GUTEKA IPIRAWU Special wibereye mu Rugo // Best beef pilau recipe at home// Pilao yiteke gutya
Vložit
- čas přidán 21. 08. 2024
- Ingredients:
RICE
BEEF MEAT
PILAU MASALA
CURRY POWDER
SALT
GREEN PEPPER
RED ONION
GARLIC
TOMATO PASTE
TOMATOES
WATER
#icecream #Guteka#hot250TV#0788366485#0784459522#DUHAMAGARE NIBA UFITE AMAKURU CG UBUHAMYA USHAKA GUSANGIZA ABANDI CG INKURU IDASANZWE / isabelledusengimana
Ndagukunda cane nkunda ukuntu ukoresha ibiru'go naturel kand ngerageje kubikora ukwo nsanga biryoshe cane ❤❤vrmt wubahwe cane maze ukuntu uteka ndavyishimira cane
Ndagukunda peee nkunda ukuntu uteka nyene ugakoresha ibintu naturel ntabirungo ukoresha cane nukuri kand usanga ibifungurwa biryoshe cane. Ndagukunda cane maze❤❤
Wazatweretse aho wagura ibyo birungo byose
Isabe very good rwose, ariko uzajye utubwira na quantity ukoresha.
Ndagukunda Isabelle👌❤🇧🇮
Wooow irasa neza pe, irahumura iraryoshye mu bigaragara. Ndagukunda❤
Ndagushimiu caaan kukuntu mubikora vyukur turanyugwa!!!
Ndagukunda cyane wa mubyeyi we
Wow bisaneza delicious
Bza❤❤❤
Ubikora neze pee ndagukunda
Ndagukunda ahubwo mpisejyayo
Ni fresh mom
Ngo Fata ku mavuta Poivron😂😂😂ndapfuyeee😂😂
Mwampaye koko🫣🫣🫣🫣🤣🤣🤣 agashuti kacu karihe c kokatavuga mama kuvanga
Impumuro yangeho peeee😂😂😂😂😂😂😂🎉
I love how you cook & the simple ingredients user, Everyone can found. Go high
I love the way she cooks too . Very affordable ingredients love you
Ndagukunda cane mazina, urateka neza cane, ngiye kuyiteka
Watuma nza tugasangira.
Merci bcp
Fata kumavuta pavuro ,
Ni byiza pe
Uzadutecyere galette❤
Sha urakoze cane
Ndagukunda
Bireke wangu
Merci beaucoup de kabis murashoboy
Urakoze cane ndabandanya ku gukurikirana cane nivyinshi maze kwiga
Bimeze neza
Uraho ngewepe ndagukunda kuberako unyigisha byishipe mkurinyuma
UMUCELI WAHIYE CYANEEE ALIKO
Kabisa uyitetse neza
Ibiryo byawe biba bifite akajagari
😂😂😂😂 mamy ndagukundape gusa iyompumuro ntayondikumva merci
Mbega impumuro uziko ndimo guhumurirwa kndi online ibazewe😂😂😂😂😂
Baguhe rer
Murakoze cane
Ipilawuntiryiteme wangu kirazira
Murakoze
Murakoze caane
Ch ndagukunda p ark ubu non h kuk utatweretse ibi pimo??
Yego Isabelle merci uratwigisha.
Urakoz cne
10/10❤🇧🇮
Umuceli umeze neza kuko uhiye bihagije,umuceli udahiye neza cg wibarangura ku isahani nimubi munda kuko ugora igifu kuwusya...anway umu bébé muhe secroll irebaho kunkorora yaba bébé maaa,iramubabaza mugatuza cyane 😢❤❤❤
Murakoze cyane
Waa
Nkunda ko uba wacishije bugufi rwose
Impumuro turayumva 😂😂😂😂 birasa neza pee 💯
😉
Iyo pilau masala uyishiramwo umuceri ukiwufise kusahani ukiri mubisi?murakoze
Ubuse inyama ziba zihiye neza
Ndagukunda cane nkunda ukuntu ukoresha ibiru'go naturel kand ngerageje kubikora ukwo nsanga biryoshe cane ❤❤vrmt wubahwe cane maze ukuntu uteka ndavyishimira cane
QQ2
Ipirau ntiza ishaya nkuko nawe ntibayiha amazi meshe