Bro sinzi imyaka ufite gusa ukombibona urumwana uburana ibintu byubwana kbs jye sintize muri system ya French kbs gusa gacye nzi ndabyumva so rere sindi muri competition yajyenawe yokuvugango sinzi France kuko ahojyahose na translator nitwaza hanomurwanda harabantubenshi cyane harinamashuri menshi yigisha muri france petit
Wagiye wananirwa kwliii,nta interview,nta passe waronse yogushika no kuri podium so urababaje sha Landry genda wifuke 😢😅Hama usubire kwishure😂wige français na Anglais kugira ube umu promoter internationale 😮
Hittoptv1...Turabakunda
Félicitations à toi muana mboka Dadju 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Ah si si les fans bari chaud, on adore!! Le son iri bien too, le concert était Top, feeling the heat and the love for all the artists!! Ils ont géré
Dadju ndamukund kubi iyombahafi sinasiba ❤
On était là avec prince dadju mwana mboka +243 🇨🇩🇨🇩🇨🇩 félicitations vraiment
I like this Performace
Uwutananigwa natwe tutashitse uraduhaye show urakoz✌️
félicitation dadju bb❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ les congolais hoyeeeeeeh nous somme très heureux de vous voire
C'est la première fois que vous donnez un bon spectacle ❤😂😂😂😂😂😂😂
Dadju ❤❤
Félicitations dadju mwana mboka ❤❤🇨🇩🇨🇩🇨🇩🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾💪🏾💪🏾🇨🇩🇨🇩🇨🇩🩸🩸🇨🇩🇨🇩🩸🩸
Sawa mwese turabemera❤
Tu est fou hit top tv ngo big fizzo kweri🎉🎉🎉🎉
Landry promoter ntukeney kwandika ama titres atariyo kugira turabe ivyo wapostinze....ibiganiro tuzobiraba ntugire ikibazo...ivyo vyokwandika ibitarivyo bireke please....Hama courage mukazi kawe bro....Concert yari top kabisa...abategura ibiteramo nabone babonereho gukora vyiza kugira biduheshe honneur muvyo dukora twese
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Bg fizzo👑👑👑👑👍👍💪💪💪
Trop chic pour cette nuit inoubliable❤❤
My favorite artist ❤
❤️❤️🇧🇮
Au Congo nous avons tous, la fortune les talents, hoooo j'aime mon pays Congo ❤ 6:17 6:19 🇨🇩🇨🇩🥰
Tous Les pays ont des talents , arrête ça
Gusa arimwo akora ikosa 1 nkokwandika ngo yaririmvye indirimbo ya fizzo atarivyo ntabwo arivyiza mwe hariyo mwumvise
Ahubwo Landry arasara
Abaririmvyi bacu nibige kuririmba ibintu vyodutuma twumva turyohewe baratuzi...nibige kumenya ivyo dukunda ibi bizoshika...abarundi barakunda kuryohegwa ntitubibonemwo umutima mubi bitwigishe kumenya ivyo umuntu akunda tugaca tubimuhereza ntashobora kureka kumviriza ikintu kizima....umuziki utonze, ukoze neza, ufise son nziza....ubundi son nziza yonatwica tukama muma concert...Bravo BRARUDI Kuri son Burya nicokintu canatumy abantu basara gurtyo...Big up Burundi
Murababwira muti mwese muriyanka ntimwikunda
Vyunguriki kumuzi wacu kuzana dadju
😅🥹😅🥹🥹 indirimbo ya big fizzo iyihe
Ahubwonyne nareke kutubesha
Hit top Tv merci, de belles images ou on voit le public et la scène ❤❤
Mwana mbona toujour✌️
❤❤❤
Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Aha ndazi les congolais nibo Bari bcp
Félicitation dadju
#Landrypromoter number UNO
igitoro canje
Le congolais💥
Big fizzo hejuru
nous sommes là
Hahah Dadju 🤭🤗😘🤪😜🤤
le roi de la music
❤❤❤❤❤❤
🥰🥰🥰
Nilikua simjui hata kidogo
🔥🔥🔥🔥🔥
💪💪💪💪💪💪💪💪
❤❤
Wamugabo sinarinzi kakunzwe nabarundi kugeza aha
Igihe mukora akazi kanyu kuba honnête ni vyiza hakugira uronke ama likes kuber ubeshe sivyiza
Randry nubwo nkwemera hamwe hamwe urasara nkeseri nkindirimbo ya big fizzo aririmvye niyihe kwatanamuzi
Hasigaye maître Gims 😂😂
Iyi niyo mpamvu notre artiste bahabwa make iyiniyo show rero😅😅😅
Kubesha kuri titre ya emissions hakubateza imbere bizobasubiza inyuma iyo n’impanuro yagusa
Ibaze nukuri.😢ngo dadju yaririmvye indirimbo ya big fizzo ndake.
Iyo ndirimbo yayiririmvye ryari😂😂😂😂😂😂😂😂
Urukundo abo bakobwa bigihungu betetse dadju turashaka bazorwerek umurundi muri show bamuririmbire indirimbo yose hakama imyidogo ngo abaririvyi bacu ntibahabwa ibibanza kumbe biva kuba fana niho nkibona ko abafana bikundira ivyo hanze yigihungu gusa dj imizik yavuza twarayumvise naw akwiye kubisingura kuguma avuza imizik yo hanze mumaso ya Dadju ntiyibaze vyaratunejereje
Kbs✌️✌️✌️
😢abobajama ninoma ego gusa jmfana maître Gims mukuruw uruaj ni Marcel noyipusha nkajakumuramuts ndamupfira
Noe k yabajij ab congolais bos bar bo
Abantu bifitiye imitahe bazomugarukane ntushobora guhomba p
Indirimb yand ?😂😂😂
Abantu baratwawe n'isi kweri naho uburundi bugeze buyoba?
Indirimbo ya fizzo iyihe mwa myaku mwe?
None kotwaheruka utubwiyeko ugiye kumubaza dadju vyahereye ncanke bagukatiye urikuvuga ibifaransa vyaboze😂😂😂😢😢😅😅😅
😅😅😅😅😅😅
Vyari bitesa kabisa
Umutananirwa amashurw yiw ayahabw🎋🎋🎄🎄
Ngomu Burundi harubukene wapi
Landry ko mbuze ya ndirimbo ya Fariouz Dadju yaririmvye??Mbandanye ndonderera hehe??
😂😂abarundi nabo barazi kubosa kwri.nkivyobirimi babifashe ryari kukomva indirimbo ziw zose bazizi
😂😂😂
Ibintu promoter waduhaye vya Dadjou n'induru gusa wapi ntibwo bifise sound yumvikana pe
Mpore twe turavyunva kweri
Ndakeka Abanyarwanda ngaha ntanakimwe bariko barumva kuko igifaransa umengo sikirenga muribo.Uwumparirije navuge uti yariko aririmba ibi😂
😂😂
Baranakubeshye bro gusa nanibirenze kukise utavuze tzania uganda cgw kenya ukibanda kubanyarwanda nukishyiremo abantu utazi ibyabo tyc aza akubita bk arena wabonye iyo show bro searching CZcams tyc in Kigali urayita wemera sha ibirero nabirenze bro
@@patrickmuhire733 Kugira nguhinyuze nawe vuga ibi unyishuye mu gifaransa?muga je ibi nakubwiye vyose nobikubwira mugi França
Bro sinzi imyaka ufite gusa ukombibona urumwana uburana ibintu byubwana kbs jye sintize muri system ya French kbs gusa gacye nzi ndabyumva so rere sindi muri competition yajyenawe yokuvugango sinzi France kuko ahojyahose na translator nitwaza hanomurwanda harabantubenshi cyane harinamashuri menshi yigisha muri france petit
Sasa Dadju numukomngomani?
100%
We Landry utanguy kwigira imbwa, be professional, ivyo kubesha ama title novyaba under ground
Wagiye wananirwa kwliii,nta interview,nta passe waronse yogushika no kuri podium so urababaje sha Landry genda wifuke 😢😅Hama usubire kwishure😂wige français na Anglais kugira ube umu promoter internationale 😮
Dadju j ntaw narinz 😂muga indirimb ziwe numvis zikaze kwer non numuki uyo congo canke 🤷♂️
Et moi aussi 😂😂
Unprofessional. Ubwo bu titres bwanyu nibwo babankira mushiramwo ibigugu vyishi. None mutavuze Fizzo ça marche pas??
Mumumpere #Dadju anzanire utudagara nubuswage🇧🇮🇨🇵🤓🤓🤓😅😂🤣💥🔥
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
TAYC FT DADJU Django,/le temps (clip officiel)
czcams.com/video/dbCfWlAAi7Q/video.htmlsi=ZjG1YyCEHtdOjXec
Bg fizzo👑👑👑👑👍👍💪💪💪