Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze uratubwira kubahungu naho tubimenye.
Wauuu byiz cyane ndagukund kubwibyo utujyezaho.
sha nakuze umuhungu ariko sinigeze mbimubwira ahubwo mwereka ibimenyenso ariko sinzi ko azabibona pe
Hi
Ok mugze neza
Umukobwa w'inshuti yange iyo ahoberanye n'undi muhungu, numva amahwa Ari mukunjomba mu mutima pee. Ntazonge daa!
Ndakwemera mwiza 🙏
Nivyo vyose nanje vyabayeko🇧🇮🇧🇮
Shanga ndebye Ino video mbona haruwo nkunda pee
Naho se umukobwa uguhangara, ugukosora mu makosa, uguhana,.. ukuburanya ..b
Uwuri kure nawe uzobona gute ko yakunze? Yiwe kandi cyane
Nice
❤❤❤❤❤😂
Emma weeeee! Urabaduteje! Bazajya batuvumbura kd biba mu ibanga!!! Ubutaha utubwire ku bahungu. Kd urakoze cyane. Ibyo ni ukuri. Ese kubwira umuhungu ko umukunda ni bibi?!
Urakoze Emma ivyuvuze nivyope najewe ndamukunda kunseko yiwe iyo agizimisi ataseka ndamwibutsa nkamubwirati iyucishamwo useka urampimbara Bandanya utubwirabahungu nabo shangazi urakozepe
Bagomba kumenyako mubakunda sibyiza se ?
Canke buba aruburaya
Hhhh
Chr wange Bariducishijemo.
Umuntu yabona nimero zanyugute
Ikindi abakobwa nabahungu bo murino misi barinjira mukintu ariko batari serioux na serieuse. Urugero kuko ntivyumvikana ukuntu mushobora kuvugana kukazi iminota 2 niyambu yambu yambu wiriwe gute bikarangira ukibaza uko urukundo ruzokomera ukabura
Nibyo pee
Niki gitera gutinya uwo ukunda ukumva umutinye
Shangazi, byukur uraciye ubwenge pe, uvuze ukuri, kbs vyose vyarambayeko.
Ndabakund cane
Thx Shangazi
Thx changazi ndagukunda nukuli bikaze
Murakoze cane .Hezagirwa
0785841940 njyendasaba ubufasha??????
Urakoze uratubwira kubahungu naho tubimenye.
Wauuu byiz cyane ndagukund kubwibyo utujyezaho.
sha nakuze umuhungu ariko sinigeze mbimubwira ahubwo mwereka ibimenyenso ariko sinzi ko azabibona pe
Hi
Ok mugze neza
Umukobwa w'inshuti yange iyo ahoberanye n'undi muhungu, numva amahwa Ari mukunjomba mu mutima pee. Ntazonge daa!
Ndakwemera mwiza 🙏
Nivyo vyose nanje vyabayeko🇧🇮🇧🇮
Shanga ndebye Ino video mbona haruwo nkunda pee
Naho se umukobwa uguhangara, ugukosora mu makosa, uguhana,.. ukuburanya ..b
Uwuri kure nawe uzobona gute ko yakunze? Yiwe kandi cyane
Nice
❤❤❤❤❤😂
Emma weeeee! Urabaduteje! Bazajya batuvumbura kd biba mu ibanga!!! Ubutaha utubwire ku bahungu. Kd urakoze cyane. Ibyo ni ukuri. Ese kubwira umuhungu ko umukunda ni bibi?!
Urakoze Emma ivyuvuze nivyope najewe ndamukunda kunseko yiwe iyo agizimisi ataseka ndamwibutsa nkamubwirati iyucishamwo useka urampimbara
Bandanya utubwirabahungu nabo shangazi urakozepe