Umu Diaspora yakoze ibitamenyerewe mu Ruyigi | Muri VIDIFACOM baratahuye akamo k'Umukuru w'igihugu

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 09. 2024
  • #diasporaNews: Igisahira caragarukiwe, amafi n'ingurube ngo bazoruhuka ashowe mu makungu

Komentáře • 8

  • @MultiChanelo
    @MultiChanelo Před rokem

    Imana Iduhe benshi nkabo, batibagira iyo bavuye !

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 Před rokem

    Vyiza cane Imana imuhezagire

  • @alexandredusabe1817
    @alexandredusabe1817 Před 8 měsíci

    Ndaryohewe nokubona abantu bibuka iwabo kandi bakagerageza kuhateza imbere.Imana ikomeze kubamurikira no kubaha ingonga kuko ivyo mukora biduha ishaka natwe batoya banyu.✌️💖🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝🕊️

  • @vincent9132
    @vincent9132 Před rokem

    Imana ibafashe

  • @MohammedMohammed-fv6sy

    Ivyo bikara nisaw na Saudia barabicana nukur iteramber rishway iwacu

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Před 9 měsíci

    Ariko abahe utu masques ntibazogware amahaha

  • @chillax24
    @chillax24 Před 8 měsíci

    Vyiza cane ariko du fisu bwoba bwabo ba C N D D Kuko bacho bora kubi Banya Ga KO ntaterambere vyabo

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life Před rokem

    None k mutamubijej igiciro cukuntu badandaza ayo makara yabo rega vyari bikenewe kuko ndaziko uwubirab wese arico kintu yihutira kumva yogura