Mkombozi Lucifer - FAT'IMISARABA ft Waidi Yoyada (Visualizer)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 16. 05. 2024
  • Follow Mkombozi Luxfer on
    Instagram: / mkombozilux. .
    Facebook: / mkomboziluxfer
    Twitter: / mkomboziluxfer
    Contact
    Booking : mkombozofficial@gmail.com
    © Mkombozi Lucifer 2024
  • Hudba

Komentáře • 2,5K

  • @MkomboziLucifer
    @MkomboziLucifer  Před 20 dny +821

    Imana yishure isengesho ry Umurundi ahari hose nivyasaba vyose ariko n umurundi nawe akore ibiheshi icubahiro Imana kugira ngo dushike kare kuri VISION YACU 2040-2060🙏🏿🙏🏿🙏🏿
    Ndabasabiye
    Kuryohegwa muhana agahengwe🙏🏿🙏🏿🙏🏿

    • @pichionerappeur2810
      @pichionerappeur2810 Před 20 dny +14

      You legend ☝️

    • @tresortuyizere
      @tresortuyizere Před 20 dny +8

      Wubahwe bwana 🇧🇮 @mkombozi

    • @AmadiKibwana
      @AmadiKibwana Před 20 dny +5

      ❤Ahsant Sana mkomboz

    • @WillySmith-gg6rh
      @WillySmith-gg6rh Před 20 dny +10

      Ndarinkumbuye amajanbo yawe kl ndakumva king wacu wa hipap

    • @LewisNiyonkuru-rw9dz
      @LewisNiyonkuru-rw9dz Před 20 dny +9

      Ameeen ariko gusenga gusa nibikogwa birakenewe cane urakoze cane Gose hama twebwe umengo amaso ntayo dufise kweli Big up sana nice song ❤

  • @Ingarukatv
    @Ingarukatv Před 20 dny +540

    Duh urandijije peee😭😭😭 nimba iyindirimbo harico yakwigishije kora like

  • @NiyukuriClemene
    @NiyukuriClemene Před 19 dny +135

    Abemera nkanje ko Mkombozi ariwe muririmvyi wambere azi kuririmba ibintu vyubwenge Muze mumpe like Hama mumisi nzobabwira ico twomukorera nka surprise but God protect our child

    • @AngeEdouardIRAKOZE
      @AngeEdouardIRAKOZE Před 17 dny +2

      Uwu niwe muririm yo wambere mu Burundi. Abandi bo uzawumva ngo nosara nka b face. Mukombozi nukuri ndagusabiye imihezagiro uruwambere

    • @shabajims2966
      @shabajims2966 Před 17 dny +2

      Afise msg nkizaba bob marle

    • @cizaeliphaz7924
      @cizaeliphaz7924 Před 17 dny +1

      Lucky dube w'igihugu cacu

    • @NiyukuriClemene
      @NiyukuriClemene Před 17 dny

      Ni number one

    • @user-hj4fj8jr8p
      @user-hj4fj8jr8p Před 3 dny

      ego vraiment mukombozi avuga neza caane , aririmba ivyubwenge koko. I like him

  • @DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
    @DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz Před 18 dny +89

    Umuntu ritorenga atumvirije inondirimbo 3fois ampe like yanje ❤️

  • @majedalotaibi9350
    @majedalotaibi9350 Před 20 dny +509

    Abemer mukomboz nkanj munyiher like namwariry niberey uwamber Rr ntimumbanir mump like ❤❤❤❤❤❤❤

  • @CharmentDc
    @CharmentDc Před 20 dny +454

    Fatimisaraba good song kbx abayikunze nkanje nimumpe izo like vrt nukuri

  • @NiyibiziMechack-fz3oy
    @NiyibiziMechack-fz3oy Před 17 dny +28

    Welcome back in your game. Songs like this is only for you in 🇧🇮 abemeranya nanje mumpe like

  • @HatungimanaOmer-fc1kh
    @HatungimanaOmer-fc1kh Před 19 dny +30

    🙏🙏🙏abashaka ko iyi ndirimbo igera kure igakwiza 1milions wa viuzi ampe like ngaha kuko baba raperi nibatukane uwu naw aduhanure

  • @ElogeKeilon257
    @ElogeKeilon257 Před 20 dny +343

    Abayumvirije incuro nyinshi nkanje j'aime ngaha👍👍

  • @obedbestman2295
    @obedbestman2295 Před 19 dny +125

    Abafana bamukombozi nkanj ndasavye like tubandany rumushigikira kk nitwari

  • @charitemanirakiza1200
    @charitemanirakiza1200 Před 17 dny +22

    Mukombozi lucifer nuwambere kuri iyi song naho B face naw ashoboye ariko mukombozi naw afata iya mbere abemeranya nanj mumpe ama like ntimumbanire ❤❤❤

  • @FerdinandNikundana
    @FerdinandNikundana Před 19 dny +16

    Nice song ntihagir uwurengan adafyonz like nanj iziwanj ndazikeney hano Big up san Mkombozi wubahw❤

  • @mrngwea7950
    @mrngwea7950 Před 20 dny +172

    Nipo tanzania kigoma huu mwamba anajua nipe like zangu jamani i liv you song

  • @bienvenuentihinduka
    @bienvenuentihinduka Před 20 dny +217

    Umuntu iyi Ndirimbo ikoroje amosozi ashirako like tenyene😭😭😭😭😭😭😭😭😭umurundi wumutima akunda Uburundi natumva akabonge kubwiyi Ndirimbo uwo ntazoba arumurundi😭😭😭

  • @mulundi
    @mulundi Před 19 dny +12

    Eeeeh nimbaya iyi ndirimbo way wayunvise neeeza ndibaza aricho mwooba mwatahuye kubita like nyiinshi👍👍❤❤on lov bujumbura

  • @jsmmpande7039
    @jsmmpande7039 Před 19 dny +26

    Guys, rwino dushigikirane .kk nawe numurundi mugenzacu🇧🇮 natwe yamaze kudusharamwo Zambia 🇿🇲🇿🇲

  • @startv257.
    @startv257. Před 20 dny +102

    Number one jewe starboy The Sheep Nahageze Iyindirimbo Ko iryoshe caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @dstes
    @dstes Před 20 dny +124

    Mukombozi Lucifer umu Patriotes dufise mu baririmvyi bo muburundi ubundi wewe turakwemera abavyemeza mushireko like 🎉

    • @EliasNdayikengurukiye
      @EliasNdayikengurukiye Před 20 dny

      Namupend mkombozi

    • @dstes
      @dstes Před 20 dny

      ​@@EliasNdayikengurukiyeIndirimbo za mukombozi Lucifer nyishi nizo kwigisha kand zihanura apana abaraho birirwa baturenza,induru baririmba ivyinkyndi gusa

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Před 19 dny +1

      ​@@dstesntaririmb uburofa nibitutsi nkabaraho

    • @dstes
      @dstes Před 19 dny +1

      ​@@user-qq6mv6vh3e oya ntabitutsi aririmba Mukombozi Lucifer un seul artiste très intelligent que nous avons au Burundi 🎉🎉🎉 aririmba ivyubaka Imana imuturindire🎉❤

  • @richardndayizigiye7079
    @richardndayizigiye7079 Před 19 dny +9

    Ah!!!!! Voila. Uwu niw mukombozi tuzi. Twar tugukumbuy mukuvuga ibihanze abarundi

  • @dantony-g2575
    @dantony-g2575 Před 18 dny +34

    Uwushaka yuko hasta yobandanya aduha umunezero nkuwu akore like ngaha

  • @irakozejosiane2337
    @irakozejosiane2337 Před 20 dny +68

    Uyu mu type aracie ubwenge rwose, uwumvise ico yashatse kuvuga nimunyihere izo like, big up Mutama akira 🌷🥀🌹💐🌺🌸.

  • @WillyIrambona-gs6is
    @WillyIrambona-gs6is Před 19 dny +82

    Amina abemera uyumujama mump like

  • @GloriaIhangame-nu1jz
    @GloriaIhangame-nu1jz Před 18 dny +7

    Tu es notre fierté 🎉🎉🎉🎉sois abondamment béni mon frère

  • @VitalHavyarimana
    @VitalHavyarimana Před 19 dny +4

    Nagiy ndakund indirimbo zaw arik iyi yoy ije iri kurund rwego kbx! Nuko gusa abant tutumv ubund waruhanuy kbx! Wubahw knd Imana iguh kuramb nogutez imber Afrika yacu❤❤❤

  • @UwimanaFrediane
    @UwimanaFrediane Před 20 dny +129

    Nka fabelove ngo hit pop mumpe like kubwiy song ndake

  • @charlesAkimana-tc5il
    @charlesAkimana-tc5il Před 20 dny +33

    Mukombozi ndamufana abamufana nkanje nimumpe liké👌👌🇧🇮🇧🇮

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Před 14 dny +1

    Asante sana mukombozi ndazi aba CNDD ntibakunda kumva ukuri bashobora kukugirura nabi ariko niwe ku patriote wacu wukuri wemeye gufata risque kugira uvugire abanyagihugu bagowe big up sana ✊🏾✊🏾✊🏾❤️❤️❤️

  • @gwidjiqshabani2082
    @gwidjiqshabani2082 Před 19 dny +9

    BEST SONG. LUGHA YA TAIFA UKIIMBA VIZURI UTASKIKA INCHI NZIMA NA JAMII ITAKUELEWAA. NYIMBO YENYE MANUFAA

  • @Official_budiboy
    @Official_budiboy Před 20 dny +34

    Kuva uvuye mubuhungiro niho uki nyereka Kuri Mkombozi Og reka nkufane nka kera papa 💓💓💓💕💓💕💕💕 Fata imisaraba🎺🎺🎺🎶🎶🎶🎶

  • @NgendakumanaAmosi
    @NgendakumanaAmosi Před 20 dny +54

    Numvirije impanuro ziri muriyindirimbo numva ndanezerewe kwer 😮
    Nimba wayikunze nkanje numpe like 🔥✊❤️🇧🇮

  • @user-on6xl4gd7p
    @user-on6xl4gd7p Před 14 dny +3

    Uyuhungu amajambo afise mutwe wiwe abandi hasi ngo ba b face ngo El pro bishinga gutukana uyumwana mukombozi 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪

  • @dedecobie9216
    @dedecobie9216 Před 19 dny +5

    Uwuriko arasoma presque tous les commentaires ampe like😂
    Mukombozi nturya umunwa
    I Burundi tuvyita guta indero(wababuriye indero).
    Ariko ntivyarivyo uvuga ibiriho.

  • @BestEzeboy-bk5el
    @BestEzeboy-bk5el Před 20 dny +71

    abemerak mkombozi wakera Arik ariw agaruts nyiher like naomba

  • @seriousboyofficial277
    @seriousboyofficial277 Před 20 dny +34

    Courage sana Lucifer good song abayamanitse munyihere like dufate imisaraba dusenge❤

  • @yesuyarishuye3380
    @yesuyarishuye3380 Před 17 dny +2

    Abaririvyi ba gospel nabumuziki twaridukwiye kwifatanya tugashigikirana kuko Imana yaduhaye ingabire zitandukanye dufashanye mukuzikuza ❤I love this song from Australia 🇦🇺

  • @user-cf7of7gf7d
    @user-cf7of7gf7d Před 19 dny +3

    Hasta la Victoria siempre good song Dufate imisaraba dusenge kuko inyishu iva KU MANA

  • @semugishajeanpaul9503
    @semugishajeanpaul9503 Před 20 dny +27

    Imana yumve ibyifuzo byabavandimwe babarindi
    Lv u from RWANDA

  • @g-zoman1081
    @g-zoman1081 Před 20 dny +33

    Iyi song irarenz kbx🔥🔥🔥🌍 mnipe izo like jaman🇧🇮

  • @tuyisengepascal-xb5ig
    @tuyisengepascal-xb5ig Před 17 dny +5

    Umushingamateka
    Uvugira aburundi mkombozi
    Abavyemera mpa like❤❤

  • @sibomanaadrien9182
    @sibomanaadrien9182 Před 8 dny +1

    Wubahwe kbx nigusenga muri vyose mukombozi ndakwemera

  • @ImberimanaNazaire-mn6fh
    @ImberimanaNazaire-mn6fh Před 20 dny +20

    You're really Mkombozi of Africa especially Bdi wew si mwimbaji tu Bali ni mwalimu🧏 nipeni like thafadari

    • @NisubirePrince-xz4mi
      @NisubirePrince-xz4mi Před 19 dny +1

      Iyi song irarenze abemerana nanj nimunyihere like mbon koturikumwee

  • @user-jl7dh1jt8c
    @user-jl7dh1jt8c Před 20 dny +15

    Uwu mwana wigihugu ivyo aririmba haraho nibaza ko no kuvugishwa n'Imana birimwo!!!

  • @gerardniyogusenga5126
    @gerardniyogusenga5126 Před 19 dny +2

    Mukombozi weeee hejuru kabxa sibwabwana

  • @muhozabertrand-geoffrey2405

    AMEN AMEN . GIRA UMUGISHA UR'Umwana w'IMANA

  • @dianeniyonsaba5666
    @dianeniyonsaba5666 Před 20 dny +20

    Iziniz ndirimbo tuba dukeney iwacu mu Burundi apna birya bahuragur vya mpezi mungu mbele musore wacu mwiza❤❤

  • @hetmanrene
    @hetmanrene Před 20 dny +119

    Mbaye uwa 2 muzane like

  • @thankyoubizimana2088
    @thankyoubizimana2088 Před 19 dny +23

    If u see this video in 2090 u will notice that I was also listening to this song..go like the comment so that whenever I come I will listen to this song again

  • @issankengurukiyimana
    @issankengurukiyimana Před 14 dny +1

    Igihe harwa invura yubwenge abarundi twari twifutse imitaka kwel !!! respect mdogo wetu

  • @prosperirambona809
    @prosperirambona809 Před 20 dny +10

    Ngizi indirimbo tuba dushaka ndasavye abarundi bose bunvirize iyi ndirimbo nacanecane impanuro mon ami MUKOMBOZI atanga❤❤❤ you so much big up Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮

  • @user-wf8jy7yh5y
    @user-wf8jy7yh5y Před 20 dny +15

    Nuwank'urukwavu aremerako rwiruka, Mkombozi niwe Murundi wambere arinda kand'avug'ukuri yubahwe ninayo mpamvu ivyiyumviro vyiwe nivyanje ari bimwe forever and ever.

  • @user-go9ss2sz9e
    @user-go9ss2sz9e Před 13 dny +2

    Hi Mkombozi! I love you so much. Your songs are informative.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @donhubertndayishemeza1172

    Wari watunyotej turasavye ntusubir kuja muvyi nkundo umudiho waw nuyu nyen🙏

  • @user-ey9qr4ph2m
    @user-ey9qr4ph2m Před 20 dny +9

    Nciye nkorora amasozi numvise iyo song nibutseko ndi umurundi.harabuze ukuri nkuku kwa mkombozi

  • @SezeranoAlexis
    @SezeranoAlexis Před 20 dny +7

    Shaaa nyabwenge kbx nn nkawewe wagiye mumiziki gukoriki vyaribikwiye ukaba nkomutwaro❤❤❤❤❤

  • @user-vw1ny7ns5b
    @user-vw1ny7ns5b Před 17 dny +2

    Mkombozi ufise impano Atari impimbano Hejuru cane niho nkwifurije baguhe ikibuga wigishe❤❤❤

  • @BizimanaSaduni-hx2fz
    @BizimanaSaduni-hx2fz Před 12 dny +1

    Mukomboziii nkabivuga uyumwana azanabica ubawateguye kbs

  • @user-op6dn6df8p
    @user-op6dn6df8p Před 20 dny +9

    Mkombozi lucifer salute 🙌 isengosho usengeye uburundi rihagije abumva bumvise gitwe cuyundi yumvireho abarundi ahobari hose bagukwirikirana 98%

  • @ElogeIRAGANJE-dg4do
    @ElogeIRAGANJE-dg4do Před 20 dny +12

    Imana ikomez mukombozi ndibuk kera yarahanur nkuku ariko vyarangiy atuntujwe aromoka

  • @nsabiyumvajeanmarie7374
    @nsabiyumvajeanmarie7374 Před 2 dny +1

    Mkombozi,uvuga ukuri,twari dukumbuye impanuro nintererano yawe,urijwi ry'umunyagihugu,uhoraho akuzigame

  • @edmondndahayo5836
    @edmondndahayo5836 Před 19 dny +2

    👍👍 From Rwanda, once again nice song.

  • @jaycburundi257
    @jaycburundi257 Před 20 dny +32

    Abandi Bose bazimye ibirofa twifatirimisara Dusenge dukizwe gi pantecote❤❤❤

    • @cizaeliphaz7924
      @cizaeliphaz7924 Před 20 dny +2

      Neza cane mkombozi Lucifer ni urundi rwego nari nabizi

  • @LewisNiyonkuru-rw9dz
    @LewisNiyonkuru-rw9dz Před 20 dny +28

    Ameeen ntako utagira lucifer kweli jewe naguhaye kera like ibindi numutima nugukora nuguhindura ibintu ubwacu kugira umuntu wese aronke ico ashira kumunwa Big up sana ♥️ ❤️ song 🙏🙏

  • @jeanmariendihokubwayo6410

    ❤❤❤❤❤nje kuyirondera ndayishaka nayumvise bata amacumu. Courage bro

  • @ElogeIRAGANJE-dg4do
    @ElogeIRAGANJE-dg4do Před 18 dny +14

    Abatarayihag kuyumviriza nkanje mump like ngaha

  • @OlaveNIYINGEJEJAHA
    @OlaveNIYINGEJEJAHA Před 20 dny +12

    Fata imisalaba 😮
    Mukombozi wajew 🎉
    Uwugufana nkanj aguh likes ngaha🎉❤

  • @junior6ntakarutimana364
    @junior6ntakarutimana364 Před 20 dny +10

    Lucifer Imana ikwonger kuramba,ata Mkombozi twes twokwibagir patriotisme✌✌

  • @KagomaJoseph-hr6dg
    @KagomaJoseph-hr6dg Před 7 dny

    Kwl mukombozi jewe ndakwemera man.wababwira nuko batumva.ariko naho bakugwanya ntaho bazogushira imvuga kuri nkawe nizo dushaka naho muri bake.

  • @antonnysuleiman6628
    @antonnysuleiman6628 Před 18 dny +7

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼mukombozi muRwanda turakwemera cne iyaba abarundi Bose bafite ubwenjye nkawe uburundi bwaba edeni nuko mufite perida wijyihoni nabaturajye binjiji arko woe urashoboye brother mbona ukwiye no kuyobora uburundi maze ukabushira kumurongo muzima

    • @Motivationlyrics552
      @Motivationlyrics552 Před 9 dny

      Ariko nawe
      Ugiye udututs! Kuko abanyagihugu nta ribi ryacu,natwe dushak ivyiz.

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 Před 5 dny

      Uburundi bufite abaturage babahanga ahubwo ntamakuru ufite. Kandi Abarundi bafite iq irihejuru ugreranyije nabanyarwanda.

  • @KubwimanaPacific
    @KubwimanaPacific Před 20 dny +4

    Wubahwe Mr mkombonzi mbere ww niwe ukwiye kuba umusani wa mbere kuk ww ugish'ukuri ntury'umunwa pe!!!!! Respect 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @mughishajohn3287
    @mughishajohn3287 Před 20 dny +10

    Uyu ndamwemera sana kbx aha tuguma sukurikirana aho twiberey 💪💪🔥🔥🔥🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇹🇿

  • @LeaNdagijimana
    @LeaNdagijimana Před 14 dny +1

    Sinahora ngira commentaire muga uyu muririmvyi arampezagiye cane vyukur Iman ibandany iguha vyinshi birenze Aho .abaririmvyi nkaba nibo tuba dukeneye

  • @AckmanPhiri
    @AckmanPhiri Před 19 dny +1

    Uyu niwe mkombozi rero nari narabuz, big up sana my best musician In Burundi

  • @JeanClaudeFX1
    @JeanClaudeFX1 Před 20 dny +7

    RUNDI BOY 🔥
    MUCH LOVE FROM RWANDA 🇷🇼

  • @itangishakablaise9225
    @itangishakablaise9225 Před 20 dny +5

    Mukombozi aboba bemeza KO afise ingabire atanuwundi azomusubirira ngaha iwacu mumushigikire vrmt arazi kutirumba trop xananumunyabwenge ❤❤❤

  • @user-oq8ef9pe6f
    @user-oq8ef9pe6f Před 2 dny

    Mukombozi respect kuri song abumva ko yasubijemwo ❤❤❤❤❤

  • @Jamsamisi022
    @Jamsamisi022 Před 17 dny +1

    Amasengesho yae imana iyuumvee 🙌

  • @user-kt5ly8qt3s
    @user-kt5ly8qt3s Před 20 dny +48

    Mkombozi wakera aragarutse ❤❤🎉Uvyemeza Mpizo likes 👍

  • @pondusntare-cw1ev
    @pondusntare-cw1ev Před 20 dny +10

    Ewuaaaaaan ahowagarutse nka mkombozi💥💥💥💥💥💥💥

  • @hakizimanadeo5158
    @hakizimanadeo5158 Před 18 dny

    Amen Amen......twese tuvyumve , nakare bibwirwa benshi bikumva benevyo 👋👋

  • @JamesPhiri-sz5qn
    @JamesPhiri-sz5qn Před 19 dny +1

    Thank you so much mukombozi tilipamozi 👑👑👑🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲

  • @richardsalamandre3917
    @richardsalamandre3917 Před 20 dny +14

    indirimbo nziza cane.Ifumbire ya Yehova irakenewe.

  • @boboboxtv
    @boboboxtv Před 20 dny +71

    Abemera koyadukomye shirako like

  • @NimubonaArthemon
    @NimubonaArthemon Před 13 dny +1

    Very nice song mzee👏👏nak❤ sana.unasema mambo ya ukweli tuu.mzee wa home makamba🎉🎉

  • @FiacreMTI998
    @FiacreMTI998 Před 20 dny +15

    Mkombozi tuzi nuyu🔥🔥tu mérites un médaille d'or

  • @user-sq1pe9li6v
    @user-sq1pe9li6v Před 20 dny +72

    Fatimisaraba Uwayikunze Ino song Ashireko like Hano

  • @elieniyukuri2896
    @elieniyukuri2896 Před 19 dny +3

    IMANA igufashe yonger ikuzigame kuko hariho abatanezerejwe nivyo uririvye imisaya ibarembeje mana ubarinde abansi biwe baboneko ivyo yaririvye Kari ukuri amen amen amen apana kumufunga ngo mumpimba oya ahubw mumushigikire mwonger mwubakire kuriwe kumpanur atanze❤❤❤❤❤😂😂😂😂like nyinshi

  • @ntaciyicaildephonse8492

    Courage mkombozi first rapa aband nibahore wubahwe cane nama navuze Yuko muburundi umuririmvyi dufit ni mkombozi gusa hejuru can Mon artiste prefere

  • @kimross5979
    @kimross5979 Před 20 dny +74

    Kama unamukubal mkombozi nipeni hizo like

  • @wez-bbabisha4592
    @wez-bbabisha4592 Před 20 dny +12

    mkombozi iyaba fise lumicach yawe ndagucorera vrmnt unyibukije nzeyimana koko. urumutabazi wabarundi Mungu akupe maisha marefu chukua maua yako🌷🌷🌷🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @mbonwanayolevis
    @mbonwanayolevis Před 19 dny +1

    Mu Burundi 🇧🇮 ur number one mubanyamwunga uvuga ukur God bless you bro ❤❤

  • @IsaacHakizimana
    @IsaacHakizimana Před 19 dny +1

    Uzogera kundoto zawe king w,umuziki ndundi.ndakwemera courage

  • @albericange7656
    @albericange7656 Před 20 dny +7

    Hasta la victoriaaaa!! 🇧🇮 "ndiyumvira uburundi bwacu ndi muri sauna nk'umva imbeho!"🔥 This is a banger brooo!! 🇺🇬 ❤

  • @patrickmax1538
    @patrickmax1538 Před 19 dny +7

    You are the One best singer in Burundi!isong yuzuy !numv ntohagarik kuyumviriz

  • @habibaasman8290
    @habibaasman8290 Před 18 dny +1

    Umuziki urasubiye kuryoha mukombozi wubahwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @pontienkanyamuneza2853

    Amen amen! Iranshitse ku mutima vrt!!! Imana itube hafi

  • @ChegveraenerstMagufuli-wl5nc

    Nice hit bro, nimala ya Kwanza ya ku comment kwenye wimbo wa Mkombozi, Sasa basi wakwanza leo au wa mwisho naombeni 200 likes zangu 🤣 🤣 for hit Burundi 🇧🇮🇯🇲🇨🇮🇰🇪🇺🇸🇷🇼

  • @nelceygikundiro9173
    @nelceygikundiro9173 Před 20 dny +6

    Simpengeshanyako wowe wob uri Marayik warungitswe ni Iman kand ibi vyerekanako nufa tuzakwibuka nkagwagosore 🎉🎉🎉🎉🎉 Abarundi wowe uri ikind kintu Ge mukombozi ubahwa

  • @kandykuden6022
    @kandykuden6022 Před 13 dny +1

    Nukuri uvuzukuri ndakwemera

  • @akide_renardhardi
    @akide_renardhardi Před 19 dny

    Merci Mukombozi pour votre message. Ariko inyishu sinibaza ko Ari gufata imisaraba hubwo nuguhinduka umutíma w'ubukoko ukaduheramwo tukagendera ryabwirizwa Imana yaduhaye ry'urukundo. Maze tugashira inguvu hamwe tugakora ibiteza imbere igihugu

  • @edouardnzambimana5986
    @edouardnzambimana5986 Před 20 dny +7

    Un artiste engagé qui ne mâche pas les mots. Chapeau bas bwana mkombozi