Abakobwa baja mubumalaya muri Omani|Uburozi bakoresha bwose arabuvuz|Kugiramveyo nishe maman ndarira

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 15. 02. 2022
  • Ufise icubaza : +257 68 051 919
    Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
    • Nobela Episode 1 Seaso...
  • Zábava

Komentáře • 242

  • @BujahitTv
    @BujahitTv  Před 2 lety +7

    Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa
    Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda czcams.com/users/BujahitTvvideos

    • @user-bd2wi2tr1u
      @user-bd2wi2tr1u Před 2 lety +1

      Ahubwo bany uzondondere nanje ndaguhe udukuru two muri saudia twiza sibose bari mumarira jerero nakoze muri contra ubu nibera mwibarabara😄

    • @zainabzainab9803
      @zainabzainab9803 Před 2 lety +1

      None jewe kontari muburundi vyogenda gute?? Kuko jewe ndabakeneye chane ariko jewe ndimuri Kuwait siti bwira bann

    • @user-bd2wi2tr1u
      @user-bd2wi2tr1u Před 2 lety

      @@zainabzainab9803 raba comments yambere iriko inimero ntimba arico ishaka kubaza barondere

    • @AaAa-vj5id
      @AaAa-vj5id Před 2 lety

      Icogikobwa kirabeshe sha ayomahera ntiboyaduha

  • @clarissabellaterimbere6073

    beni uzoz urarek gucokoza ku biro umunt aba afise ntubuzi ukugen avyakira muriwe harabo bibabaza

  • @pascasientandikiye9911
    @pascasientandikiye9911 Před 2 lety +3

    Ndakwemeye sha wa mwigeme we. Ntiwagiriye ubusa mu mahanga. Kuba warubatse akazu kawe ni ikintu gikomeye washitseko.

  • @huguetteniyonzima8586
    @huguetteniyonzima8586 Před 2 lety +6

    Iyo "like"yaburikanye ndasavy uyigabany cnk uyihebe.ndabigusavye.sawa gusa ndabafana

  • @ndizeyechantal6543
    @ndizeyechantal6543 Před 2 lety +10

    Bénie numubeshi uwo mukobwa ayomahera ninde yoyaguha

    • @lilianeerica3318
      @lilianeerica3318 Před 2 lety

      Erega abantu bose ntibahembwa kumwe Oman bararutana gusa ndazi ntanabantu cumi boba bayahembwa aho muri Oman kweli

    • @ndizeyechantal6543
      @ndizeyechantal6543 Před 2 lety

      @@lilianeerica3318 wapi kuwait niyihemba menshi

    • @aaii8301
      @aaii8301 Před rokem

      Abantu bose nibaheba cokimwe kajewe amahera bampemba mumuriyoni habura makegusa

  • @eddyneyfhh7034
    @eddyneyfhh7034 Před 2 lety +1

    Gusa umu chahara urabesh ntawoyaguha uri Mr contrat ngira wew wakoramwibarabara ngiranibo bayaronka

  • @malekahmm7502
    @malekahmm7502 Před 2 lety +7

    Uzurambariza ico bakuyeyo nigihe bamazeyo ntuzoze uribagira ubibambariza

  • @johajohar7777
    @johajohar7777 Před 2 lety +4

    Hama Nini harikintu wavuz chr kucerekey abagabo babarabu huuu wew aca mama umuntu aridwa na nyagasani pee umwarabu yagushatse haba kunabi no kuneza so udakoreshej ubweng bwo kumwikura uka mwishitura arakugenderako nki tapi kuko abarabu bakunda aba nya frican sana icerekey umubano naho ugiz Imana ukaba ahantu hari abarabu bigez kuba mubindi bihugu donc batakuriy ngaho usanga ufis amahor kuko baba bafise ubuntu kuko beshi barishima bakagayana siltu aba kobwa baribona sana

  • @safianamani1375
    @safianamani1375 Před rokem +1

    Kubybuha frozen inkoko numuceri😂😂😂😂😂

  • @klainomar1930
    @klainomar1930 Před rokem +1

    Urabesha kabisa dor ntizirenga 200 muri kotra zamuvugukuri kandi ahantu mwakuye ubugari niho mwohura nibibazo sivyaza kuhavuga nabi twige kutavuga nabi kwa mwarabu kuko harakura umunt kucavu nukuri

  • @eddyneyfhh7034
    @eddyneyfhh7034 Před 2 lety +2

    Ikibi cishe abakobwa turino ugez iwacu muburundi ukavuga ivyino bamwe barino baguterivyatsi kand umuntu avugavyo Sha ivugire nanj ninashika iwacu nzocumugani rye bike ryame abagesera amashetani Nyagasani aturwanire

    • @user-gs3lb4xs3j
      @user-gs3lb4xs3j Před 2 lety

      Inumire,wancuti.ntibarabona,uwutaranigwagaramye,yibazangwijuru,ririhafi

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 Před 2 lety +1

    Barabesha

  • @fbdhfjdddn3515
    @fbdhfjdddn3515 Před 2 lety +1

    Urabesha. Cane. Ayomahera. Ntawoyaguha

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 Před 2 lety +1

    Benny chou ubahwa visit burundi lov from ibirovidasakaye

  • @fifialghoul10
    @fifialghoul10 Před 2 lety +5

    Urahenda abandi wamugore oy rek kubesha ntasoni kwel yoooo aho ntasoni koko abagomba kumenyekana bose baj kuri cano 😜

  • @emelynemutana3148
    @emelynemutana3148 Před 2 lety +3

    Reka reka isombe nanje ndazikaniye nababwiye kwariryoshurwe bazompa kukibuga cindege

    • @ab3ab313
      @ab3ab313 Před 2 lety

      abo muri korta ayo mahera nashika nanj ndi muri m kowt murikorta nashika hama ukaca ubwirako muri saudia bakorera ayo mahera reka kubesha shaaaa

  • @emelyneizonderera8808
    @emelyneizonderera8808 Před 2 lety +1

    Ubwobubeshi murasara murikontra woyahabwa bande muze muvuga ibintu mubanje kwiyumvira

  • @juliejulie8704
    @juliejulie8704 Před 2 lety +11

    Arabesha kumushahara ntibarenza 200$

    • @mozam4496
      @mozam4496 Před 2 lety

      Hhhhhhh barayarenza vrt na 300$Bivana nahantu canke nakazi gusa Oman nihobahembwa make

    • @salha9186
      @salha9186 Před 2 lety

      @@mozam4496 arabeshe oman urazi kwamahera yaho afis agaciro kurusha ama saidia none nkuwukorer 800cank900 harimwo 350$ uwukorera igihumbi niwe aronka 250$

    • @user-ys9lt6vv9j
      @user-ys9lt6vv9j Před 2 lety

      Narek kubesha Oman na Saudia uri mri contrant nturenza 250 dollas naho Oman amahra yaho afis agaciro ntibayarenza twes twarahakoz turabizi narek kubesha kirets kuri barya batoroka nibo bahembwa menshi krba nta contrant bafis, hos amahra arangana no mri Kuwait nico kimw nturenza 250 dollas

    • @vivipro3172
      @vivipro3172 Před rokem

      👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍

    • @murekatetemarierose1516
      @murekatetemarierose1516 Před rokem

      Ark iyo urangije contract harigihe bakugeza kuri 250dollar

  • @soso123alotaibi6
    @soso123alotaibi6 Před 2 lety +4

    Hamwengowari.murikotra kuki.uvuzegwahowakorahose.baraguha kirakitu 🥱😀bagucunge we

  • @SartiifirimeBurundi
    @SartiifirimeBurundi Před 2 lety +1

    Ahurabesha. Ayomahera. Ntashika. Bamuvugishukuri

  • @nizigamajustine4794
    @nizigamajustine4794 Před 2 lety +2

    Murayavuga

  • @salehbizimana1627
    @salehbizimana1627 Před rokem +1

    Ukwo ni ukwiyagiriza. Bisigura ko aba ashaka kwiyeza ngo bikunde ntibamenye ko yiyandaritse. Kuko ntivyumvikana ko yoshingira intahe ivyo atakoze. Kirazira kumena ibanga. Aho niwe aba aryimeneye ubwiwe. Usanga ari we yakoze ivyo.

  • @mmkk-bh4vb
    @mmkk-bh4vb Před 2 lety +1

    Barakwenda

  • @kanezanadegenana4832
    @kanezanadegenana4832 Před rokem +1

    Muze muvuga ah mwashikiy sihos hari ay mapepu kiramunt nah yashikiy tuz tugorora imajambo tuvuga

  • @nyamwizaflavie5205
    @nyamwizaflavie5205 Před 2 lety +1

    Isombe nisawa cyane

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 Před 2 lety +5

    Yo 🙈🙈🙆‍♂️🙆‍♂️uramenye amabanga tubikire ibanga

  • @khalidmousad5545
    @khalidmousad5545 Před 2 lety +2

    Biraha rawe mana

  • @nakintijejoselyne6848
    @nakintijejoselyne6848 Před 2 lety +2

    Benny ABA bakobwa bibirofa ntuzosubire
    Kubashira kuri bujahitTV kuko bavuga uko ibintu bitari ikindi kd hakubesha wovuga make muga yakamaro

  • @user-ys9lt6vv9j
    @user-ys9lt6vv9j Před 2 lety +1

    Linette mana ur umbeshi kwel mana weeeeee!!!!! Uhend abo batazi saudia cank Oman, we mama na kuishiwa 350 dollas heeeeeee, uwadangany awo awo, nyoooooo, rka kwihagararako vugisha ukri ntanumw agutwenga kwa sababu ni maisha, daaaaah

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g Před 2 lety +1

    Courage beni ndakunda ibiganiro vyawe

  • @ndizeyechantal6543
    @ndizeyechantal6543 Před 2 lety +4

    natwe kuwait ntayofukorera kandi amahera yaho arihejuru urumubeshi

  • @saudisaudi7859
    @saudisaudi7859 Před 2 lety +7

    Ijambo rimw sindiko ndumva nazibiy amatwi nogufata nogusukako agahawa gashuh ngo 350$?sawa sha uraruhuts gukoropa hamamu

    • @mutesiadelphine9743
      @mutesiadelphine9743 Před 2 lety +2

      Uwo mukobwa ahubwo nimba ariko ararota kwel ndumiwee Ngo umukozi wa contra ahembwa 1million❌❌❌❌yooooooo ndadamwee peee

    • @mariejeanne4958
      @mariejeanne4958 Před 2 lety

      😁😁😁

    • @floridabrondi8595
      @floridabrondi8595 Před 2 lety +1

      @@mutesiadelphine9743 nihata ngorwiki ntana majana umunani bashatsa kwer nihatari

    • @saudisaudi7859
      @saudisaudi7859 Před 2 lety

      @@mutesiadelphine9743 uyo akumbuy gahawa sha

    • @user-ys9lt6vv9j
      @user-ys9lt6vv9j Před 2 lety

      Ahubwo numusazi akumbuy inkoko n umuceri vya misi yos

  • @CLfamily1
    @CLfamily1 Před 2 lety +2

    ❤️❤️❤️❤️urabivuze kweri keep on gal 🙌🏾

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 Před rokem +1

    Ugorukobwa nurugugu rurabeshe uragapfa

  • @amnaburundi5115
    @amnaburundi5115 Před 2 lety +4

    Oyo mukobwa yarasaze murabe ubuzi bwabarabu bwaramucanze béni chu nukuri ubakobwa Bari mubarabu beshi 200$ uwameshi 250$ abari hanze nibo boba bakorera 300$ uyo numwijogonyoro sha karabesha nukuri

    • @julrumvaseth8622
      @julrumvaseth8622 Před 2 lety

      Umwe wes azoze aravuga ivyiwe ntawushobor kumenya ivyuwundi, nimishahala umwe wes amenya rwiwe, kand ntibashobor gufatw kumwe, nibibazo bahura navyo biratandukany, gusa tuvuge make bizodufasha

    • @user-ys9lt6vv9j
      @user-ys9lt6vv9j Před 2 lety

      @@julrumvaseth8622 Ego mugabo ntabesh ngo bakorera 350 dollas!!! Narek gutera amashurw abarabu, mana, narek sha turabizi nabwir abatabizi

  • @golyg9003
    @golyg9003 Před 2 lety +3

    Arahazesha mureke abaradahwa twebwe koturi murikotra katayo tubona canke aho avugangobarasangira huu ntamukozi asangira numwarabu.nareke kubesh

    • @emelyneniyonizigiye6617
      @emelyneniyonizigiye6617 Před 2 lety +2

      Ntubeshe wewe nimba mudasangira hariho abasangira gusa sibeshi arik barih

    • @user-uq8fh4fr6i
      @user-uq8fh4fr6i Před 2 lety

      Ntuharire naj asanze ndik ndabiry arary nukuri naban bob turasangur ntibemer kury bonyen ic ndacemey ereg sibose binuban wapi

    • @user-uq8fh4fr6i
      @user-uq8fh4fr6i Před 2 lety

      @@emelyneniyonizigiye6617 nukuri nibirabirek nahond jew aban bob ntubemer kury bonyen

  • @user-os9ul5iu5y
    @user-os9ul5iu5y Před 2 lety +1

    Emwe murayaroka nyimba barabaroze

  • @kanezachristine8367
    @kanezachristine8367 Před 2 lety +1

    Urimur contrat Ninde yoyaguteg kwer 😅😅 urumubesh wew tok

  • @azibossladykenny2455
    @azibossladykenny2455 Před 2 lety +2

    💯💯💯💯💯💯

  • @wre1565
    @wre1565 Před 2 lety +5

    Ninde yomara imyaka ibiri akagura parcel akubaka? Nyimba mudakorera nkayo dukorera

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 Před 2 lety +1

    Hewe muko warikuvuga ibikwerekey hewe namajini polsan

  • @myvenif3627
    @myvenif3627 Před 2 lety +2

    Nihatali

  • @user-ot8uj7hy7v
    @user-ot8uj7hy7v Před 2 lety +1

    Rekakubesha ayomahera bayakorerahehe bamurekakuvuno mushikamuvugameshi

  • @yeah1093
    @yeah1093 Před 2 lety +2

    Mamawe agasombe icokampa nanje nzozihitirako

  • @user-ch5dr8sp4n
    @user-ch5dr8sp4n Před 2 lety +2

    Nukur urabeche ntasoni

  • @Minain-nf6iy
    @Minain-nf6iy Před 2 lety +1

    Igitsina gore muribirofa kk abagabo badatangaza ivyabo ibigore muribimena banga puuuuuuu

  • @nyirankwisijanet6345
    @nyirankwisijanet6345 Před 2 lety +2

    Heeee arabeshya umushahara ntibarenza 200 dollars

  • @niyibitangakellykellyniyib3013

    Urabeshe pe ntamukozi ari muri contract akorera 350 dollar 🤔🤔

  • @sdki6853
    @sdki6853 Před rokem +1

    Uwomukomwa arabesha cane bimwe nivyo ibindi no

  • @user-yq8je2pj1r
    @user-yq8je2pj1r Před 2 lety +2

    Wapi iburund i wacu audh bakoresha umuti yaw bwir mais ino suk ntabesh ntawurya muri contra akorer 350s

  • @candidekaneza8587
    @candidekaneza8587 Před 2 lety +1

    Uburero abakobwa bavuye mubarabo baca bashikira TV kwiyerekana bavuga ububeshigusa

  • @Minain-nf6iy
    @Minain-nf6iy Před 2 lety +1

    Kubesha urusaku vyose biri muhitsina gore

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 Před 2 lety +2

    Ahomurayaroka

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y Před 2 lety +1

    kirofa ayomaher woyazan 350 zemuravug ukur

  • @halimaleila2323
    @halimaleila2323 Před 2 lety +1

    We bibonekako warimwibarabara kuko uvuze umushaha mwishipee

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 Před 2 lety +2

    Rekandengane arik umwe wese azovuga ivyamushikiye munzu abari🤣🤣😀🤣🤣😀🤣😀🤣😀🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦😘😘😘🥰❤🥰❤🥰❤🔥💙💙💙😍😍😀😀jew nzohita sab isombe nibijumbu😀😀😆😀😆😀😀😆😀😆😀😆😆😀😆😀😆nibiharage

  • @nanangendakumana5632
    @nanangendakumana5632 Před 2 lety +2

    😷😷😷😷Ninette😷😷

  • @BerryByiringiro
    @BerryByiringiro Před 5 měsíci +1

    Hi

  • @sdki6853
    @sdki6853 Před rokem +1

    Ngontakintu camubabaje arasara ngoyarabayeho neza urabeshe

  • @user-kd3iv1ow5e
    @user-kd3iv1ow5e Před 2 lety +1

    Mwese muri ibibeshi gusa mbebasha abagore babarundikazi mwatewe namadayimoni yububeshi canke???mbega umurwayii ngowarariye isombe eka urarwaye ntukwije ngo 350???nkeka ariwew uyabahemba.

  • @bitangimanapascasie912
    @bitangimanapascasie912 Před 2 lety +4

    Wamukobwa we reka kwiparatura kuko ahubwo ndangira aho bakorera 350 dollars nzekuyakorera. Ubwo bubeshi bwawe ck naw wari mwibarabara ?

  • @nostresslyly5454
    @nostresslyly5454 Před 2 lety +1

    Bazobe bavuga ubuzima babayem na nabo ba boss babo abana ngo abarabu bose

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 Před 2 lety +2

    Mb Bénit izo fume zawe za kila siku manaake nini🙄,ww ngruratinya amademu🤔😂😂😂😂😂oya vrmt ikebuke , bagucung 😁😁😁

  • @anitanahimana2115
    @anitanahimana2115 Před 2 lety +1

    Numubeshi. Sibose. Baroga. Ino hoho. Ntibahari. Laaaa

  • @rehemaoman7777
    @rehemaoman7777 Před rokem +1

    Reka kubesha 350 Muri cotra nyimba atari oman

  • @vanisakhan2578
    @vanisakhan2578 Před 2 lety +1

    Ww wabuziyoronderer usoko kl 🤔 bamureka kubesh kk sivyiz kl

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 Před 2 lety +2

    Yesuweeeeee wamukobwawe bureka kubesha ngo 300 dollars ntason kubesha😏😏

    • @hanifaalia5476
      @hanifaalia5476 Před 2 lety +1

      Ahubwo uyo mudemu yaravangiwe nkeka ariwe bayahemba

  • @sdki6853
    @sdki6853 Před rokem +1

    Nn nkuwoyamaze imyaka ibiri yabonye iki

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 Před 2 lety +4

    Hama ndagihugu nakimwe kitaba qo ama pepu ntumushake kuza muraryoza ahantu muba mwarongeyeyo ubugari ahomuburundibntamashetani Ahari? Mumashenguro kubaho ra basengera amashetani nayo abavuye mubarabu?? Nimugabanye Ububeshi vyoba vyiza gusumba

    • @kanezanadegenana4832
      @kanezanadegenana4832 Před rokem

      Wibaz wng k jew ahond namapepu ahar cank ivy byose avuz ntavy yarikuvuga hamw hamw sihose abantu bashits muburund bavuga amajamb yububesh non bababashak kumenyekan cank????

  • @asqw3873
    @asqw3873 Před 2 lety +2

    Mubamugomba kuza kwiyanikira ngo 350$ububeshi gusa

  • @mutesiadelphine9743
    @mutesiadelphine9743 Před 2 lety +5

    Béni uwo mukobwa nirofa kabix
    Ntamuntu ari muri contra akorera 1million yooooooo ntasoniiiiiii wap kwel nukur zamureka kubeshaa sivyiza 🤕🤕❌❌❌❌❌❌❌❌❌ ❌ ndumiwee

  • @karmabvhg2118
    @karmabvhg2118 Před rokem +1

    Wamukobwawe ntanisoni bamugirahomubika

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 Před 2 lety +1

    Icukoze ntabang'ugira ipuuuuuuuuuuuu

  • @user-gs3lb4xs3j
    @user-gs3lb4xs3j Před 2 lety +1

    Ndabisavye🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄

  • @user-uq8fh4fr6i
    @user-uq8fh4fr6i Před 2 lety +2

    Nuko uzuburyo wayakoreramwo abari oman. Nzi ko batayaronk.muzosamana muyaronk muce mwigererany nabari uri cotra kweri gus ndumiw koko ububeshi mutah mufis burarenze

  • @joleal7941
    @joleal7941 Před 2 lety +1

    Urabeshe nta mukozi ari muri contarat ahembw 350$ wapi

  • @azizaa7962
    @azizaa7962 Před 2 lety +1

    Uzotangure guhamagara jewe ncuti WW waratashe usengere abasigaye nabo nukonyene ntababeshe

  • @amin27alamru23
    @amin27alamru23 Před rokem +1

    Urabesha.ayoninde.yoyaguha.35o.dolla

  • @AaAa-vj5id
    @AaAa-vj5id Před 2 lety +1

    Nkubu jewe aho nkora ntitwitandira twambara bisanwze nimurek kubambika ibara

  • @salha9186
    @salha9186 Před 2 lety +1

    Abakorera mwibarabara nokuyarenza boyarenza kuko bavanga nuburaya

    • @aburahma2421
      @aburahma2421 Před 2 lety

      Ariko vrt kuberik muvug nabi abo mwibarabar ni bos baj mu bumaray?rek kuvug nab sha wew nimb ahukor ufashw nez wibaz ng ni bos ereg baj mwibarabar kbr gufatw nabi

  • @user-wg5sw1yg6s
    @user-wg5sw1yg6s Před 2 lety +1

    Ubu beshi gusa 300 doral woyahabwa nande urimuri contra

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 Před 2 lety +2

    ASHA MBON MUFISE UMWANYA KWAMWARABU HUBAHWE HARADUTETURUY😂😂😂

  • @mwajumamunezero4055
    @mwajumamunezero4055 Před 2 lety +4

    Béni abobakobwa bava ino barabesha maana uyo mukobwa ntanakimwe cukuri avuzemwo $350 Nimba arayo yakora atarayo yahembwa beny ndagusavye n'anje maze 7ans nkorerayo ntayomahera ndakorera

    • @angeleilla2309
      @angeleilla2309 Před 2 lety +1

      Bareke bayaroke Sha ngo 350$ Sha baba bahaze kuberk babesha kwel??

    • @mariejeanne4958
      @mariejeanne4958 Před 2 lety

      Nihatari ahubwo 🤔ngo 350dollars😏😏nibabe bavugukuri

    • @dianeirankunda3716
      @dianeirankunda3716 Před 2 lety +2

      Uyomukobwa numubeshi yuzuye ngwangahe sha arabesha ntayo bahemba nareke kubesha twese niyo turi ntayo bahemba kbisa

    • @mariejeanne4958
      @mariejeanne4958 Před 2 lety +2

      @@dianeirankunda3716 Nihatari Ahubwo 🙄🤔honyene nogukwiza 250dollars nubuntu nahone harivyucawimenya😴😴🤔

  • @irishuratigere6427
    @irishuratigere6427 Před 2 lety +1

    Muze murasiga inimero

  • @samsunga10s48
    @samsunga10s48 Před 2 lety +1

    Zemureka kubesha wew niwaba wakorera meshi reka kuvugira bose

  • @user-pp4dt4ir8c
    @user-pp4dt4ir8c Před 2 lety +1

    Bemureka kumenamabanga basha

  • @rroo326
    @rroo326 Před 2 lety +1

    Nabafiripine ntibayashikana

  • @sddrddd5955
    @sddrddd5955 Před 2 lety +1

    Bit wnje urakomey shilako inomsro yawe turagukeneye

  • @user-xj9dg8kc1u
    @user-xj9dg8kc1u Před 6 měsíci +1

    Wewe shagara 350$ urabesha

  • @rachelndayikengurukiye231

    Hhhhhh

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y Před 2 lety +1

    ahubwo urikirofa 350

  • @docapp8062
    @docapp8062 Před 2 lety +1

    Kuki abakobwa muvuye saudia muri ababeshi cane amafaranga yambere umuntu ari muri contract ahembwa 900 riyal angana 202$ uyarungitse kuri West Union

  • @user-vj6zb6xk1v
    @user-vj6zb6xk1v Před 2 lety +1

    Gusa urabesh pe ngo 350dollars bayahemba nuwur mwibarabar ntay ashikana wihenze cane pe

  • @mmkk-bh4vb
    @mmkk-bh4vb Před 2 lety +1

    Warendana

  • @uwizeyemichellasarah2529
    @uwizeyemichellasarah2529 Před 2 lety +1

    Mbega hahhaha iyo mushatse kugira hit muja kuvuga ubujinga nibala

  • @vanisakhan2578
    @vanisakhan2578 Před 2 lety +1

    Ww urakomey neza kl 🤔😅😂 abakombwa nibirofa kl 🤔😅😂😂

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 Před 2 lety +1

    Akogagahungu ndakanka nakanyarusaku kweri

  • @sewarss8422
    @sewarss8422 Před 2 lety +1

    🤭🤭🤭🙄🙄🙄

  • @divinenanou8818
    @divinenanou8818 Před 2 lety +2

    Beni acan na aho wademu wanakuwa wana shiba

  • @2awsomeforya_979
    @2awsomeforya_979 Před 2 lety +1

    200 dollars