawen arab akosore udukosa agira kk ntamuntu atagira erreur
Nari ndabizi johachim atanguy kuza kum caméra mumeny ko har ikibazo ntibitahurits yuk abakinyi bagum bagenda akac azany inkur zitarizo komera wa kiki inyum ya film za johachim ubuzima burabandanya🤞🤞🤞🤞❤️
Eheeeeeee ntivyoroshe pe Christella pole sana wihangane ukore ibikorwa vyawe
utitaye kubakuvuga isi niko yubatse.
Love from mr sammycomedien 🤭🤭
Sammy cumwitorera Aze kwikinira kwakanyana
Joachim azotum ttzaturub film ziw kk abobtangurany bos baramuvuyk kubra imicomib yiw ashak yisubirek kk mbon na kercy baravany
❤️❤️❤️
Thank U Mr Sammy
Abakinyi bezbarahuy❤
Sha pole sana kwel kumbe sha ninge twakund film narihuse iciy ibiha
Yoooh!!! Christella ndakwikundira disi, Film yaw utayirimwo ntiryoshe , kandi barakubabaje disi wihangane mukobwa wacu turakwikundira
Joachim nindyady vrmt nab kercy et gashuy ntiyabahemb biragaragar ko ab ariw ar mumakos akwiy kwikebuk Ham Christella ihangn vrmt WE courage turagushihikiy
Warufis akajw kez disi, Ubu film ntiryosh kuber utarimwo😢
MRC sha kiki, kuvuga ukuri nivyiza ,kndi natw biratwubaka ,jew kuva bavugak upfuye sinasubiriy kuyiraba,isigay imbihira🤤
Christella wew ndakwikundir Can!niwibereho ntakabi kaw!iyaba vyari ibikunda twobonany à l'oeil nu !!!
Waouuuuuuu courage Akijuru wanje rekan na Joachim amateka mabi aramaze kuyandikisha kenshi wewe ibandanirize film turayiteze n'igishika cinshi, urakunzwe
Kiki courage shaaa narinababaye mbony ngo bakwishe bakaguta muruzi arik thx god kubona urimuzim rekan n'a Joachim shaa
Yooo merci sha kiki kuyitwemerey tuzoyirabaa ntakibazo.nukur murab murek gumpfa ubusa bitanga image mbi kubafan banyuuu.komera sha kiki kur'iyis nuko tuhabaye twese
Merci, vuba iraza full movie
Oya ntusarare Christella Joachim turamuzi aragoye
Merci Geo
Rukundo Tv Burundi hejuru caane kuko akajagari twumva muyandi ma TV nomukinyi iwanyu ntakariyo mubandanye musenyera kumugozi umwe bantu banje🤣🤣♥️
Yayayaaaa!!!kumb byagenzuko?? Sistr pol xan ahubw raba udukorr umuti shah uturyoher twaritugukumbue
Yooooo pole kwer christella ndababay kubwaw.joachim yaraduhenz kumbe niwe yagukuyemw yarik atwiyezak gusa.nimurab mubihez vrmt.irya flm irigisha kbs.mrc Aho watugerej kutwigish sha kiki ndagukund.nkakund nijw ryaw
Gusa FILM zanyu ziratesa , Christella wubahwe cn, Mushire Imana imbere ibikorwa bizokwivugira maze
Sha iyo film,twe tuzi christella yar true story vrema.turamuzi
Christella wew ndakwemera vrt warakinye neza
Courage christella wubahwe urasiguye nez cn vrt wubahwe cn nanj ngiye kugukwirikirana ahanyen mureke ibikorwa byikorere kiki wirambire cn ndakwikunsira🥰🥰♥️♥️🙏🙏🙏naw urakoze cn🙏🙏🙏
Joachim ntaramenya icakora aracari umwana aracari umubono
Gusayaradlekony johachim nukonaceric
Nabusshuhntamunonoz
Wajosjimwallahi
Zana iyo nkuru yawe sha twironkere inyigisho
Ww nkiko wiyenyeje igikorwa kobandanye ntucike intege mubuzi nikobimeze ikindi nanje zuraba aba tanzania aba nyarwanda ntahansi hose igikuru nuko woheza igikorwa natanguye kandi courage
🌚
Fanny mwizanire mwikinire arashoboye sha mwe na libert ndabizeye ndanabakunda cane
Nuze baguforome muri academi hama ukomeze impano yawe.
😍😍🤗
Yooo kiki mpor nukuri akarimi kumw gakamwa ifyufyu nukuri uvuy mwirya film twarababay kuko niw wayirysha hama yizan vrm tuyibon kandi courage 🥰🥰
Ntamunt yiregura Ng yishirek amakosha reo urwumw rukamw ifyufyu ndavug ururim bazan Bose tubumviriz
Courage bien aimé
Iyonkuru irasosa
Manaweeee!!! Ndanyuzwe
Mbay uwamber so kitari gusohor amajwi
Yoooo turagukunda christella tsinda ishavu mur Société nik bimez hab ukwihangana izoc ibih kuvuyemw garukamw turagukunda
Pole sana
Nama nabivuz ama media amwamw murajw ishinga nokugurisha insaku.Christella ndaguhanuy ibintu vyama media uvyirinde nimba yabikoz uko mwihoz point et train hama naw uje kukivi.naho ukishing ama media biragusha.Kercy na Gashuhe warabony ivyabo uko vyahez
Ego sha christella courage uyiduh kabisa ndumv joachim aragoye
We love you so much kiki Joachim kumbe yari yatubesh nagumy ndindiriye ikiganiro cawe kugira menye ico ubivugako non Ubu ndumvako Joachim film ndundi zigiye kumugora
Basha zigiye kumugora kbx kuk ugerageje kwumviriza interview yumwumwe wese Joachim yavyitwayemwo nabi knd harico akijuru yavuze Yuko abantu batangurana film zihera batakirikumwe ntiyabeshe naje narabibonye
Raba muyage muhuze kk Murik mupfa ubusa vrmt murakuze
Ibi nivyo bizotuma films ndundi zidatera imbere kweli
Werkam kirisitera 💯💪♥️♥️♥️♥️♥️
Yooo christ nari nagukunze.
Ic nic gituma mudatera intambwe
Christella reka kuzuravuga ufatanije amenyo.ntibikubera birakonona
Genda uyamukurireko
Ndabasavye mwuvikane
Kazima wumva yakwigishije ukanamenya mushimire kurico basi
Bibuka kuvuga ibibi ntibibuka gushima sha
Jewe mubuzima umuntu naho yombabaza yarankoreye iciza simvuga ibibi imbere ahubwo ngenda mvuga ati naho ibibibaye naka yankoreye ikintu ntazibagira mubuzima
@@Gloria26799 ikibazo rer 🙄 nuko Abantu tutamez kimwe sha ah nnjue narumiwe muminsi mike yaratanguy guhitinga non nguw arikubuh Nabi Umuntu
@@kanezasoso5878azicuza nukukuri
Yizane sha twirabire urekane na Joachim narihuse yanabishe utarimwo
Pôle Sana christella.film izocibiha
Krister,,ndagukund,gos
Uratekany,gos
Merci bokuu
Nicogitum mudater Imber mugum mucanamwo
Amatiku Gusa 🤣 Sha Nivyo bazi
Urakoze kuduhumuco
Kiki ndumva ngukunz trp🥰 knd courage 💪
Christella wubahwe vrt kwiyo full movie mugiy kuduha vuba kk turuva ningoran Joachim ntiyorosh nawen yikebuke hakiri kare
Waiting nez,nukur,ndakwemer,,bandana,uzokola nahandii
Yooooo kumbe nuko kweli dutwikire aga film Kiki twirabire ururimi gwumwe rurasosa
Aho rer Ng muzotera Imbere 🤔🤔🤔Muguma mumatiku Gusa Ntavyanyu
Ni hatari kewli🤭🤭
Ntacorosh kbx.mug mwumvikane kuk turabakunda❤
Sha ntakundi gusa urakina neza
Thx can christella nkwipfurij gukomera can turakwiteze ah nyn kubn ubndany inkur mber Jew sinzosubir kurb iry yab johakim nae komera cnee
gus urateranij chr kuvug k har umuntu bakinan yavuz uko ntiwat kubivug kr gus pore mug muzoz muranyegez ibintu mupfa kuk mw muraba star niwamar kumar umwany munin mur film uzoz urahoraaa
Courrage sha Kiki,naragukunze vrm ukina neza🥰
Vyiza cane ko film tuyibona yose! Reka nanj abonnement yanj ndayikure kwa Joachim ndayizane ngaha
Ndayishaka iyo film kbs hama pole sana chichi ndumva warababajwe cane gose nogusaba kubandanya film kuko birakubereye cane
Aaaa pole sana Christella !!! Kumbe Joachim kwl niwe yagiz uruhara runini !!! Shaaaa ururimi rwumwe rukamwa amanovu !!! Gusa Joachim yicunge rer kk nawen arab akosore udukosa agira kk ntamuntu atagira erreur
Joachim amenye kuguma akora nabanyi balear kuko niho nzokwama uraronka abana sana kuko bishasha biratugora kenshi
Kubwimpamvu utakirimwo ndayihevye kuyiraba
Ahubw narihuse yokwa joachim sinzosubira kuyiraba kuko nikinyoma reka ndindire iyi ya vrai
Baravyishe ubu ninkamavyi si film🤦
Joachim afise umunwa n'invug yiwe gus j sindayikund aratabagurika mukuvuga, yani ntar serieux vrt
😂😂😂
Love from BE CHAP TV 🇧🇮
Ntivyoroshe
Huuuu emw kiki twaragukund vmt
Waooooo!urayibandanya sha!
Yiooo kiki duhe iyo nkuru kabx barakwishe ugihari pole sana!!!kandi ivyuvuga birumvikana kwarukuri
Yoo kumb johakim numwana mub gs akwiy kwisubirak ataruk ntah ahay arashik
Hahiyeweee!!!💥💥💥
Asha izo nizo ngorane ziri hagati yabakinyi ba film ,Gato film igeze ahikundwa Abantu bayikunda uza wumva ngwama bifu hagati y'abakinyi ,asha ndumiwe,gusa courage turayitegereje🥰🥰
Nizo nyene kbs
Biranshisha Jew nanjye nukub bagomb ama hit Gus
Nimureke kunsetsa basha nukuri ntivyoroshe
Sha ndakwikundira kiki
Murabe abakinyi ba film ndundi ntimuze murashwana muze murabimarira Inbox muba muriko mutwankisha film ndundi gusa courage mufatane munda badisii
Birabakundira ko bose bashak kumenyekana
Gusa ntimwotera imbere nabukebuke kweli
Filime siyabose.gukina Filime bisabakwihangana cane.
Niko bimeze Mtamawacu ABEL NDUWAYO nikobimeze, kd wubahwe🙏
Nama nabivuze jew Makanyaga 😅
Kwihangana kugira iherezo🙏🙏
Aho ashatse kwerekana ko yohakimu Ata makosa afise? Wapi ndafise menshi cane
Kabisa bisaba kwihangana pe
Kabaye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
christella wakoze amakosa vraiment kuyiheba mutayihejeje wari kumwihanganira Joachim nubwo biruko mukabaya mukayiheza ishavu ntirikora warihuse vraiment
Nanje nikonabibona
Harabanti kwihangana bibagora kandi kwihangana aricokintu kikugeza kundoto kuko iyisi kuyibako biragoye,ahoho niyaza arahura nibimubabaza muvyakora agaca abiheba ntaho azogera niyige kwihangana
Yari kubandanya gute knd abakinyi yamubwiye ashiremwo atabashizemwo? Kiki niwe azi ukuri kwivyamubayeko reo abo yashaka bongeremwo batabonetse ntiyari ikiri inkuru yiwe ukundi
@@jongon6940 uvuzukuri
@@Gloria26799 nivyo ma cher
Courage shn kiki
Komera cane kiki uratubwiye inkuru yawe Hama Joachim agaragara nk'uwukiri adolescents kuk ntar serious nomumajambo
Nari ndabizi johachim atanguy kuza kum caméra mumeny ko har ikibazo ntibitahurits yuk abakinyi bagum bagenda akac azany inkur zitarizo komera wa kiki inyum ya film za johachim ubuzima burabandanya🤞🤞🤞🤞❤️
Mercii bokuu
Courage sha christella,abisi nukwo!
Gusa kiki ndakwikundir uranezera
Merci boku
Joachim aragar kl
Joachim ciy mbon kwariw arimubi kuk abo bakinan bose ntab bakirikumwe
Ndakunda ijw ryawe kiki.knd courage ❤️❤️
Sister vrmnt urintwarikazi inkuru yawe turayitegereje kndi imana ije imbere igikorwa cae
Joachim ngo numubeshi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 akokantu aherekejo nikokabi 🤣
Sha ntabwarikabi KK nimbabarikuvuga inkuru ya christella yacapfa? Kandi akiriho?
Niko bimeze
@@abbasniyongabo2539 iyo bariko baravuga abandi nabi wokwibaza kobobo araberanda nahoshwiiiii🥱🙄
Uratwihera iyo fullmovie sha urekane na Joachim 😐😐
Vuba cane Iraje
Hey kiki es wiyemer gukina filme gusoma bifata nibisanzwe kuko haba hariho abantu ngaho
Sha muze muriga kubika ibanga yibikorwa vyanyu kuko muraza mwara kumenyekana mugaca muja kuma camera ivyosivyo. Nyamba agara wosanga kubera ari director abashaka yuko ibintu bigenda nkuko avyipfuza namwe mugaca mumubona kwagara. Mufise vyomupfa mutume muza murabinyegeza biherera muri mwebwe nkabandi bakinyi bibindi bihugu
zana zana iyonkuru yaw
Bwabundi niwewe ugara! Jagukina twayikunze ukirimwo.kubera kuv'uvuyemwo na jewe sinkiyiraba. Naherej kuri s 2 ep 1
Pole sana ndugu mpenzi ubikora neza❤
ihorere mwiza turamenye ukuri,urintwarikazi
Olala muritwaye nkabana kweli iki nico gituma abanegeri tudatera imbere ,twarabakunda muga beshi bazobavako kubera kwihuta mukoze.
Ivyo ntisaba ko muja hejuru nibintu mwari kwumvikana muri box vyase mukaraba uko muvyaranja .ariko ntarirarenga mwosaba pardon abo mwamaze gutwara imitima(abafana)
Iyo nkuru tuyirindiranye igishika 🔥
Mundose numéro y Christella Svp
Courage sh kiki ndakwikundir urekan n joachim ahubw niw arumusaz
Really is your true storie ooh pole sana sister