IMANGA SERIERS ÉPISODE 44 😭😭 /ALINE AVUZE AMABANGA YOSE YA MAMAN YVAN ABEL AGUYE MUMAZI 😭😭

Sdílet
Vložit

Komentáře • 269

  • @mukarugiravictoria4279
    @mukarugiravictoria4279 Před 16 dny +32

    Abodufatanyije gukunda imanga mugezehe mubanguke 🏃🏃🏃🏃🏃 twihere ijisho 🔥

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o Před 16 dny +11

    Ntubona rero ko Abel ufashingingo nkumuntu wumugabo nayo meme wewe azokwamari kavyonzi ibihe vyose❤❤❤❤

  • @RizikiZiki
    @RizikiZiki Před 16 dny +5

    Mama Yvan tama mbaya reka kwifuza ivyutaruhiye nukuguma utoteza juste kandi niwe watwaye iradio kwa moniya kugira utoteze juste 😢pole sana nugushaka ubutunzi kunguvu 😅

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066

    Imanga hajuru cane✌️✌️❤️❤️❤️❤️

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před 16 dny +5

    Yooooo mwese ndabakunda ariko ndabuze ahompere nahompereza kuko muranyuzuza mukanyubaka yooooo ababonako Yvan ariko abwiza ukuri mama Yvan tumenyane vyukuri umwanditsi yubahwe 🍷🍾🍷🍾 Abeli musaza courage Aline angira yishugwe 🥀🌷🌹🌺💐⚘ ndabumvirinze oohoo yemwe ni fayaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

    • @manassemanirakiza9526
      @manassemanirakiza9526 Před 15 dny

      Basha yvan mbwira nyina vyo !! Kuko amagara aruta amajana!! Niyemere yumvire yvan nubwo ari umwana wiwe nimuto sigito kandi gutinya ngo uracari muto yvan arabizi neza ko aribwo bitindi mwibuke ko yagwaniye ineza kuva Aline atanywe inda kwa Bosco!!

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 Před 8 dny

      Yohooo!!! Abapfumu muri CZcams ??? Kweri !!!

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi Před 16 dny +3

    Courage ndabakunda cane numwany muduh urakwiye pe❤

  • @user-jw5ls4sm6w
    @user-jw5ls4sm6w Před 17 dny +4

    Ndabarindiranye igishika ninkumbu nyishi ndabakunda ❤❤

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o Před 14 dny

    Wamwana wa norsque yakuze mwatinz muramutwereka😂😂😂😂courage 🎉🎉🎉🎉 mubirimwo neza

  • @NeemaJoselyne
    @NeemaJoselyne Před 16 dny +4

    Mémé uyumusi wakinye neza rôle yawe yukwitambika mubitakureba

  • @NellyReilla
    @NellyReilla Před 16 dny +12

    Ariko meme yamana amahane murugo nareke arine asubirane numugabobwiwe haha abashigikira abel na arine muginghono❤

  • @Denise-iw5ue
    @Denise-iw5ue Před 12 dny

    Emwe meme uri tobiya nukuri ngo ntibishoboka non ko amategeko azi aline mais mwese ❤❤❤❤ kand courag abel ufashingingo nkumushingantah pee nivyo ndagushigikiy

  • @user-tr9vp6ef3h
    @user-tr9vp6ef3h Před 16 dny +3

    Murakunzwe zura shishura Aline wacu

  • @user-ei8mo3rr7l
    @user-ei8mo3rr7l Před 16 dny +3

    Abel data umwanzuro nuko nyina wacamamare mpaka agende ntakuganze kuko arasesema

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 Před 16 dny +2

    Narinagumye nayinetse Ahanihoniberye🎉🎉🎉🎉🎉

  • @furahandayishimiye2000

    Nimanga Koko nukur inyigisho irimwo mwakire ayanyu murayakwiye team abel🎉🎉🎉🎉🥰🥰🥰🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🌺🌺🌺🌺🥀🥀🥀🌿🌿🌿kur cane hashobok nihombifuriz kuger 💪💪💪💪

  • @NshimirimanaMarychantal-nr9of

    Imanga hejuru cyan komera bzkinyi bamareresi beza ❤😂🎉

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 Před 15 dny +1

    Courage ❤❤❤❤❤❤❤

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd Před 16 dny +2

    Good

  • @TherenceNiyonkuru-zf5fn

    Yemwe yemwe bakavyonzi ntahobabuze warah uwomujama aricakubitwa ariko ntimunyibagize muzonyerek bosco nawe ukwamerewe nayanani yiwe yatuma yikura Aline😂😂😂Gus ndabakunda❤❤❤

  • @i-yvette
    @i-yvette Před 15 dny

    Murakoze ariko murabe mwongere iminota bossi

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w Před 15 dny

    Même murug rwa Abel yaje nkichetan dabarahiy 😂😂Alin wemer kk niwunzw n'a mategek courage xanaa 🎉🎉❤❤

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Před 16 dny

    Imanga séries irarenze🙌🙌, courage

  • @benignekwizera924
    @benignekwizera924 Před 11 dny

    Umwanzuro mwiza kuri Abel uciye ubwenge urabidadanuye😘😘❤️❤️🌹🌹

  • @user-yb1hq2ee1d
    @user-yb1hq2ee1d Před 14 dny

    Ark mwaduhae suite kl😂 courahe kbx 💪💪💪💪

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 Před 15 dny

    Même akunda ibintu kurush abantu😂😂😂😂😂😂rero niyicare bahangan N''Aline guk niw ariko aravyongaaa 😂😂😂😂 Juste ur'intore s noguhish 🎉🎉🎉🎉Monia ariko afash même knd bizoj ahabonaaaa,❤❤❤❤❤❤

  • @SggzgxgSggzgx-dd5uf
    @SggzgxgSggzgx-dd5uf Před 15 dny

    Murakunzwe beza banje 💗🌹🌹 Team Abel mbakunda kanini❤🥀💞💓🌷

  • @maikoscofield2843
    @maikoscofield2843 Před 15 dny

    Good job akazi keza cane muli film ndundi

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg6083 Před 16 dny +1

    Courage ❤❤❤❤❤❤

  • @GloriaNisengwe
    @GloriaNisengwe Před 10 dny

    Nimuduhe vrt turayitegereje🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-ke6tm1ku7h
    @user-ke6tm1ku7h Před 16 dny +2

    Aline arikuyeko imbwakazi 😂😂😂

  • @IrananaNadia
    @IrananaNadia Před 14 dny

    ❤❤❤❤❤ bash ibint numunon

  • @drmvuyekuredidace6449
    @drmvuyekuredidace6449 Před 16 dny +2

    Yioooooo kwaheli

  • @HakizimanaClairejoy
    @HakizimanaClairejoy Před 16 dny

    Aline naj ndagushigiki y'ubahw 🎉🎉meme naw urantwengej pe!😅😅
    Mwirambir mwes ndabafana🎉🎉🎉🎉

  • @mukarugiravictoria4279

    Abel nukuri wahisemo neza guhitamo Aline🙏🙏🙏🙏

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Před 16 dny

    Waooooo abel urumutama nubaha pe ubikora neza kbs ufashe ingingo yo ndabashigikiye ❤❤❤❤

  • @Darcine-bx4ou9by6f
    @Darcine-bx4ou9by6f Před 16 dny +1

    Courage aline 🎉🎉

  • @shopaman3726
    @shopaman3726 Před 16 dny

    Courage 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Rinaclassley
    @Rinaclassley Před 16 dny +2

    🎉🎉🎉

  • @minanietienne-sz8xu
    @minanietienne-sz8xu Před 15 dny

    Lekker movie guys appreciate

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 16 dny +3

    Namba one I manga hejuru ❤❤❤❤😊🎉

    • @rahimaksa4422
      @rahimaksa4422 Před 16 dny +2

      🤞🤞🤞🤞🤞🔥🔥🔥🙏

    • @egidendayizeye
      @egidendayizeye Před 15 dny

      Oohoo Abel gumakungingo ufash uguman ubugabo bwawee

  • @AzizaKubwimana
    @AzizaKubwimana Před 16 dny +1

    ❤❤❤❤❤❤ nukuri nibanyaruts iyind

  • @YvesBally
    @YvesBally Před 15 dny

    Mwubahweee 🎉🎉

  • @JeannetteMutoniwabo-of3ko

    Ndakunda ukuntu Justin Akina! Aratuje ntavyo guhahamuka nka meme😃😃😃😃! Justin Tora ❤❤❤❤❤ twawe

  • @KevineIradukunda-gm7od
    @KevineIradukunda-gm7od Před 16 dny +2

    Maman Yvan azosara 😂😂😂😂

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 Před 16 dny

    ❤wow Aline ingingo ifashwe numugabo wawe irakwiye ndakwinginze ntuzomuhakanire. Hama uwomuhabara ateje akajagari murugo rwawe yimurirwe ahandi nivyo ❤

  • @umurerwayvonne2763
    @umurerwayvonne2763 Před 16 dny

    Mubanguke turabakunda cyaneee

  • @nizigiyimanaesperance-jt2ty

    Uyumusi nacerewe disi❤❤

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 Před 16 dny +3

    Murakoze kuyinyarukana Narindabanyotewe muga❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ntimusubire kuyirizako muyirazekokandi tuyirabe twagadaraye ninyota gusa harasha🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥mumpe link Abona kohazagusha kuriyaladio babeshera jesters mbafashe💪💪💪💪🤸🤸🤸🤸gusandabakunda🥰🥰🥰🥰🥰🥰♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr Před 16 dny +6

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NiyurukundoEdige
    @NiyurukundoEdige Před 16 dny +1

    Courage turabakunda cane

  • @FrancineIRANKUNDA-sj7nz

    Ugizamahitamwo meza came Abel❤❤❤🎉🎉

  • @aliceali9178
    @aliceali9178 Před 16 dny

    Sha nukuri ibintu mwigisha bibaho mubuzima busanzwe nukuri kugwanira ibitari gwawe sivyo uravunika cane kandi ntunabironk ariko iyarivyawe ntibikubuna nabukebuk ubona vyikora ndabira aline arumugore wambere ukuntu yitekerereza kk nawe aziko yakoz amakosa akarongogw nuwundi mugabo ntakwihangn yagiz ngwarindir umugabo niyompamv aciy bugufi arik méme ngwashak imitungo ntanubwo ashakumugabo😂ndaguhay pole mama Gusa ufise umuhungu wumwan mwiza sinkawe.🎉❤

  • @user-qx2bi3jz1c
    @user-qx2bi3jz1c Před 16 dny +2

    Ndabemera cyane

  • @TracyMutesi
    @TracyMutesi Před 16 dny

    Courage kabisa turikumwe us turabafana banyu Aline na Abel ❤❤ Kandi vyondyohera mwibaniye mama Ivan nawe ukina neza ariko urikovuruga kabisa Justin nawe🎉🎉🎉urintore nkanyoko

  • @hervinenihoreho146
    @hervinenihoreho146 Před 15 dny

    Courage 🎉 team imanga ❤️

  • @user-wi6wc4bu2y
    @user-wi6wc4bu2y Před 15 dny

    Ndabakunda caneeee ❤❤❤❤

  • @NashazaVanessa-dc2sg
    @NashazaVanessa-dc2sg Před 16 dny +2

    ❤❤❤❤

  • @leoncinsabimana9813
    @leoncinsabimana9813 Před 15 dny

    Justin,Abel,Aline,na yvan mwubahwe ndabakunda mubirimwo neza!! Ariko meme yumveko ndamwanka kuko ubugome bwiwe buraakabije!! Mureke kuza muradutevya turabakunda❤❤❤❤❤

  • @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc
    @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc Před 16 dny +1

    Hejuru can ❤🎉

  • @AnickNahimana-tx2ob
    @AnickNahimana-tx2ob Před 15 dny +1

    Ahubwo Justin sigutekereza gusa,jewe nomwitako nkavuna😊

  • @vyukusengechantalchantal8899

    ❤❤❤❤ waooo imanga irabaye imanga pee ebe rongora arine nisawa

  • @user-qp5ks8oc8e
    @user-qp5ks8oc8e Před 16 dny

    yarigeze aho iryohaaaaaaaaaa ariko mwihute kuzana iyindiiii

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr Před 16 dny +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @cedricndihokubwayo6737

    Courage goose

  • @EmmanuelNdayikengurukiyeNderu

    Courage mutegura ibintu bizima!

  • @EvelyneInamahoro-mw7je

    Harahiye Koko Abel fata ingingo nkumuntu wumugabo ndabakunda cane❤

  • @chimenekarrybruyante3189

    Courg mutoni wnj❤

  • @ClarisseMunezero-zo7we
    @ClarisseMunezero-zo7we Před 16 dny +2

    Abe 😂😂😂😂urumwana warabesha pe

  • @NitungaJesusMarie-hm5bi

    Courage❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @LazardHavyarimana-kb3nv
    @LazardHavyarimana-kb3nv Před 16 dny +1

    ❤❤❤🎉🎉🎉

  • @DavidIgiraneza-gn4bn
    @DavidIgiraneza-gn4bn Před 16 dny

    Waaaooo sha murandyoberej umunsi

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi Před 16 dny

    Abel igigoyawufashe niyukur kadi ntuhidur meme abarasar ❤❤❤

  • @user-zr8hy5qz4s
    @user-zr8hy5qz4s Před 16 dny

    Kwisi nzima nzanabona ikigeragezo c,umugore😂😂😂😂 Maman Yvan weeeeee

  • @KwizerimanaAmos
    @KwizerimanaAmos Před 15 dny

    Yooooo mtama kabx muduhe igice gikurikir kuk ahobigeze namavuta

  • @Nikiza.Bellansine
    @Nikiza.Bellansine Před 16 dny +1

    ❤❤❤

  • @user-we3fn1qk9e
    @user-we3fn1qk9e Před 16 dny

    Courage cne ham Abel rab utwar Aline kbx birakwiy kuk numugore yubaha

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p Před 16 dny +1

    Courage

  • @mwaminiiranzi
    @mwaminiiranzi Před 16 dny

    Maman Yvan bizokunda ndabishigikiye arine KO aba madame Abel❤❤❤

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu

    Imanga hejur cane gusa ndashak norsque agaruka nawamumama yagomb amuhe imitungo hamw n Bosco naryahabara ryiwe mutubwire ah bigeze

  • @MichelineNiyonzima-ko2km
    @MichelineNiyonzima-ko2km Před 16 dny +1

    Nice

  • @user-rg5mp6ne5k
    @user-rg5mp6ne5k Před 16 dny

    Hama umwana waline yamushize hehe

  • @irutingaboornis8564
    @irutingaboornis8564 Před 16 dny +2

    musigaye mutevyaaa kuduha Filme

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před 16 dny

    Yoooo ndapfuye yemwe birakunda mama Yvan uranyishe ngo ngwiki ntibikunda birakunda cane gose kuko baranditswe

  • @Konsa-h4k
    @Konsa-h4k Před 15 dny

    Urachirisoni. Mama. Iva. Aberi. Twara. Arine. Mukurikize. Jasitine😊

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 Před 16 dny

    Ewe Meme ufis ikihe kibazo😂😂😂😂😂

  • @user-xh3cc7yp6o
    @user-xh3cc7yp6o Před 16 dny

    Abel urakoze nkumuntu wumugabo peee nakare Aline niwe abereye urugo rwawe vmt vyompimbara mbonye kubana ❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-wz5nm4cb1w
    @user-wz5nm4cb1w Před 16 dny

    Abel uvuze ijambo twar turindirany igishika ndagusab ntibaguhuvy

  • @NiyonkuruClodette
    @NiyonkuruClodette Před 15 dny

    🎉🎉🎉🎉 muduhe épisode 45❤❤❤❤

  • @NellyReilla
    @NellyReilla Před 16 dny +1

    Amashuewe yanje ndayahabwe mbaye mubambere

  • @NolasqueIrambona-gm2rn

    Ako ka gore ngo ni maman Yvan karanshisha kayemwe

  • @Graceigabaneza-fd1pk
    @Graceigabaneza-fd1pk Před 16 dny +1

    Mana yanj j même aransetsa pe ! Gus nshk ukur kuj ahabn Justin bimuveko vyiradio

  • @user-xk1gs5qm5z
    @user-xk1gs5qm5z Před 15 dny

    Abel courage urashoboye Hama film iraryoshe

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu

    Abel fatinging nkumushingantahe rekan nuw murwayi ng n même umuhung wiw yama amuhanura yanse kwumva

  • @NduwimanaVianney-xw2uy
    @NduwimanaVianney-xw2uy Před 16 dny +1

    Tubarindiranye igishika turabakunda

  • @niyibiziviane3396
    @niyibiziviane3396 Před 15 dny

    Waooooooo🎉🎉🎉🎉

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj Před 16 dny

    abahano bapfa ahobavyaye nikibazo😢😢😢

  • @LydiaNelly-sf2gw
    @LydiaNelly-sf2gw Před 15 dny

    Meme😂 gezah nukuri ivyugira bigir umunt atih agacir

  • @UamahirwPacyy
    @UamahirwPacyy Před 10 dny

    Mam iva tang amahor 😂🎉😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂

  • @FiacreNibogora
    @FiacreNibogora Před 16 dny +1

    Ndahari ndabona badusutsemwo akantu

  • @user-tb4vu7df6w
    @user-tb4vu7df6w Před 15 dny

    Hagiye gusha warahi😂😂😂😂😂😂😂😂😂