Amahirwe n'iki? n'ukuvukira muburundu ukitwa umurundi canke umurundikazi ,ikirundi cacu nicambere
Ndaryohewe gusubira kwumva uru ruvyino nari nararirondeye ndarubura,abarushizeko mwarakoze cane
Mwubahwe aho muri hose
Duhe izindi zabooo Mr
Uru ruvyino nari ndarushashay kumeny amajambo baririmbamwo ,mwakoze cane👏👏
Murakoze arik Iyi ndirimbo irakwiye insiguro y’amajambo agoye.
❤
Ooooh nciy nyibuka kera ukuntu nayiririmba 😥😥😥nabotwarukanye
Ubutumwa spécial !
Ariko iyi club narayikunze cyane pe
kuko muradususutsa pe
Our culture 👌🏾
This sonnggggg😍😍😍thank you Imvyino for this😍 irantwenza gushika ku kanyuma🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Iyi ndirimbo nari narayibuze none ndayiguyeko ndanezerewe ntiworaba !!
Nari narabuze igituma nkunda uburundi 😂😂nzokurwa inyuma
Izi ndirimbo ndakunda ukuntu bavugira mukirundi cindani. Wunvise nabi womeng bariko baratukana
Nari narayibuze kbx Ubu ndayiguyeko😂😂😂😂
Baratukanye iyi ndirimbo
Iki kirundi carancanze 😂😂😂
J'adore ❤
J aime
Iyi club iracabaho ? Cnk warasambutse
Burundi is heaven on earth 😂
Very good
Mama ndaryohewe kuba nongeye kuyumva nkana yi dowloadinga
MWEBWE NUKURI SINZI IYO MUVUKA, KO umengo harimwo imikomo?
Ngoyabuze uwacura acura nyina ngoyashaka igiteramo mubagabo nyagupfa atakironse uwomusazi
🥰🥰🥰
😂😂😂😂😂😂😂😂
Amarwabari n'iki ???
😂😂😂😂
😂😂😂
Ddddddototu
sinemeye kuzokwicwa na DDT, DDT gisigura iki?
Ni ikirorina bashira mu biharage,ibigori...kugira ntibibungwe knd ukiriye carakwica nico gituma avuga ngo ntiyemeye kuzokwicwa na DDT
❤
Sérieux ndaryohewe cane kuba navukiye mu Burundi😄 aba ba Maman 😄😄😄👌👌