abarundikazi ni beza😍aba bakobwa ukuntu bafashanya biraryoshe cane/Miss Lauria nabiwe😊/Girlfriend

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 09. 2024
  • #sirenvibestv #girlfriend

Komentáře • 65

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Před 11 měsíci +80

    Abantu babonye ukuntu hosy aberewe mubimwerekere hano kuri like😂😂😂

  • @themixtvRw
    @themixtvRw Před 11 měsíci +7

    Nkunda imvugo y’abarundikazi cyane ❤from Kigali ❤

  • @mupatagenerald5009
    @mupatagenerald5009 Před 11 měsíci +2

    The lauria u are talking here is it the one we saw in yellow bikini on miss earth? If she's the one then tell her that Africa is proud of you and here in Namibia we really loved you since we saw you

  • @kadidine151
    @kadidine151 Před 10 měsíci +1

    Avant yo kuba félicita pour émission nziza nagira ndababwire ingene muberewe caane Mmes Hosy et Gretta! Mwambaye neza caaane

  • @ChachaChany
    @ChachaChany Před 11 měsíci +9

    Hosy ndabigutuye uraberew cane wambaye nk'umurundikazi windero 💋💋💋💋💋💋💋💋💋

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 11 měsíci +7

    Ariko tuvugishijukuri abarindikazi nabambere muri Africa ❤❤

  • @kettycarenekaze3471
    @kettycarenekaze3471 Před 11 měsíci +7

    Muraberewe cane lauria,Laurane,balbine,
    Gretta and Hosy ❤️❤️

  • @irakozebrigitte6835
    @irakozebrigitte6835 Před 10 měsíci

    Waaaaauuuuuuuu émission ndayihejeje yoseeee yari top top Kabisa jew nanje nzozana abagenzi😂banje bose 😂😂😂😂😂😂

  • @Mireillelrakoze-lk2kf
    @Mireillelrakoze-lk2kf Před 4 měsíci

    Ntaranaraba nikiganiro cose reka mbanze ndabivug Hosy na Gretta muraberewe cane🥰🥰

  • @kezakimanaspes8488
    @kezakimanaspes8488 Před 11 měsíci +5

    Hosy ndabigutuy uraberew vrt❤❤❤

  • @nanananette031
    @nanananette031 Před 10 měsíci

    Wow biraryoshe,ariko muze murabwira aba invités baze baragumiza hamwe ama micro 🎤 yabo kugira ntibize birumvikana nabi…

  • @__KANZIZA
    @__KANZIZA Před 11 měsíci +11

    Ndakunda Miss Lauria kuuubiiii 🥹🫶🏾

  • @NinA12587
    @NinA12587 Před 11 měsíci

    Thank you very much siren vibes especially girl friend. Abo bana bararyoshe ariko kandi Gretta na Hosy mwari muberewe caane.

  • @Peacelover-z
    @Peacelover-z Před 9 měsíci +1

    Nkunda ukuntu abarundikazi bavuga. mba numva biryoshye

  • @lifestylekellyhatungimana9604
    @lifestylekellyhatungimana9604 Před 11 měsíci

    Yambii Gretta ,I am your fan kbx nokwirebe mbandiko ndumviriza jeudi

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 Před 11 měsíci +2

    Ariko sha abantu bavyibushe ni beza ndabira ivyo vyana

  • @iradukundasanthiana1191
    @iradukundasanthiana1191 Před 11 měsíci

    Yiooooh hosy waruberewe cneee vraiment 🥰🥰💕

  • @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
    @ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd Před 11 měsíci +1

    Un bon interview que vous avez fait là.

  • @chelha
    @chelha Před 11 měsíci +1

    Gretta and hosy you look good❤❤

  • @user-ut7oj9pv5h
    @user-ut7oj9pv5h Před 11 měsíci +2

    Lauria,laurane lov u❤muzonshiremw Nanj mur group😅hosy uraberew cneee uzmpamagare nanje mur girlfriend

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Před 11 měsíci

    Ukuntu hosy aberewe reroo😍😍😍🔥

  • @ndayizigiyeesther9371
    @ndayizigiyeesther9371 Před 11 měsíci

    Looking😘Hosy&Gretta,abatumire😍

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Před 11 měsíci +2

    Ibi chéries 😍😍

  • @johannabankimbaga7102
    @johannabankimbaga7102 Před 11 měsíci +2

    Lauranneee ndagukundaaa ubu nyene nopfaaaa!!!❤️❤️❤️❤️❤️

  • @blaynemasabarakiza7030
    @blaynemasabarakiza7030 Před 11 měsíci

    😂😂😂😂😂mwarankuyemwo😂😂😂😂murarwaye!!!Ndabakundaaa trop😂😂😂

  • @user-vh8vo3rn9r
    @user-vh8vo3rn9r Před 5 měsíci

    Lauria ndamukunda,na Lauriane nawe ndakunze na Friend wabo nawe ni poa

  • @user-vx3fj4nx7t
    @user-vx3fj4nx7t Před 10 měsíci

    C'est bon

  • @Userr3649
    @Userr3649 Před 11 měsíci +1

    Hosy wewe uri muri industry ndagusavye uzuhanure irya mukobwa Nelly nat yagiyeko aratuka Miss Lauria, kuko ico adatahura nuko birya avuga bir'affecta abantu reelement bikabababaza. Umuntu atabimenyereye, cane cane ariho akija mu bintu vy'aba miss aramererwa nabi cane. Abe yumva yuko ses tweets z'affecta abantu, abe anagerageza kwishira mu kibanza c'abo aba ariko aratuka.

  • @aimeekanyanuneza4042
    @aimeekanyanuneza4042 Před 11 měsíci

    Waouh bazotere imbere canee

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Před 11 měsíci +1

    Abarundikazi bararenze kbsa

  • @angeshimirimana3918
    @angeshimirimana3918 Před 11 měsíci +2

    Muri twiza vrt ariko rero hosy uraberwa cane wikwije nomumutw urakabaju

  • @user-ny7ep8xm2h
    @user-ny7ep8xm2h Před 11 měsíci

    Nukur baratesa Wooow murinabeza

  • @christaishimwe4003
    @christaishimwe4003 Před 11 měsíci +1

    Lauranne wanje❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 Před 9 měsíci

    Eeeee ❤

  • @aimeekanyanuneza4042
    @aimeekanyanuneza4042 Před 11 měsíci

    We are proud of u

  • @arnettenkurunziza-xz7lr
    @arnettenkurunziza-xz7lr Před 11 měsíci +1

    Hosy uraberewe

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Před 11 měsíci

    Niwubahwe Sha miss waraserukiye igihugu yaratesa

  • @laurasandraishaka4882
    @laurasandraishaka4882 Před 11 měsíci

    Baratesa sana😍😍😍 n'ibibaju kandi🥰🥰🥰

  • @kelvinedenmarley5140
    @kelvinedenmarley5140 Před 11 měsíci

    Ndakundaa girlfriend vrt😊❤nnj ndsfis ab besto ndukudn trp plz muzoduh ikiganiro🤲😭❤

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 Před 11 měsíci +1

    Hosyyy urabereweeee

  • @christakabanga9437
    @christakabanga9437 Před 11 měsíci

    Vs êtes te belles les bb

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 11 měsíci

    Wooooa mwapendeje❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Před 11 měsíci

    Muribeza cane 💕💕

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj Před 11 měsíci

    C' est une bonne emissions

  • @UYEIC
    @UYEIC Před 11 měsíci

    Hosy bagusokoje neza cane

  • @turabumukizatheogene426
    @turabumukizatheogene426 Před 11 měsíci

    ni beza rwose

  • @seeinaa_
    @seeinaa_ Před 11 měsíci +2

    Fav triooo😍😍😍

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 Před 11 měsíci

    biraryoshe pe

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 Před 11 měsíci

    Image ntizibona

  • @milithiakanyamuneza5307
    @milithiakanyamuneza5307 Před 11 měsíci

    ❤❤❤

  • @DriceOrnellaNEMERIMANA
    @DriceOrnellaNEMERIMANA Před 11 měsíci +1

    Muraberew vrt sinokwigirisha

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 11 měsíci

    ❤❤❤😂

  • @kelvinedenmarley5140
    @kelvinedenmarley5140 Před 11 měsíci

    Gxa twese tur abahungu wibz😂ntcol bitway muga

  • @Sixelaflo1908
    @Sixelaflo1908 Před 11 měsíci

    💋💋💋

  • @carinenisubire
    @carinenisubire Před 11 měsíci

    Lauria ❤❤ uranyigishij....

  • @jean-danielndikumana3734
    @jean-danielndikumana3734 Před 11 měsíci

    Pourquoi les hommes ne peuvent pas s'appeler des copains? Et les filles vous avez le droit lol .
    En langue française un copain ou une copine bisigura abagenzi donc les hommes également peuvent s'appeler des copains même des petits copains pour les gays

    • @userNono207
      @userNono207 Před 11 měsíci

      Izo parabole zawe zugumanire😂😂Ubu rero barakuroze mu mutwe none nawe uje kuroga abandi bana mupfe mwenyene abantu bazima turacahari

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792

    ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💋💋💋🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ishimwedavi8411
    @ishimwedavi8411 Před 11 měsíci

    🥰🥰🫶🏾🫶🏾🥰🥰

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 11 měsíci

    None izo programme mufatana murabagore mubura kuzifatana nabagabo banyu ntimuba muri guca inyuma abagabo banyu

    • @habibapristie1881
      @habibapristie1881 Před 11 měsíci

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @-sx9lp
    @-sx9lp Před 11 měsíci

    ❤❤❤❤