YARI AVUYE mu BUKWE| Ngiyi OPERATION uko wa mupolisi yarashe uyu musore kubera Chainette yari yambay

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 05. 2024
  • BIRABABAJE! uko UMUPOLISI yarashe uyu musore ashaka chainette ihenze yari yambaye.. Jonathan NDIHOKUBWAYO ari kubabaza benshi..

Komentáře • 10

  • @SHADIAFILMS
    @SHADIAFILMS Před měsícem

    Wibeshya

  • @Imanishimweetienne
    @Imanishimweetienne Před měsícem

    Pole ndisi imana imwakire

  • @Ngabiranoelnassif
    @Ngabiranoelnassif Před měsícem

    Nihatari ivyu Burundi bisigaye birenze 😢

  • @user-xh7cw2mo3p
    @user-xh7cw2mo3p Před měsícem

    Mbega igihugu kingegera.
    Mbwira nawe igihugu kiyobowe n'abantu bameze gutyo koko.
    Ubwo se uwo ni umupolice nyabaki koko!?

  • @dinaniyo4921
    @dinaniyo4921 Před měsícem

    None nkivyonibiki Biggenden biba umuntu kwica uwundi amuziza ubusa akwiye kwi kutabaho nawenyene

  • @user-xh7cw2mo3p
    @user-xh7cw2mo3p Před měsícem

    Mbega Burundi weeee!
    Ese ubundi buriya uburundi bufite ubuyobozi mwe?nihatari kweri.
    Ushinzwe umutekano yifatanya n'amabandi pe.
    Ahubwo abaye igitambo cya shebuja niwe waruramutse atewe cach n'umurinda da.
    Nawe yari kuzamwivugana akamwambura

    • @tuyishimelouise5858
      @tuyishimelouise5858 Před měsícem

      Ivyo se aho bitaba nihe ? Mu Gwanda ntibirigwa barasa abaturage kwaruko batavuga… muri America se basiba guhohotera abirabura none ngo mu Burundi?

  • @user-jb3wo1ch6j
    @user-jb3wo1ch6j Před měsícem

    Ba jonatha ko barikwicwa? Uyu abaye uwakabiri numvise murukukwezi witwa gutya nawe wishwe

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse8549 Před měsícem

    So sad 💔💔💔💔

  • @tetamediatv7499
    @tetamediatv7499 Před měsícem

    Rip