Akes Don Ma negga, nubwambere ndakumvirije ariko uranyemeje! Irizina nahora ndaribona nkaryumva. Ariko guhera ubu ngiye kuza ndakumviriza kabisa. Big up iyindirimbo iranyishe kabisa
Yep harikintu nkunze naheruka ata comment iriko nsanze 138guys big up sana abarundi ntidukunda kugira comment nkunda aba rapper cyane ark naka ni fresh respect sana bro knd ndashimye kuba usoma comment zaba fan's watching from S.a aba ririmvyi babarundi mwikebuke mwige ama court mumenyindimi sat b interview yiwe Kenya fresh sana
nge mvugishije ukuri nuko audio ari sawa cyane,ariko nimujya gukora video mujye mufata umwanya uhagije wo kuyitekerezaho kandi mwemere ibahende kugirango isohoke iri ku rwego rugezweho
Iyi video gake ndayiraba ni 5fois par jour None vraiment iyi ndirimbo sinziza kabisa ? Gusa twebwe abarundi duhinduke twemere umuziki wiwacu uko bien sana kabisa
Love from Master Muzik... 🇧🇮
Thank u bro.
Kweli Kweli
Kazi nzuri bro
Urashoboy bro
Masterland 0fficial iyi nijdirimbo itazigera ivaho. imyaka yose
WE need you to Come black Akes with the songs like this😭😭😭
Akes umenya Ko ndakwemera, natokea Zanzibar Tanzania
Thx bro
Uburundi Turafise igihangange nka Akes don na Vichou Love
🙌🙌🙌mambo mbayaaaaa kbsaaa Igikorwa cisuku😂😂nind akiyiraba 2020??
2022 niho nibereye🔥🔥🔥
Ndagukunda don urimbaneza iyondirimbo iryohera iradhika kumutima urimwiza canegose uranduhura kabanitwa christella
Nakubali mzee kitu bora sana
Thx
Nice video iko sawa
Merci mwese kubwama commmentaires yanyu.
Ese mudiho vrm ni bon sinidoga👍👍🇧🇮🙏
moi je suis peace and love
Urashoboye man
994th 99 9 99th 99 99 99 99 99 99 999 999 9999 9 99
Aka kantu karakosoye Papa
Aka ntaco kantwaye 🇧🇮💪🏽
Safi kabisa big up kabisa
Kazinzuli broo siombaya mzee
i like the way abarundi turiko tugerageza gukora ibikorwa nkivyo #Keep it up kabisa
kazi nzuli brazaeeeee 🔥🔥🔥🔥
Ego nic uzomze uduh ibi news👏👏👊
Iyi niyondirimbo y'umwaka Big up snaa Akes and Mazinana Vichou love shirako like nimba urikumwe nanje
Muratwemeje kabisa!
Safi sana vichou félicitations
Akes Don Ma negga, nubwambere ndakumvirije ariko uranyemeje! Irizina nahora ndaribona nkaryumva. Ariko guhera ubu ngiye kuza ndakumviriza kabisa. Big up iyindirimbo iranyishe kabisa
Thank u
Mortisha Vida nice akes Dan wanj komez turakwishimira
bro nice song song n video vrt nakubal sn tena big up
Who is watching this song in 2019. You did well bro ❤️
Thank u
2020🙌🙌
2022
asikwambiye mtuu warundi tunajuwa kuimba courage kweli
Mukoju brother nimependa kazizenu sana salut munaniweza
Thx
Kazi nzur sannn bro wetu
Yep harikintu nkunze naheruka ata comment iriko nsanze 138guys big up sana abarundi ntidukunda kugira comment nkunda aba rapper cyane ark naka ni fresh respect sana bro knd ndashimye kuba usoma comment zaba fan's watching from S.a aba ririmvyi babarundi mwikebuke mwige ama court mumenyindimi sat b interview yiwe Kenya fresh sana
Vyose bizoza mutama. Nibykebuke
Nilikua I have never seen a video ubuniho nkikibona video peee NC song❤❤
Big Fizzo na Satura nibo bataracomanta ngaha. Turabemera Vichou na Akes
Akes Don urashyoboy vrt iyi ndirimb ndaifana cz ngum nyunviriz
Mer6 caane
Iko pow san
nakubali boss
Inawaka bro Akes
Thx saana kaka
Big sana bana buburundi
Kabisa kitu poa sana 🔥
Thanks my big Brother
Aka ga song ntigata aka novera😍😍😍😍😍
n vizuri baba
Broo iyii hit vraiment yarirenze urakwiye kwikebuka ukagarukaaa❤
So izoguma Ari hit big up San my bro iwawe by Akes don
Kazi nzuli sana big up Akes
Thx bro
congratulation inaniua
Nice video
Waouuuh ibintu vyamateka gusa 👌👌👌
Iwacu gusa ntakurenga imbibe turikwije. Buja flavour n'iyacu muze tuyifate mumugongo.
Twerekane ibigize igihugu cacuu. Anyway. Thank u
Akes kumbe iyindirimbo nigwawe yoooo komeracane pe ndayikunda iyindirimbo manaweee ndagukuruye inkofero
Iyi nyimbo umenikubalisha Akes...
Lyrics iko poa.melody imeka sawa...
Big up sna...
.....@ Kiki Houston.....
Thank u brother
@@akesdon location niiapo burundi
Ndo msani mkubwa tunae kwa sasa
Ingo turirimbe kandi caaaaane
🔥🔥🔥Who is still watching it??? From cape Town SA🇿🇦
Iciza kirigura. Iyi vidéo turayemeye. Nimba nawe wayemeye uzuza liké ngaha hama tubemeze
Kweli kweli
A T.v Live iranjwehera kaba nitwa christella
Akes nakubarit
akuzuye ntikamurikwaaa. go ahead bwana Akes
Iyi video niyambere. Masterland ntaco yakoze. Kwanza indirimbo yiwe ntanaho izoshika. Ariko iyi nabana barazi kuyiririmba
Vyiza caaane bro
hii song ni bala hakuna siku inao kwenda kwa Mungu bila kuisikia,bro kiukweli umenifanya nipende buja flava
Thanks bro
mapenzi, esabu mbili ni moja👌 nice song keep it up
Thank u bro
Akes wakaaaaaaa sha ukomeza kunyemeza kbs🎧👊
Akes kora iyind song izoz isubirir iyi song nd sure ko nae ubwaw ko uyih respect
I'm in love with this song 🥰🥰
Love so much about me
Video killer iko poa blood vichou kanimalizaa kabsa respect Brian Mr falkon
nge mvugishije ukuri nuko audio ari sawa cyane,ariko nimujya gukora video mujye mufata umwanya uhagije wo kuyitekerezaho kandi mwemere ibahende kugirango isohoke iri ku rwego rugezweho
Akes kwanini ume acha music
bvavo amanjwi meza ncane ningene mwashoboye kukadukanya neza ivyo tutari tumenye kubarundi abandi baba ubusimbira hamwe amanjwi akabasiga ikindi nuko mwoza muringisha nabo muzana mukuririmhabana bakibiviva vyukuri binjanye nintumbero yindimbo bvavo
Bro akes don ngoma iko fresh still hiting in dubai
Indirimbo yibihe vyose. Thx sana Akes kumuti watuvugutiye
Loving it 😍 ❤❤🎉
Nic kwa kazi Hii Bro Brian Smith Unazidi Kuni Kubalisha kazi kubwa kubwa.Umejitahidi Ukijibeba Vizuri Mbele Pazuri Respect.
Kazi nzuri bro, nakukubali kutoka Zanzibar Tanzanian
Nice song,iyo ubizanira rimwe vyari kuba bimara ariko reka tu injoy ukunyene
Thank u
+257, hii kali kabisa.abaja Kampala na Tanzania ni Babandanyee!!Burundi tunawezaaaa!!
Mer6 frère
Iyi video niyambere. Masterland ntaco yakoze. Kwanza indirimbo yiwe ntanaho izoshika. Ariko iyi nabana barazi kuyiririmba
Abarundi turashibiye
Big Up kuri Music burundais muriko muratera imbere cane kandi mu mwanya muto, RESPECT
Ddburudi
Vichou ❤ ,peace and love 💪 big up kur video akes don,iy place yikiraro ir so dop kourage
Thank u sister
Bahita gute
Wowo
Kazi bora hujiuza
Nice audio and video kbx courage
Akes garuka nkuko udusubize muri mood
Chapeau kuri mwese yaba aba stars, yaba Brian Smith, habuzemwo Dance
Thankx
Iyi video gake ndayiraba ni 5fois par jour
None vraiment iyi ndirimbo sinziza kabisa ?
Gusa twebwe abarundi duhinduke twemere umuziki wiwacu uko bien sana kabisa
Abarundi ntituzi CZcams icarico nico gituma ata abasani bacu badashika kure
komeza akes vrem urashoboy iyo numvirij iyisong chanda gukumbura irambire kabs nc song
respect akes akaz keza vrt ntawogaya nic song kbx
Thank u
Icishe aba sani bacu buburund barakente cne ariko imana irababona😍
Big up🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Akes ndagukund san
Big up my bro
Thank u
Indirimbo iryoshe😍😍
Nice audio,nice video🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌
Go on!!!!
Thanks
Cane gose kbs
Respect ,Akes 😍ndakwemeye akantu kumutse
Akes mbee vumiliriyaa mwaarahebaanyee
iyi ndirimbo aho nayumviririj ntirambihira uburyohe ni bwabundi nyen nubu nic song
Thx
Who still listing this song in 2024
Me
Ndemeye. Ndakuye inkofero kubwanje
👍🤙
Uwurangije uno mwaka na kano nasige like
Yeah bonge la kazi kabisa kizazi sana fire🔥🔥🔥🔥🔥+257 mikono ju
Respect
Neza kbx
vyose ni top....Ako gapira ka vichou , shirako idarapo ry i burundi
vrt courage ntimucike intege ndabona turiko turaza abarundi
Mer6
Nice boss akes don🌹🌹😘😘😘👊👊
Sinzi ko hari indirimbo Akes azosohora izoza isumba iyi uburyohe.
C l fierté d'etr burundais ,côtoyer ces jeunes talentueux...courage bientôt t sera star connu partout au monde portant les couleurs nationales...
Merci beaucoup mon frère
Dayamondeplatina
Komerezaho, video nziza kabisa 👏
Thanks
Iy indirimbo ni number one ifise video nziza cane 💃💃💃💃
Audio nziza cane na video nziza vrmt... Vichou,,neza cane🙏🙌🙏
Thank u
Absolutely amazing video. Nakubali
Thc bro
Indirimbo yumwaka wa 2019
i like ....big- up my brothers from buja hits
mkari wa live music +mkari wa mistari:nyimbo nzuri sana
Thank u
Burundi artist hgo up!!kazi nzuri.habuzemo dance ibindi c'est au top!
Thx
Arko nazo wazibasabye baziguha mn kuko barabizi
Great work kbsa Nice song respect again
Nc turashimye
Video nziza sana kabsaaa!!!? Respect🙏
Video yamvere kweli
bro unaweza kwa kweli
Thank u
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Love so Much the best of east Afrika r
Nakumbuka kwer ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️