LOLILO n'ishavu ryinshi yishuye NATACHA//Hariho abantu batiyumvira mu buzima//Atanga AMAHERA akibaza

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 11. 2021
  • Woba wipfuza kwiga guteka canke guhingura ibifungurwa bitandukanye
    nyaragasa kuri LUCKYNESS' KITCHEN CMA
    LINK:czcams.com/users/results?searc...
    #lolilo #natacha #bigfizzo
  • Zábava

Komentáře • 120

  • @kabatesiannick5675
    @kabatesiannick5675 Před 2 lety +3

    Lolilo muri vyose na hose ndakwemera.Iconzico uzi kwicisha bugufi ,ukamenya nukubana.Urumwe muba Artiste b'Uburundi.Courageeeeee Imana ikugume hafi kandi ukworohereze.

  • @desaisdesaisjeanett1042
    @desaisdesaisjeanett1042 Před 2 lety +2

    mvugishij ukuri je lolilo ndamwemera .. kandi numusani yiyubashe

  • @princearnauldnjekubwayo2500

    Lolilo burya ivyo avuga nivyo kuko uwo mugabo ari mubantu bamodernije umuziki!jewe ubwanje ndamwemera cane!

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 Před 2 lety +2

    Lolilo 👊👊👊👊👊Eshima kwako ufise courage nyinshiii #Bim'amatwiiiiiiii bazovugaaaaaaaaaaa baruheeeeeeeeee ntakindiiiiii biyumviraaaaaaaaa atariiii ukuvugaaaaaaaa but we respect you brother 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @gloriosentakirutimana7499

    Bravo bro,tu es humble et véridique,humura ah'uriko uraja ni heza cane uzoshika kundoto zawe warose,Imana iriho izokwamaho

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 Před 2 lety

    Ndakwikundir cane lolilo namyenkwemera kuvakera sasa nubwo bizomeragute nzoguma inyumayawe🥰🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️❤️

  • @nduwaster_cleo5222
    @nduwaster_cleo5222 Před 2 lety +5

    Lol wew wirambir
    kk ibikorwa vyawe biranyemez.

  • @alexisnsengiyumva2748
    @alexisnsengiyumva2748 Před 2 lety +5

    Des fois le demandeur s'humilie pour arriver à ses objectifs......lolilo ndamwumva kabisa......apana kwihagararako ataco ufise ....ari kuguma muri zone de confort gusa

  • @nsumbukankuli6665
    @nsumbukankuli6665 Před 2 lety +1

    Big up mukubito god is great hushura bakumenye

  • @AisuperLove
    @AisuperLove Před 2 lety +2

    🙆🙆🙆🙆🙆 eweee #Loloo ashaa ndamanyutse neza😂😂😂
    Love from #Aisuper💓

  • @youngkiller4920
    @youngkiller4920 Před 2 lety +8

    Ubufasha ntanumwe ataba abukeney ariko biratandukanye , Hari ugusaba nabi Hari ukuvuga ugasanga vyakiriwe nabi knd yari good idea. So, lolilo yabivuze nabi munzira mbi

  • @thimmybubu1493
    @thimmybubu1493 Před 2 lety +4

    Iyo ningaruka yingwano uburundi twaciyemwo. Ibihugu bidukikije vyose vyatratey'imbere kuturusha none turiko tubisaba ubufasha. Soo abaciyumvira gutera akavuyo bisubireko, bareke natwe duterimbere nkabandi

  • @nikuzepacifique1741
    @nikuzepacifique1741 Před 2 lety +3

    Avuze ukuri lizzo

  • @ingotv7068
    @ingotv7068 Před 2 lety +2

    Bije kunguvu zidasanzwe by juste gael

  • @itangishakajerome3784
    @itangishakajerome3784 Před 2 lety +3

    Gusa brother turamweeta kndi cne

  • @alexndihokubwayo8010
    @alexndihokubwayo8010 Před 2 lety +3

    Lolilo ntamuziki ushoboye imyaka 20uririmba mbeshe unomusi yozagushaba ubufasha Tanzania 🇹🇿 nukwimaramaza kuko aboyagiye gusabubufasha batanguye nyumayiwe

  • @risarisa3239
    @risarisa3239 Před 2 lety +1

    Lolilo w wagiy mubihug vyish hanz arik hos wavay ukoz amanyang ugatah nka Ghana rr ihangan Imana yar yaraguhay urayimanuz rek rr aban baj vuba mumuzik birire ubuzim

  • @zadioar4041
    @zadioar4041 Před 2 lety

    Courage Simba Lolo niwubahwe

  • @protaisnshimirimana9072

    Rekabavuge amajambo abahere mukanwa Lolo terimbere grand frere

  • @CLfamily1
    @CLfamily1 Před 2 lety +3

    Bien dit Kabisa 🔥🔥😂👊🏾✅

  • @ferdinandnsengiyaremye
    @ferdinandnsengiyaremye Před 2 lety +1

    Komeza bavukanyi 🔥🔥🔥

  • @jacksonsalimu1540
    @jacksonsalimu1540 Před 2 lety

    Jamaa nakupenda Bule

  • @ndayijeanclaude5094
    @ndayijeanclaude5094 Před 2 lety

    Umuziki waha i burundi uwuwukora awukore kuko akunda umuziki nayo ibijanye n'amafarango vyovyo s'ejo kand sino mu myaka 10 iza. Ubwo rero Lolilo ndamwemera naranashimye n'ivyo yari yagiye gukora tz kbs, ariko aragerageza arebe ko génération ikurikira yoronka imiryango izocamwo ejo

  • @kassmoddy9245
    @kassmoddy9245 Před 2 lety

    Lolilo anko wangu unanipaga raha sana ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🦁

  • @ndikumanapegbmashin1940
    @ndikumanapegbmashin1940 Před 2 lety +4

    Reka ubujinga collabo uyikora rimwe gusa raba diamond na davido none wewe ushaka zingahe kuri diamond

  • @yvonblaisesantiishimwe1895

    Hatari kbsa 😁😁😁😁

  • @romanticboy4639
    @romanticboy4639 Před 2 lety

    Impwemu zawe msaza the JustMafia

  • @ndayisengajean1921
    @ndayisengajean1921 Před 2 lety

    Ndakwemera pe big up

  • @benjyfranklin
    @benjyfranklin Před 2 lety

    Lolilo Wubahwe cane... Go Raise our flag in the other countries..🇧🇮🔥🔥🔥

  • @peacelove3866
    @peacelove3866 Před 2 lety

    Lolilo we love u ,always you talk the truth

  • @gloriosentakirutimana7499

    Uwo Lolilo arashoboye nibamureke,ndamufana kabisa ni mzee wa kazi ndamwubaha

  • @thierynduwimana8871
    @thierynduwimana8871 Před 2 lety

    Baba unanikubalisha chapa kazii

  • @gerrardlolilo659
    @gerrardlolilo659 Před 2 lety +5

    Lolilo big up,keep on don't listen those shit rumours,we really love u brother, and we proud of u

  • @rwamucoeric7896
    @rwamucoeric7896 Před 2 lety +4

    Just Gaël

  • @tuyireverien5378
    @tuyireverien5378 Před 2 lety +1

    Big up Lolilo

  • @ninetteba433
    @ninetteba433 Před 2 lety +1

    Jew nkeneye kumenya uyo mugufu wambaye mwizosi ico uzobanura ,hari nuwundi nabonye awambaye wumuririmvyi nyene

  • @williamruto3103
    @williamruto3103 Před 2 lety

    Sas wew ulikuwa unazan niaje, ukweli tunaujuwa ila bro turudishe kwenye ile mudi ya UMPORIKI

  • @jeanboscondayishimiye6690

    Courage Gaël

  • @elvisniyonkuru4290
    @elvisniyonkuru4290 Před 2 lety +2

    Nazinduye

  • @kingmanjulias
    @kingmanjulias Před 2 lety +3

    Lolilo , ariko umenye Yuko abatanzania ntarukundo badufitiye ,,ariko twebe tubonye alikiba aje tumurihira VYOSE mbe nitike yimusubiza inyuma tukamutekerera ,

    • @gygygyslaine5016
      @gygygyslaine5016 Před 2 lety

      Namwe ubwanyu ntarukundo mugirira abiwanyu wumva mwoterimbere gut? Umuziki wa Tanzanie urarenze kubakunda nukutubakunda nivyabo kuk ntabufasha basaba🇧🇮 kuk bageze kugwego gwugusaba aba🇺🇸

  • @Flacinumzbaby
    @Flacinumzbaby Před 2 lety

    mubuze micro man ? iyo mugerageze muhindure🙏🙏 kandi jewe ndakwemera✌️

  • @Beautiful-Place
    @Beautiful-Place Před rokem

    Lolilo ikirundi ciwe nicahatari 😂😂😂

  • @jartininget773
    @jartininget773 Před 2 lety

    Nne uracapanze urumuririmvyi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 2 lety +2

    Lolilo dropping the truth

  • @mukwerindiku1770
    @mukwerindiku1770 Před 2 lety

    Yeah icyo uvuze nivyo

  • @alainbertinizere3231
    @alainbertinizere3231 Před 2 lety +1

    Bwir lolilo ko aft aka deplession yegere abagang kk uyu muzik kl ...ngo Fizzo yaramwohej kl pol

  • @aminamuhra4453
    @aminamuhra4453 Před 2 lety

    Lolilo gusaba ngo akorane nabandi ntanumwe adasaba kk numukuru wigihugu kugira abe umukuru wigihugu amajwi ayaronka bivuye kubanyagihugu reo kuba lolilo yasavye ubufasha bwokuzamura umuziki yakoze neza cane reo uwabivuze novugako ari tres bono bono tena bono vide

  • @donformidable3042
    @donformidable3042 Před 2 lety

    Jama noma😆😆

  • @musevinjoel9136
    @musevinjoel9136 Před 2 lety +2

    Lol courage

  • @kingromeo8524
    @kingromeo8524 Před 2 lety +1

    Kkkkkkkk 😃😀😀 lolo wewe 🙉🙉🙉🙉

  • @sma-bbhofficial1750
    @sma-bbhofficial1750 Před 2 lety +1

    Gusa biratangaje wakoze idiri Ahantu nkaho hose ukaba ukugikora song ntishikane n'a 100k
    Gua ntibisiguritse
    Mais Hari entre parenthèse ndagufana

  • @lilblessburundi5741
    @lilblessburundi5741 Před 2 lety

    🔥🔥🔥🔥

  • @sosom14
    @sosom14 Před 2 lety +1

    Lolilo ni pumbavu sana gisuma

  • @fatmahaf4951
    @fatmahaf4951 Před 2 lety +2

    🤣🤣🤣🤣ariko yemwe abarundi mupfumuken

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 6 měsíci

    ❤❤

  • @fidelnjiwa1515
    @fidelnjiwa1515 Před 2 lety +2

    Ivyo bihugu vyose wakoreyemwo show, wazikoze kubuntu? Kotubona abandi bahembwa! Nimba warahembwe amahera wayasizehe atari mundaya zabakobwa

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Před 2 lety

    Lolilo our own

  • @alexisonkwizera172
    @alexisonkwizera172 Před 2 lety

    Nzisabira

  • @n-g257official2
    @n-g257official2 Před 2 lety +1

    LOLILO tobowa sili bwana. Bareke kwigira abakire.

  • @comediansydzm
    @comediansydzm Před 2 lety

    Nkunda ukuntu simba yicisha bugufi vrt

  • @kadibebe7128
    @kadibebe7128 Před 2 lety

    Uranywa wenyine Umunyamakuru habe no kumuha Amazi cg Jus uhummm

  • @niggabluegangelcapucino4377

    Juste gaël uratubariza #LOLILO uzo concert ziri kurubuga uruhe kwatazo tubona🧐😎😅

  • @sosom14
    @sosom14 Před 2 lety +1

    Kirashaje

  • @rukwangarimoses5980
    @rukwangarimoses5980 Před 2 lety

    Hhhhh ayu yarazimye nka kikulacho

  • @ThemwamiTv
    @ThemwamiTv Před 2 lety

    True story

  • @ninicaca9033
    @ninicaca9033 Před 2 lety +1

    Kora inguvu mutama udutereze umuziki mbere ureke ba sat b nabandi bazikiyemera gusa atanazwi NI muhagurukire umuziki nkuko ya bivuze muzemurasohoka imbibe

  • @ndayiragijepatrick2298

    None roriro imyaka abaye mu Burundi ntakirundi aramenya???

  • @moungamfawume1865
    @moungamfawume1865 Před 2 lety

    Ndakubaze none ko armonaize yaririvye indirimbo fizzo

  • @user-dn1dw9su6e
    @user-dn1dw9su6e Před 2 lety +2

    irambire mutama

  • @thempxander
    @thempxander Před 2 lety

    Mwirambire

  • @iroriagency595
    @iroriagency595 Před 2 lety

    😀😀😀

  • @fofoirishura8027
    @fofoirishura8027 Před 2 lety +1

    Yari show busy 😂😂😂😂😂

  • @user-fv2sn7js7g
    @user-fv2sn7js7g Před 2 lety +1

    Ikibazo ntimuzi kuririmba abarundi fyuuuuuuu

  • @user-fv2sn7js7g
    @user-fv2sn7js7g Před 2 lety +1

    Non ukaba ukiraho ubujinga bwishi

  • @habonimanahussein612
    @habonimanahussein612 Před 2 lety +1

    Bije kunguvu zidasanzw

  • @mwanzolaurent5517
    @mwanzolaurent5517 Před 2 lety

    Poa lolo tuko pamoja
    Kubwa kollabo na video zimepatikana

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 Před 2 lety

    Lolilo nimuongo msenge hauna pesa mziki wa burundi unapigwa

  • @iroriagency595
    @iroriagency595 Před 2 lety

    Jew nibaza ko lolilo avuz ko abarundi batavuzwa tzt nibaza ko abeshe. Kuko ntiyatemerey tzt yose cnk dsm yose, jew ndazi ko za kabanga na kigoma indundi zivuzwa. Knd ndamaz kwumv indirimbo ya dr claude.

  • @muhammadnassor6756
    @muhammadnassor6756 Před 2 lety

    Uyo Lolilo simtanzania lakini mbona jama anaongea kiluga 😜😂😂😂😂

  • @bdreams2793
    @bdreams2793 Před 2 lety

    Wasani mmerizika fume mudandaza ibitumbura m mushike

  • @joelnimubona9147
    @joelnimubona9147 Před 2 lety

    Nuko uzohora wakuyeyo iki lolilo urambaba kandi cane abandi bafise amarebo za bantu boyi nizindi nawe uracakodesheje hhhhhhh lolilo we ntacowanze nongaha kigali ntibakuzi kidumu bg fizzo sat b nibo bayoboye

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 Před 2 lety

    Zana izo collabo twumve. Nous voulons juger les actes

  • @joelnimubona9147
    @joelnimubona9147 Před 2 lety

    Nikyogituma rolilo ntazomukumbura kubera ntakindi kimuranga atarukwiyemera

  • @Super-Diamond-Studio
    @Super-Diamond-Studio Před 2 lety +2

    Collabo Ulishafanya sana Brother ila Tumia akili sana katika kazi zako... punguza maneno boresha kazi kosoa ulipokosea ili ufanyikishe...ila Ukiikalia kujisifu Utavuna Kicheko Mwaka inaenda... ushauri wangu ni uyo .... sorry kama nimekosea 👏

  • @ndayijeanclaude5094
    @ndayijeanclaude5094 Před 2 lety

    None nka Natacha mumuzana mu bintu vy'umuziki gute ?? Urya n'umucomedienne ntabwo ari umuririmvyi.

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 Před 2 lety

    Lolilo avuze ukuri kuko kwiyemera ataco ufise ntampamvu yo kwihagararako

    • @pridencia2751
      @pridencia2751 Před 2 lety

      Yarikwivuga kugiticiwe ariko ntavuge abarundi, nyimba ukora umuziki wukore kuko uwukunze, ariko ntutegemeye gutungwa numuziki, lolilo rero ategemea gutungwa numuziki nicogituma ataho agera, kandi ababona yokora ikintucose kibaho kugirango amenyekane, umuziki sukwisembereza abantu ngobagufane, ahubwo umuziki nugukora neza hama abantu ubwabo bakagufana

  • @risarisa3239
    @risarisa3239 Před 2 lety +3

    J nakuz numv indirimb za lolilo na schl niz naririmb kesh arik kub akir ngo ni mumfash naratangay kabis Akab amaz 20ans mur indasri mumuzik lolilo wihangan niw wifash Nabi kuk tub ukij gusab diamond ahubw niw aba agusab

  • @evaristensengiyumva6042

    Lolilo wp ww urkibwa koko ww uzagusaba abandi barko barasaba kwl ww vrt noe 20ans ur mr industry music ndundi kd ariw warugezweho sh aburkusaba ninkabana baw vrt ubwng bwasubiy a0

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 Před 2 lety

    Olilo Big up sana my Big brother 🤛,burya kwicisha bugufi nimwe munzira nziza ishikana umuntu kwiterambera this'is love from kadogocomedian ❤️💕
    czcams.com/video/T-Jlrgo8wdc/video.html
    ☝️☝🏼😂☝🏼☝️☝🏼
    Mutima le Comédien aramaze abantu, ngasanze madame wiwe bariko baramukorakora kubisusu ndabirivyo abakoreye 🙆🤦🙆🤦🙆😥😰

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před 2 lety

    Lolly gusa sibi

  • @janetahmed6948
    @janetahmed6948 Před 2 lety

    Non uwo natasha jewe sinzi nivyo aririmba ntavyo mbona kweli mve wewe iyo ataba uwo muzungu wewe ntaba arinkabandi naje hariya

  • @raissamugisha1653
    @raissamugisha1653 Před 2 lety +2

    Lolilo ntiyihagarareko yarimaramaj.mistachampa ko atavuga ngo munisaidie barundi habanipendi.knd ntakuntu abanu Bose bagutera ivyatsi.iyaba waravuze neza warikuronk amacoment meza.wasabany ubujuju

  • @cleriakeke5724
    @cleriakeke5724 Před 2 lety +5

    Hahahah Nawe ayaguhaye ntiwoyanka Natacha ni la boss twese turamwemera

    • @mdsadekmiya9638
      @mdsadekmiya9638 Před 2 lety

      mwese nabandi?

    • @kanekiki8852
      @kanekiki8852 Před 2 lety

      @@mdsadekmiya9638 😂😂😂mumbariz!B nand??ngira niwe yiyubashe genre yishiz mu bwinshi😂

    • @risarisa3239
      @risarisa3239 Před 2 lety

      Bamurek jealous natacha amahr ari nayo nimb abuz talent yukuririmb gus

    • @kanekiki8852
      @kanekiki8852 Před 2 lety

      @@risarisa3239 oooh noe niyo talent arayigura!nta jalousie sh kdi umuntu wes afis droit yo kuvuga son opinion sko?ngo abantu bose!yabay umuvugizi wand!

  • @aishabrondi236
    @aishabrondi236 Před 2 lety

    Oya waratumaramaje ntamuntu nkawe wosaba ubufasha diamond naragutangaye kuko wewe nturumusani akinjira mumuziki

  • @ndikumasabodiegovevo9091
    @ndikumasabodiegovevo9091 Před 2 lety +1

    Lolilo nyau anaitaji msada kwawa tz 20ans bila mafanikio tafuta kazi ukafany uwache mziki

  • @vumiliajulienne1121
    @vumiliajulienne1121 Před 2 lety +2

    Nimba yasanze ariwe avuzwa , yasaba bamufashiki none🙄, ahuwo Jewe mboba yariyandagaje tu😏

  • @ism-cally8525
    @ism-cally8525 Před 2 lety +4

    Lolilo banza witabe ubutumire bwa Natacha akwigishe ukuntu umuziki ukogwa si non uzopfa usegereza

    • @janetahmed6948
      @janetahmed6948 Před 2 lety

      Wew uwo natasha amaze kwigeza hehe iyo ataba urya muzungu wewe yoba arihe ??? Ko mbona numuziki aririmba atanuwazi

    • @ism-cally8525
      @ism-cally8525 Před 2 lety

      @@janetahmed6948 inzigo umufitiye niyo izokwica

    • @janetahmed6948
      @janetahmed6948 Před 2 lety

      @@ism-cally8525 ntanzigo none nkubaze burya lolilo na natasha wobashira hamwe kweli nibaze n'a Chanella natasha ntajako wangu ukuri nuko

    • @ism-cally8525
      @ism-cally8525 Před 2 lety

      @@janetahmed6948 wew siwezi kukulaumu namlaumu Mama yako na baba yako ndo wajinga haswaaa

  • @thegoldenpromoter3089
    @thegoldenpromoter3089 Před 2 lety +1

    czcams.com/video/x7ZOFdpCtEM/video.html
    Umbwiriza inge Natasha 👆👆👆yasubiye kwishura Lolilo 👆👆👆😀😀😀😀😀😀

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 Před 2 lety +1

    Lolilo,buca umaramara kabisa,reka turindire izondirimbo uzanye yuko Hari vues zizoduza kowumvako bakwemereye kugufasha

  • @itangishakajerome3784
    @itangishakajerome3784 Před 2 lety +1

    None tworondera gute ayoma show lolilo yakoze gute??jewe narayabuze kurubuga.... Mwomfasha mukanyereka Aho noyaronderera nkayabona nkuko tubona izindi zabaririmvyi ???