UBUHANUZI / UBUVUGISHWA 20 bwa BEBA Gidiyoni k'UBURUNDI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 27. 03. 2024
  • Umuvugishwa BEBA Gidiyoni yari Umurundi avuka mu ntara ya Makamba, akaba yari yarahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kubera intambara yabaye mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 1972. Yasengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya, mugabo akagenda arashikiriza ubuvugishwa Uhoraho Imana yahora imubwira cane cane aburire Ihanga ry’Abarundi.
    Umuvugishwa BEBA Gidiyoni ivyo yavugishijweko vyose vyagiye biraba mu gihugu cacu c’Uburundi, uko yagiye arabitondeka kimwe ku kindi gushika ubu. Ivyo vyatumye n’uyu munsi abantu bose babona yuko yari umuvugishwa w’ukuri w’umurundi wenyene amaze kubaho. Uyu muvugishwa n’Imana yaratashe mu Burundi kandi abandi bakozi b’Imana ntibamwakiriye nk’umukozi w’Imana kuko bari bumvise imburi atanga. Ari mu gihu c’Uburundi ku gatumba iwabo mu ntara ya Makamba, yahavuye afatwa n’ingwara bamutwara ku bitaro bikuru i Makamba, biranka bamufatana urugendo ngo bamutware kumuvuriza mu bitaro bikuru i Bujumbura. Bageze mu nzira, Imana imubarira iti babgire bagusubize inyuma kuko utazokira utegerezwa gutaha kuko igihe cawe kirageze.
    Muri iyi video, tubashikiriza ubuhanuzi / ubuvugishwa 20 bwa BEBA Gidiyoni bwo mu mwaka 1992.
    Mwipfuza kutwandikira, mwoturungikira ubutumwa bwanyu kuri iyi email:
    Email: ihangaryeraryimana@gmail.com
    IHANGA RYERA RY'IMANA

Komentáře • 43

  • @ChabanMajambere-if9dc
    @ChabanMajambere-if9dc Před měsícem +2

    Vutgishwa ku bindi bihugu naho nyene har'imwivyaha birenze Bibiriya ntayo murasoma.Ubuvugishwa buhuzwa n'ijambo ry'Imana.Naho hobonekamwo n'umugororots'umwe Imana yorokora igihugu.

    • @samsonmacumi8648
      @samsonmacumi8648 Před měsícem

      Iyo n imana yabatumye vyukuri ?cank ni politique y ivyo mwateguye mwashatse nivyashika mubeshere imana NGO niyo yabiguye

  • @amkacreativetugirimana1245
    @amkacreativetugirimana1245 Před 2 měsíci

    Alleluia, ndabasuhuje bavandimwe. Uwiteka Abohore Uburundi Kuko mu gihe nanjye nari muri Johannesburg muri 2001, numva umuntu wo muri west Africa arahanura, avuga ku Burundi. Abuvuga neza.
    Avuga ko Imana Ifitiye byinshi byiza .
    Ndanezerewe cyane, Torero ry'Imana.
    Uburundi butazarangwamo Hutu na Tutsi, aho abana babarundi Bose baziyumvamo Abana b'Imana ni Ubwo nyine.
    Alleluia

  • @millerfreeman9298
    @millerfreeman9298 Před měsícem

    Glory be to God Almighty. Hallelujah. In jesus name. Amen, amen, amen!!!!!!

  • @njorijanavenand3632
    @njorijanavenand3632 Před 2 měsíci +1

    Imana itube hafi n'umuryango wanje

  • @felicismehacimanafefe7463
    @felicismehacimanafefe7463 Před měsícem

    Ivyo Imana Igomba Nivyo vyiza Iduhe kwézwa

  • @mfurayuburundi2421
    @mfurayuburundi2421 Před 2 měsíci

    Amen IMANA itube hafi iturindishe amaraso ya YESU

  • @florancekanziza7323
    @florancekanziza7323 Před 2 měsíci +1

    Urambahafi Mana❤

  • @menedoranshimirimana5434
    @menedoranshimirimana5434 Před měsícem

    Imana ibahe amahoro

  • @nsafelix
    @nsafelix Před 2 měsíci

    Ngaho da murasubiriye.mbe abarundi nibo bonyene bavugana n'imana

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 Před 2 měsíci +1

    Esther yitwa Murebwayire apana murengayire. Muvuga nivyo mutazi ityuu. Musigaye musesema!!

  • @MariusHavyarimana-yi9te
    @MariusHavyarimana-yi9te Před 2 měsíci

    Ba muretse Sha ayo manyanga

  • @nurianuria9887
    @nurianuria9887 Před měsícem

    Manaturi ndirir famille

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera Před 2 měsíci

    Emwenivyontawo bidehakwel ivyomuvuze biraboneka

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c Před 2 měsíci

    Murakeza!

  • @user-le3et5mr7z
    @user-le3et5mr7z Před 2 měsíci +3

    Amen ❤️ Amen ❤️

  • @NshimirimanaFabrice-po2of
    @NshimirimanaFabrice-po2of Před měsícem

    🎉ndayishimiye mbona aguma akomera mwibukeko iyo abantu bihanye lmana ibagirira imbabazi kand ihimbarwa nuko bose bakizwa ntazigo ifise on

  • @user-ek5sr4sd4r
    @user-ek5sr4sd4r Před měsícem

    Murakoze muduhe na bwabuhanuzi Evelyne Musumari murakoze

  • @juniornizigama2547
    @juniornizigama2547 Před 2 měsíci +1

    Haraho yihenze, azotwara umwanya urume rumara? Je mbona ndayishimiye yarengeje imyaka 3.

  • @NtirenganyaClaude-zy9zw
    @NtirenganyaClaude-zy9zw Před 2 měsíci

    Ubwobuhanuz nibwo

  • @BarinzingoThelance
    @BarinzingoThelance Před měsícem

    Amen❤

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg Před měsícem

    Imanishimwecane
    Ihabwicubahiro
    Tubirindire
    Arikonimbantumvisenabi
    Uwuzoyoboruburundi. Wavuzekwazazananahh??

  • @therencendikumana9391
    @therencendikumana9391 Před 2 měsíci

    Amen

  • @pacifiquebizindavyi9993
    @pacifiquebizindavyi9993 Před 2 měsíci

    Ntanagasoni

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 Před měsícem

    MANA dutabare

  • @bayikezeemile8269
    @bayikezeemile8269 Před měsícem

    Nitwihana naho?

  • @davidmukeshimanadavid1636
    @davidmukeshimanadavid1636 Před měsícem

    Naho ntoronka umwanya wo guta kuri ibi, ndazi ko amatora ageze abavugishwa bavuka ku nguvu

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t Před měsícem

    Mana tugirimbabazi uzuturinde nabacu.

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro Před 2 měsíci

    Uko nukuri ntaho yihenze ahubwo imana idufashe kwama dutunganye

    • @user-dj2dx4br6g
      @user-dj2dx4br6g Před měsícem

      Mana nyaguhora kungoma ni wewe twizigiye ntidunya gupfa ahubwo dutinya gupfira mu vyaha uraduha kwezwa mana yacu kandi uhoraho biraba nkuko ushaka amen

  • @chantalmboningabira3751
    @chantalmboningabira3751 Před 2 měsíci

    Ubuhanuzi n'ubuvugishwa bwa beba gidiyoni,ndaburimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
    Ubupfumu n'uburozi bwiwe ndabusambuye mw'Izina rya Kristu Mwami.
    Umuvyeyi Bikira Mariya Yatuwe Uburundi n'akujanjagure akumene umutwe sekibi nyabingi wiyita imana ugapfumurira bantu ivyo wateguye wiyita Imana.
    genda ja munyenga y'irimbukiro,ugende wikoreye ivyo wazanye vyose kw'isi.
    Ndabigutegetse mw'Izina rya Kristu Mwami.

  • @ARstone777
    @ARstone777 Před 2 měsíci +1

    Ariko imana ko ikunda abantu kuki burigihe muyihuza nurugomo nurwango gusa gusa?

  • @ezekielnsengi2480
    @ezekielnsengi2480 Před 2 měsíci

    Murabufise mu nyandiko

  • @FeliciteGahimbare
    @FeliciteGahimbare Před měsícem

    Ukonukui😅

  • @user-uj3km3vy8w
    @user-uj3km3vy8w Před měsícem

    Kura ubwovburofa ngaho aho ntasoni uriko ubeshera lmana

  • @busirufullcomedy6176
    @busirufullcomedy6176 Před měsícem

    Murafise ikibazo

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 Před 2 měsíci

    Ariko abantu murakunda ama views vrt. Nne wew ubu buhanuzi bwa Gedeon urazi igihe bumaze babuvuga? Aho wew ikintu gishasha uzanye nikihe? Cafait des dizaines d,annee' buvugwa. Ni musenge ivyubuhanuzi muhebe kko ntimurabahanuzi muriko muvuga ivyo Gedeon yasize avuze

  • @romes8980
    @romes8980 Před 2 měsíci

    😂😂😂

  • @user-tk7ky7tx3v
    @user-tk7ky7tx3v Před měsícem

    Murabesha imana ibarinde😂😂😂😂😂

  • @SinzinkayoMichel-lu2iw
    @SinzinkayoMichel-lu2iw Před 2 měsíci

    Oya murabeshe. None vyandike muri Bibiliya. Nta buhanuzi butandikwa. Izo nzozi ziva kuri Satan !